Accueil > Amakuru > u Burundi > General Niyombare Godefroid ahejeje guhirika ubutegetsi
General Niyombare Godefroid ahejeje guhirika ubutegetsi
mercredi 13 Rusama 2015
General Niyombare Godefroid ahejeje guihirika ubutegetsi.
Godefroid Niyombare yahoze ari umukuru w’igendereza ry’Uburundi.


Van Naris
Messages
13 Rusama 2015, 14:04, par steven
bavandimwe barundi nimwitondere ibibihe ntihagire uwushora mubwicanyi kuko yabiryozwa nyuma. mwitwararike
13 Rusama 2015, 14:13, par nwari
Umugogo wakuhetse urakahoraho komera uri umugabooooooooooooooooioooooooiioioooioioooooo
13 Rusama 2015, 14:14, par Dinandos
Iyi Nkuru Aho Niyukuri Si Uguca Umutima Abanyigihugu?Kanatsinda Iyo Nkuru Ntiyikwije Kuko Ntanivyo Mwandits Aho Hepfo Yifoto
13 Rusama 2015, 14:16, par impunzi
Komera nivyo yashaka inyanka kubwibwa yabwiwe nuko amaso atukuye reka duce dutaha guyeza imbere igihugy cacu!!!!
13 Rusama 2015, 14:22, par manywele ziggy
iman’ishimwe cane natwe turihanze yigihugu biratubyohe hahahahaha
13 Rusama 2015, 14:25, par Noël
Gumya gumya nturekure mutama!ahubwo wari waratevye!
13 Rusama 2015, 14:26, par rukundo
General komera mutama
13 Rusama 2015, 14:28, par Mouflon
Burundi simba imanga Imana icane!Imana itabare uburundi Iburinde gusesa amaraso!Uburundi si ubwa shetani ni Ubw,Imana!
13 Rusama 2015, 14:31, par shaggy
hangama mutama nuko abarundi twari tugeje kure
13 Rusama 2015, 14:33, par KAHAZE
Abobagesera b’abahutu bazopfa batuzungagiza kweri icogihugu naho n’abiwacu ataco batumariye aho bagitwariiiiiiiiiye ,bahanahana ngira’ tar’umuhima ntugashikirwe ,piter nawe ngw’aratwibutse ac’aturekurirakw’ibisuma n’abicanyi none baramikubise hasi benewabo ,kubwanje nipfuza caaaane kw’igihugu cohabwa Nyen’icubahiro Po.Gaciyubwenge inararibonye yacu abo booooose b’abahutu cokimwe n’abahoma simbon’ico bazodufasha ,dusenge Imana Irishura tuzogifata vuba bwango
13 Rusama 2015, 14:35, par niyubahwe
Ehhhhhe harababa none niyava a lusha ashikirahe?
13 Rusama 2015, 14:40, par African
Power belong to the people, hihihihi!!!! Bamwe bavuze ko bidashiboka barihe?Imana ihabwe icubahiro, hanyuma rero barundi ico nobahanura nuko nimwaja mumatora ntimuzotore iyo migambwe yaje ku butegetsi ivuye mwishamba yaramenye amaraso,niyo ituma igihugu kibura amahoro muzotore umu candidat libre kandi bariho bashoboye, na ntibantunganya burya ni muzima kandi arashoboye.Let peace reign in Burundi!
13 Rusama 2015, 14:41, par Giramahoro
Nyakubahwa General turagukeje kudukurako Nkurumbi komera k,umuheto turinyuma yawe.
13 Rusama 2015, 14:43, par DESIRE
BIZU BIZU BIZU NIYO.
13 Rusama 2015, 14:44, par sabimana evode
nakomere kuheto akore neza ntakore ivyo uwomugabo yakora
13 Rusama 2015, 14:48, par rajab
Abahutu barananiwe .
13 Rusama 2015, 14:52, par Nali
imana ishimwe igir idukingre intambara.iraramire 2ragushigikiy cane.hangamahangama!!
13 Rusama 2015, 14:52, par JOHN
Jewe uko ndavyumva ivyo numva bigoye ko bigenze uko reka abasenzi dusenge cane kuko bamwe dufise ubwoba
13 Rusama 2015, 14:57
nahiman
13 Rusama 2015, 15:05, par Iyumenya
Nabo mwafatanije muri abagabo ivyo nivyo twari turoreye
13 Rusama 2015, 15:07, par Niyogabo
Abeyabiteguyeneza.tihabe.irwano
13 Rusama 2015, 15:07, par Niyogabo
Abeyabiteguyeneza.tihabe.irwano
13 Rusama 2015, 15:16, par wazacheè waje
Nakomere kumuheto abarunditwese turagushigikiye 100%.
13 Rusama 2015, 15:21, par manywele ziggy
iman’ishimwe cane natwe turihanze yigihugu biratubyoheye cane hahahahaha
13 Rusama 2015, 15:27, par ERIC
AKOZE IGIHARURO CIZA CUBWENGE......
13 Rusama 2015, 15:27, par BERWA Sylvan
Les opposants de NKURUNZIZA tombent dans une autre piège car on ne destitue pas un Président élue par la population et son mandat n’est pas encore expiré!!!
13 Rusama 2015, 15:29, par ndayiziga dally
mbe vuganeza urihe kutavuga ubunaho uvugiki sumuhutu wumu dd wincabwenge amukubise hasi
13 Rusama 2015, 15:31, par UMURUNDI YARI YARABABAJWE
Mwomenya ko petero nurunziza agira aje irahe vuba !!! General godefroid niyombare yagifashe pe!kandi arabikwiye mureke uyo ni mutama wacu ico umwana wumwami ariri arakironka imyiyerekano yashitse aho ishaka
13 Rusama 2015, 15:47, par Troubass
Komera Mutama Udukuye Habi
13 Rusama 2015, 15:51, par Karekezi
Coup d’état irashimishije ahubwo nabandi nku Rwanda , Uganda and RDC bararye bari menge!
13 Rusama 2015, 16:26, par bikomagu
emwe imana irakoze!!!!kumbure umunyagihugu yoruhuka!!!erega imana ntizokwemera ko hasubira guseswa amaraso yikiremwa muntu mana nimba arivyo reka abarundi twiruhutse.dusab abasenz bashishikar basenge turenger intwaro yagisirikare
13 Rusama 2015, 16:35, par Elias Tiger
None niwe yabaye president w,uburundi
13 Rusama 2015, 16:35, par ndayizeye nazarius
imana izigame uburundi muri ibi bihe bigoye cane ubwo uburundi bugiye mubihe bigoye cane imana izigame abarundi
13 Rusama 2015, 16:39, par Iyumenya
Uri umugabo utari umugani,
13 Rusama 2015, 16:43, par Asmani
Imana ishimwe ngira irumvise amarira ya barundi barundi barundikazi tekana.
13 Rusama 2015, 16:45, par Uwimanadidac
Gumako Hamwe Ivyo Washikirije Hamwe Vyoba Arivyo Gumako Gumako Nuveko Ariko Ube Magabo Zambonera Kure Zirakurasa Ube Wavganye Na Nagaciyubwenge Aguhe Abasoda Bagcungera Wew Wirambire.
13 Rusama 2015, 17:01, par Bade
GODFROID UTIBAGIRWA IBWIRIZA SHINGIRO NKUWO MU SIVILIANE UHAVUYE WANZE NO KUMVA INAMA Y’UMUFASHA WE.
13 Rusama 2015, 17:03, par bucco
Nimuje ngaho muryohegwe ngo habaye coup d etat rindira gato murabe ukutu dungura kugandagura
13 Rusama 2015, 17:30, par Imana irakiza Gilbert
Imana imuhezagire maze kandi imuhe ubwenge nkubwa Salomo dusoma muri Bibiriya.
13 Rusama 2015, 17:31, par DJ DINANDOS
Imana iratuzi kandi izotuzigama.ijambo ryihumure rivuy impand zos:kwa NKURUNZIZA no kwa NIYOMBARE
13 Rusama 2015, 17:33, par Guy gilbert ndahiro
ni bn natene gusa ntagy koroherwa
13 Rusama 2015, 17:41, par mugabe
CNDD Police Imbonerakure= Fini terminé
13 Rusama 2015, 17:52, par NZNJIYOBIRI
Guma kwibanga wihaye mutama wacu!!sangwa ubutegets mutama.
13 Rusama 2015, 17:53, par NZNJIYOBIRI
Guma kwibanga wihaye mutama wacu!!sangwa ubutegets mutama.
13 Rusama 2015, 17:59, par 211955148492
yasaze umuntu akiyunvira gubogoza umuguru wigihugu uwo mugabo yanyoye kanyanga ntibigishoboka muburundi
13 Rusama 2015, 18:07, par Therence
Uwo Rero Niwe Mugabo.Imana Nkeka Yishuye.
13 Rusama 2015, 19:19, par GITERANYI KIZUNGU
NONE PITA YACI AJAHE?
13 Rusama 2015, 19:24, par lukuman
ndemy niyombare artnya kubona amaraso .igihgu si umurwa washetani
13 Rusama 2015, 19:43, par john
Coup d’etat yabaye canke vyabananiye?
13 Rusama 2015, 20:12, par sweti
naswere nyina.numukama wurwaga.abarundi nabomwese murimbwa.na yesu ntibamwemera ariko amaze gupfa baramuririye.mwibuke muri libiya kwakadafi,ubu ntibarira?muzobibona!ntantwaro ,izoza nk’imana.nabo mwipfuza nabantu!l’homme change tjrs.yobahinduka nkako munda.peter aragiye ariko ba peter ntaho bagiye.mwokwishima buhoro!agatimariko!
13 Rusama 2015, 20:19, par moïse
abavuga ko hahiricwe ubutegetsi eka,ahubwo uyo n’umurundi w’umutima n’ikigongwe yabonye igihugu cogwa mumanga. imana nimuze imbere.si bose ate ukwo arazi aho uburundi bwaciye.
13 Rusama 2015, 20:22, par sweti
naswere nyina.numukama wurwaga.abarundi nabomwese murimbwa.na yesu ntibamwemera ariko amaze gupfa baramuririye.mwibuke muri libiya kwakadafi,ubu ntibarira?muzobibona!ntantwaro ,izoza nk’imana.nabo mwipfuza nabantu!l’homme change tjrs.yobahinduka nkako munda.peter aragiye ariko ba peter ntaho bagiye.mwokwishima buhoro!agatimariko!
13 Rusama 2015, 20:24, par DISMASNDAYISABA
GENDA URI INTWARI MUTAMA DUPFUME DUTANGURA BISHASHA MUKUBAHO
13 Rusama 2015, 20:52, par Pierre Irambona
Sha Sindavyumva!
13 Rusama 2015, 20:55, par jackson
ahoturi twese turishimye kuko izo mbonerakure zari zifukamye abarundi munda. godfroid ramba kwivora.
13 Rusama 2015, 21:05, par eslon
nuko bayoo imana irakinze.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:28, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:29, par Bahati
Gen.NIYOMBARE niwirambire Imana ikuj imbere mumigambi ufitiye Burundi n’abarundi ngira tugiye kwiruhutsa.
13 Rusama 2015, 21:40, par chef
ahubwo yaborewe ntakudeta ikibaho napi yibonere
13 Rusama 2015, 21:45, par Baraguhenda
Bavuga Ngo Uwushaka Umuhutu Amutuma Uwundi Niyambare Baramuhenze Wibaza Ko Asumba Gaciyumbwenge? Arintarambara Arayishaka Turabony Ko Babatutsi Baramuhenze Kandi Nimuterere Imatera Yokuryama Mumpimba Ntibazonakugemurira
13 Rusama 2015, 21:52, par ntivuguruzwa aimable
tumwifurije kugarura umutekano mu Muburundi,bose arabene gihugu kimwe
13 Rusama 2015, 21:53, par ntivuguruzwa aimable
tumwifurije kugarura umutekano mu Muburundi,bose arabene gihugu kimwe
13 Rusama 2015, 21:54, par MBANJIMBERE EURADE
NDISHYIMWE CYANE AHOKUGI RA NGO ABANTU BAKO MEZEGUPFA NKURU NZIZA YAVAHO ABARINDI NIBARU HUKE. KADUTEGE REZE TUREBE IBYIHI SHYE INYUMA. MURAKOZE.
13 Rusama 2015, 22:20, par kaneza florA SCHEILLA
Godefroid komera kwijambo mutama urumushingantahe incuro imiriyoni,ntugire ikibazo Imana yamaze kuginga,Imana yagukoresheje nkakumwe yakoresha Musa,none nawe ndagusengera Imana ikurungikire Abamarayika bagukikuze nafamille yawe mwizina rya yesu, kubansi bose bariko barakugenza ko batazogushikira abamalayika bakubere abasoda namutima mweranda akuyobore,wakoze ibikora inka,in the name of JESUS Amen!
13 Rusama 2015, 22:31, par Sylvere
Jewe Nasigiwe Nibaza Ko Ar’ikinyoma Vyoshoboka Gute?
13 Rusama 2015, 23:55, par appolo
Niyombale nta komeye mu mutwe urashobora kugira ikintu nk,ICO keretse udakoneye iyo ni demicratie yatowe na nde,? Rekura igihugu Adolphe tabara democratie!!!!!!!!!?.
14 Rusama 2015, 01:23, par DUSABE DUSABE
ntaco mvuze
14 Rusama 2015, 03:10, par Esdras Bene Niyongabo
Ico twari dukwiye kumenya nuko umurongozi abereye n’uwumvikana n’abo arongoye nacane cane itirengagije kumviriza ivyo abamutoye bamusaba none reko ivyo atabikoze n’abogozwe pee!harihageze nanamenyeko uburundi n’abarundi atari ikibare ciwe.Nyakubahwa Général godfroid Niyombari, shikama kuko ahonyene niho ugomba kugaragariza ico urico.abarundi bakuri inyuma.
14 Rusama 2015, 06:02, par ME
IMANA NIY IZI IBIKWIY UBURUNDI ARK ICO NDAYISA NUKO YUTURENGANY IKI GIKOMBE
14 Rusama 2015, 06:14, par World
Barundi barundikazi, jewe nari nababwiye ko mukwezi kwa 12 kutazogera tukiri muri ibi bintu. Ntimuryohegwe cane kuko ntituraheza. Ndasubiyemwo nkuko nabibabwiye mumezi ashika kuri 2 aheze. Mukwezi kwa 12 tuzoba turi gutera ibiti no guteza igihugu imbere. Iki kibazo ca pita kizoba camaze kwibagigwa, Kandi tuzoba turi kwitegura gufasha Abanyarwanda kwikurako Kagame. Nubu ndazi ko hariho abadatahura ivyo ndi kuvuga nka kare. Ariko rindira gato wirabire. Iconzi nuko Pita agerageje kugaruka tuzomutoza intoke. Niyakoresha inguvu naho, nikizomuhitana we nabiwe ntibazokimenya.
Kubijanye na Kagame: Reka ndabibutse ko imbwa ikuga cane itaryana. Iyo umuntu avuze ko Kagame nawe azotembagazwa mukuva kubutegetsi, abantu ntibabitahura kuko babona ko hagisigaye hafi imyaka 2 kugira habe amatora mu RWANDA. Hanyuma Abashigikiye ko yohindura ibwirizwa nshingiro ry’URWANDA nabo nibake, ariko bavuga cane kurusha ibice birenga 75% batavyemera. Sinoja muri vyinshi, ariko reka mvuge gusa ati: Iki kibazo ca Pita niyo cahera, Muzoce muba murubaka amakambi yo kwakiriramwo impunzi z’Abanyarwanda. Nimba Udatahura ibi bintu, Ntiwihute kunyishura. Murakoze.
14 Rusama 2015, 07:01, par Erick
uwuhoraho aratubona rekekwihebura imana idufitiye umugambi kandi ivyobibaye uburundi imana yabibwandikiye butararemwa!!
14 Rusama 2015, 07:43, par ALIAS TYPE
Imana isumba ingabo.kanatsinda Imana ntiyemera ko i gihugu c’uburundi kirongorwa nabadayimoni
14 Rusama 2015, 09:42, par Guy armel
Nyakwubahwa nyumeko turabagahotoro kokohagarara!emwe ntusubirinyuma ahubwo rabukuntu nuyumusi wakane wovugirindijambo ryimpumure nkiryejo!
14 Rusama 2015, 10:09, par yoyo
Urashushe!
14 Rusama 2015, 10:40, par Gasana Jean de Dieu
wewe Erick,umviriza neza,twembwe,abanyarwanda,ntituzigera narimwe,tugahamagara,nguzudufashe kwiyamiriza,iciringo cagatatu ca Nyakubahwa Kagame,kukuwe ntarwanira kutuyobora,nitwe turikubimwijyingira,tubimusaba.kukotuz’ahoyadukuye,nahodushaka kwatugeza.banzumarivyawe,iyonkungayawe ntayoduceneye.
14 Rusama 2015, 10:57, par Prida
Burundi bwacu burundi buhire,gira ijambo.naho mukuye Pita mbega Adolfo wew na ndakugarika na bunyoni bobo barihe?ntibari mugihugu? mumenye ko arabagabo.jew barantera ubwoba!ikiroberi budakeye kabiri kiravuka.musenge.
14 Rusama 2015, 10:58, par Elie
urumuamgabo PE!Ahubwo ntazingene ingene imbonerakure zarizaratwomoye rekatugaruketugushigikire.
14 Rusama 2015, 11:13, par Bizimana theogene
Nkurunziza natahuke nkimpunzi
14 Rusama 2015, 12:41, par olivier
ntako utarimana nukuri udukuyeko iyintwaro yankurumbi twogusenga woba uje uri icariho cimana.
14 Rusama 2015, 14:13, par NTAHIRAJA
WEWE WIYITA WORLD IBYO URIKO URABOGA NTABYO UZI,URIKO URAHENDA ABANTU NKAHO UTARI UMUNTU.IYO MESSAGE WIYIHAWE NANDE?ABANYARWANDA NTABWO ARI IMBWA NKUKO URIKO URABIRUKA.IMBWA NIYO ISUBIRA KUBYO YADASHWE IKABIRYA.UBWO RERO WIBAZA KO IBYUGA HARI AGACIRO BIFISE.
14 Rusama 2015, 16:15, par NKURUNZIZA.
Reka dusenge kuko mu kayanza hari agahengwe sikimwe ni towm iyaturemye iratubona.
14 Rusama 2015, 17:55
Wew ubona wotwara uburundi ahubwo urikijuju swera nyoko wambwawe
14 Rusama 2015, 19:54, par mpozenzi
Uwabaroze ntiyakaravye kabisa murajangaho muhashimira umugumutsi aciye mubandi bagumutsi bari mwibarabara ngo numukuru wigihugu??Ahubwo amahera yariye kugira agurishe uburundi nabarundi buca amugaruka azobwira isi yasame imumire ariko ntizomubona???Gusa kubera KIZIGENZA wacu arumunyakigongwe ndaziko azomugirira ikigongwe ariko tukazomujana muruzi Mpongora kumutera amazi kugira amahera yariye ayadahwe yose??
14 Rusama 2015, 21:26, par SHIMIRIMANA EMMANUEL
Esenkuwo bonayomaririki abarundi?ntawutangazakudeta atarafata umutimwigihugu nayokuvugango pitanahunguke nkimpunzi nimwihangane abaruni dufatanyemunda
14 Rusama 2015, 21:32, par titia
w utuka ivyo general yakoze uzopfa urimbwa n’uruvyaro rwaw.none waronse ik muriyi myaka10? ko mbona upfuy urway kwashi? hihihiiiiiiiiii
14 Rusama 2015, 21:42, par SHIMIRIMANA EMMANUEL
Nukuri niyombare natubabarire abarundi twararambiwe nukwama intekerakumutwe nareke ayomuriro arikaradukwegeramwo.manatugarukiretwebwabarundi tugezehabi
14 Rusama 2015, 21:42
Peter,ntitugushaka vrmt kko ufise amakosa menshi,waturambiy!genda wikinire umupira utere namavoka,urekere ababiberey gutwara kandi bazi ico bakora!
15 Rusama 2015, 07:39, par BASHUBI
Nimizingi gusa!
15 Rusama 2015, 12:03, par chef
wapi ntavyiwe kuba umukuru wigihugu sivyabose gs arazi intambara
15 Rusama 2015, 13:58, par eric samy
aha uriko urihweza ubona ww woshobora gukora cou d’eta?ivyo vyahebew buyoya gusa naw genda urye umuceri utazi ibeyi!
15 Rusama 2015, 15:50, par Gikona
Niyombare Nimbwa,iryopete Barimukur Ubunyen Kuk Ntamujenere Yokorankivyo Narugara Ntiyokora Nkivy,mbe Niyombare Yariz Ndibaza Yaba Uwanyumwishu Turi Mugina Camakombe
15 Rusama 2015, 19:21, par BIMAMATWI
UWOYAMENYEYE.KWEGERANYA.IVYATASANZAJE.YARABUZE.IYAJA.NANTARYO.BARAYAMAZE.USABIMANA.UKANUYE.AMASO.IKAGUHA.IBIYAMENA.KANDI.INYENZI.YISEMA.YURIRAKUMURUNDI.WINKOKO
16 Rusama 2015, 02:05
god fois ntakomeye neza nabo mufatanije ivyo
16 Rusama 2015, 21:04, par japhet
mutama niyombare uraza uragira ico utinya kuko ntawubura ico atinya kand akataretse karasema sindakubesha
17 Rusama 2015, 22:10, par Fabrice Ngendahayo
Uwiyumvira Ko Ub Murikigihe Ko Yotembagaza Ubutegetsi Ntiyarak8ye Kwambikwa Impuzu Za General Major Yarak8ye Gufatirwa Ibihano Bishemeye.
18 Rusama 2015, 06:18, par Niyokwizera samson
mutama ntarwama rutaboza wakoze ivyaribikwiye urintwari kandi urimvugakuri wariwipfuje kudukuri mukarengane tumazemwo 10 ans
18 Rusama 2015, 12:22, par niyombare
mbe niyombare ntamuntu yaruza inkona uwomuntu yaraguhenze non ubu nturiko utaturatura kand warintwanzangabo ikomeye nukur genda usabe ikigongwe kuko wamenje nkamaconco wew warumugabo wijunja mbabajwe numuryango wawe gusa nawe ukwiye kuja irahe bagucire urubanza hama upfungirwe irahe kuko urakagabo nturumugabo
20 Rusama 2015, 11:28, par nduwayo thierry
nukuri nimugeze ngaho kuko imigambi nkiyo igayitse ntishoboka kandi intarabona isera ihaha turibennshicaane bifatanije numukuru wigihugu ndetse numugambwe avamwo nivyaba ngombwa twebwe nyene abarundi baharanira democratie tuzohagarika ako kajagari gakorwa nabantubake batazi ahotwavuye rero ntimusubire ku dukoramunkovu ngomu twibutse agahitiye muri 93 niyombari nawe nagende agume aganzwa nu ryamugore wiwe nakare turazi ko atinijambo afise murugo iwe rero ntiwoba udashobora no gukorodona ivyawe murugo hama ngo woshobora gutwara igihugu nkuburundi ciganziyemwo abantu badashima batunzwe nokugaya gusa nda ngize mpanura umurundi wamacakubiri zidori rufyikiri areke kwama azura akaboze kubijanye nanyakwigendera president ndadaye
22 Rusama 2015, 20:04, par nizigiyimana salomon
awo munt ashak guhirik ubutegets nitumwemera.
25 Rusama 2015, 20:56, par MINANI REONARD
SHAKUMENYA UYUMUSI AHARI.KUKITUTASUBIYEKUMVA,INKURUZIWE
4 Ruheshi 2015, 21:44, par Niyonkuru egide
none yiyemeje kurongora abarundi bimutayekuwamazi acaromoka? ubonayari kutumarira iki? nareke hatware abarinda!
7 Ruheshi 2015, 19:16, par Jean-claude
Nimuvuge make mwese mureke Imana yikorere mureke nugutukana nta mpera muzobironkera nukuri.ivyuburundi twabihaye Imana gusa niyo ibona ikibereye kandi nigishoboka yonyene gusa.Turindire tutihebura.mureke rero guca imanza.merci bcp vous tous qui aime le Burundi.Imana ihezagire Uburundi na Barundi.
11 Ruheshi 2015, 17:19, par NIYONTWARI ROMEO TONNY
NIBITANGAZA GUSA KWERI.
10 Mukakaro 2015, 20:05, par no fear
none ubu niyombare arihe?yobayaguye muri ya blend bavuga?
11 Mukakaro 2015, 21:12, par LEONIDAS
Impunzi Nyarugusu
4 Kigarama 2015, 09:07, par Ed Kenzo
None Baramwishe
17 Kigarama 2015, 20:48, par BYARUHANGA.ISMA
MUDUSENGERE.KUKO.TUGEZEHABI.HARIVYOTUDASHOBOYE.ATARIMANA.YOYONYENE.YOGUKIZA.UBWICANYIBURIMUBURUNDI.NOKUTAVUGARUMWE.TWAMANAINDYANE
19 Nzero 2016, 20:53, par Emmanuel
Mbe niyombari arihe?nageragez ahubwo anyaruts kugira ahindur ibintu!
14 Mukakaro 2016, 19:06, par Obediniyobuhungiro
Jeweicokivumentaconkeneye.Nibarekeuwavyigiyeatwarenayo.Uwongoniniyombarinajegufyetaikaresoyamukiwe.Ivyigihuguntavyazi.
7 Myandagaro 2016, 19:13, par NAHAYO
AHABWA AGEZAHO
24 Nyakanga 2016, 15:22, par Mnrm
Ico Niyumvira Nuko Yakoze Nabi Agahemuka Akaba Igihemu.Yakoze Ibitarivyo.
24 Gitugutu 2016, 09:49, par Niyonzima
MBega Niyombare Aracariho?
24 Gitugutu 2016, 09:51, par Niyonzima
MBega Niyombare Aracariho?
17 Ruhuhuma 2017, 23:19, par AHEJEJEGUTERAKUDETAYACIYEAJAHECANKEIGIHEHABAIMYIYEREKANOMWOHANYEREKA
NIYOMBARE
19 Ruhuhuma 2017, 07:30, par Amida
Waragize Neza Kwihungira Nahubundi Uba Wahasize Ubuzima Niwirambire
10 Ndamukiza 2017, 16:12, par Umwenegihugu
Ivyomwakankitse Vyose Namanyangagusa Ahubwo Ya umuntu Yobabanye Yobaboshe Mwese Non Nimutuze Kuko Atawubakurikirana Kabisa.
7 Mukakaro 2018, 20:05, par nindayishimiye
niyumvirako niyombareyogaruka muburundi bakamufatira ibihano
23 Myandagaro 2018, 18:57, par BIZUMUREMYI LEONARD
UKURI ARIHO.?