Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Général Major Silas NTIGURIRWA yahawe ayandi mabanga
Yanditswe taliki ya 24-08-2016 - isaha 18:11' na IGIHE

Général Major Silas NTIGURIRWA yagenwe n’umukuru w’igihugu mu mabanga y’ukuba umunyamabanga ntayegayezwa w’inama nkuru y’umutekano w’Uburundi.

JPEG - 59.7 ko
Général Major Silas NTIGURIRWA

Général Major Silas NTIGURIRWA yaheruka gusubirizwa na Prosper BAZOMBANZA mu buyobozi bukuru bw’ishirahamwe rijejwe gutegekaniriza kazoza abakozi, INSS (Institut National de sécurité Sociale)

Ivyiyumviro vyanyu

Imana ikurinde ntuzumere nkababandi SILAS.

2.09.2016 à 17:38
KING HAFSA SCHWAZNEGER

UMUNTU NTATORWA N ABANTU ATORWA N IMANA YONYENE GUSA

27.08.2016 à 20:52
LOVE

komera mutama Silas

26.08.2016 à 20:55
######

Niwirambire Imana Ibahangaze Mutama

26.08.2016 à 19:05
Manirakiza

Mwirambire imana ibahangaze

25.08.2016 à 20:30
Ir.NDUWAYO Ferdinand

Mwirambire imana ibahangaze

25.08.2016 à 20:21
Ir.NDUWAYO Ferdinand

Abo bakugenye murayo mabanga barakurungika kwa pilato erega na Kararuza nawe yari intwazangabo,uzogwa muri embuscade dans klk jrs

25.08.2016 à 17:10
Rokete

ni Lt General apana General major

25.08.2016 à 13:28
kabibi

Nibamuhe Mugabo Baze Barahabwa Ubutegetsi Bwo Mwisi Bibuka Gukora Neza Bakorere Ijoru

25.08.2016 à 12:58
Nduwimana Eric

ubu ni lieutenant general !!!! raba neza ipete ryiwe

25.08.2016 à 12:10
akenaton

Ariko aba nabasirikare ?civilians tupu !!!

25.08.2016 à 08:07
Mob

Komera nyenicubahiro General Major Silas Ntigurika , turagukeje kurayomabanga nyenicubahiro Marshar umukuru wuburundi president Petero Nkurunziza abashinzwe.

25.08.2016 à 00:32
Kanyosha

TURAMUKEJE

24.08.2016 à 21:57
ALE

Uyo mugabo nukuri batamuzembagije,ntaho amara kabiri aca akugwa

24.08.2016 à 21:13
Amisi

TURAGUKEJE RONKIBINTU WIRAMBIRE.

24.08.2016 à 20:01
OLIVIER

komeramutama wewe urintwari ureke barya mutama nyakubahwa arungika mumabaga yigihugu bagaca bagirayo weho murisomariya warakoze uburundi namakungu turashima mutama nimumutekano uzubintwari mukazi bakujeje urekane nabasumirinda niwiranbire mutama mukazikawe bikunze uberakarorero abataye igihu natwe turinyuma yanyu

24.08.2016 à 19:39
zaburoni

niwikomerere mutama wewe urazi icujejwe urekane nabo nyakubahwa piyeri nkurunziza arungika mumabaga yigihugu bagaca bihungira weho urintwari nimurisomariya wararanguye akazi bagutumwe neza nubumutama urabintwari mumutekano ukore nkabikorera natwe turinyuma yanyu mwiranbire

24.08.2016 à 19:18
zaburoni

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.