Accueil > Amakuru > u Burundi > Hemejwe ba Buramatari bashasha b’intara z’igihugu
Hemejwe ba Buramatari bashasha b’intara z’igihugu
lundi 31 Myandagaro 2015
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 31 Myandagaro ba buramatari bashasha bagiye kurongora intara bamenyekanye.
Amazina yabo ni aya :
Bubanza :Niyonzima Tharcisse
Bujumbura :Gacuti Nadine
Bururi :Nkurunziza Christian
Cankuzo : Njiji Desire
Cibitoki :Iteriteka Joseph
Gitega :Venant Manirambona
Karusi : Mbarushimana Carinie
Kayanza : Ndayizeye Anicet
Kirundo :Nankwahomba Melchior
Bujumbura Mairie:Mbonimpa Freddy
Makamba:Niyukuri Gad
Muramvya:Niyungeko Emmanuel
Muyinga:Manirabarusha Aline
Mwaro:Nyakarerwa Jean Marie
Ngozi:Nduwimana Albert
Rumonge:Bigirimana Juvenal
Rutana:Nyandwi Bede
Ruyigi:Hassan Abdallah

Van Naris Mugisha
Messages
31 Myandagaro 2015, 17:16, par Avec
Turabakeje, turabakiriye,kazemurisanze muzigure imwitwarire myiza nkiyabo musubiriye.
31 Myandagaro 2015, 17:40, par iranzi eric
turaros umuyoboz mush mu kirundo arko turamusab kwegra abanyagihug akabumviriza ivyipfuzo vyabo
31 Myandagaro 2015, 19:20, par emmanuel
turakeje.abarongozi.bacu
31 Myandagaro 2015, 19:21, par hutu
izi ni communes cyangwa ni za provinces??? ubuse muzabona ayo muhemba izi mbonerakure (buramatari)??? kuki mudafatanya izo ntara hanyuma mukikuraho umugogoro wo kubahemba imishahara
31 Myandagaro 2015, 19:34, par Emma niz
Mbe none kwabatutsi ari bake?abo batowe bari mumigambwe iyihe?
31 Myandagaro 2015, 19:53, par Nsengiyumva Michel
Nukuri Tunezerejwe Nayo Mazina!Ntakuganza Kutava Kuhoraho!! Imana Ibaj’imbere,ibahe Ubwenge Bwo Kuganza Nka Salomo.
31 Myandagaro 2015, 20:01, par Nyabuyoya J
Turakeje Buramatari wo mu Kirundo, turizeye ko muzoteza imbere iyo ntara yacu murushirizeho kugarura icizere muri bene gihugu, amashure menshi n’amazi kandi irya association ADCOV mwari murongoye muciga muyishigikire dutere imbere .
31 Myandagaro 2015, 20:19, par Nyabuyoya
Turakeje Buramatari wo nu Kirundo turizeye ko muzogerageza gusana imitima y’abenegihugu bose ,ya association mwari murongoye kera muciga ADCOV mukayishigikira, amazi yabaye ndanse muri Bugabira na Busoni akaboneka, amashure n’amavuriro ku mitumba ya za Rwisuri, Kavumu,Nyagatovu,Rwimanzovu .....bikagwira natwe turagushigikiye
31 Myandagaro 2015, 20:33, par Kariyo
Ntimwatubwiye Amigambwe Baturukamwo. Ngotwumve Ico Rwasa Yahemukiye.
31 Myandagaro 2015, 20:35, par Epitas
Kaze karibu iwacu mu Rumonge bandanya utwara neza mutama utwibuke kwiterambere kumitumba.
31 Myandagaro 2015, 20:40, par Ndaruzaniye Canesius
Ndakej Baburamatiri Bose Nacanecane Uw.Intara Yacu Ya Karusi! Tubitezeko Vyish Bizotezimbere Intara Zacu
1er Nyakanga 2015, 10:08, par ndayi
mwomenyera rwasa afisemwo bangah
1er Nyakanga 2015, 17:32, par Nsengiyumva Juvenal
Turahsima Igenenwa GwaNjii Aze Adutware Neza
2 Nyakanga 2015, 07:46, par Gahungu
Ndakeje Buramatari Wacu Naze Twikomereze Twiyubakire Ibirwati I Karusi
2 Nyakanga 2015, 20:27, par Thomas kayiranga
Ndanezerew nuwo mutware baduhay mukirundo.arik ndamusab ko ato kwigumir ngah ville gus,ko yoza araz hino mumitumb tukivuganir.nacanecane iwac mu bugabira turakeney imbuto zirind izub.
2 Nyakanga 2015, 22:13, par NDAYISHIMIYE Ladislas
NDAKEJE BURAMATARI WACU MUSHASHA WA RUYIGI,ABAMOSO NABO BARASHIKIRIWE! MUTAMA UZUTWARIRE AMAKOMINE YOSE,UBWOKO BWOSE,IMIGAMBWE YOSE N’AMADINI YOSE.NTIMWIBAGIRE GUFADIKANYA N’ABABIJEJWE NKA DPE N’AYANDI MA SERVICE MU KUGABANYA UBUSHOMERI.FASHA KUGIRA APRES 5a NA NYUMBAKUMI AZOBE AFISE DHG. ABISHINGA INKOHO UZUCE KUBIRI NABO!
2 Nyakanga 2015, 22:45, par Gakozi Emmanuel i PRETORIA
turabakeje baburamatari bashasha baroranigwe mubikogwa vyabo bitoroshe muribi bihe. Imana Ibajimbere.
2 Nyakanga 2015, 23:09, par Gakozi Emmanuel i PRETORIA
turabakeje baburamatari bashasha baroranigwe mubikogwa vyabo bitoroshe muribi bihe. Imana Ibajimbere.