Impande zose zasabwe kuja mu biganiro bidakumira

Yanditswe na IGIHE
Kuya 17 Munyonyo 2015 saa 11:48
Yasomwe : 106857
0 0

Inama y’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya yasubiriye kwibutsa impande zose, yaba Reta canke abatavuga rumwe n’ubutegetsi ko ibiganiro arivyo vyonyene bizotorera umuti ibibazo vya poritike biri mu Burundi.
Ubumwe bwa buraya busaba impande zose kwirinda imvugo ziturira, Reta y’Uburundi ikibutswa ko ariyo ijejwe ubwa mbere igikorwa c’ugukingira abanyagihugu.
Muri iyo nama yabaye kuri uwu wa mbere, ubumwe bwa buraya bwariyamirije ihohoterwa rya kiremwa muntu hamwe n’ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi (...)

Inama y’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya yasubiriye kwibutsa impande zose, yaba Reta canke abatavuga rumwe n’ubutegetsi ko ibiganiro arivyo vyonyene bizotorera umuti ibibazo vya poritike biri mu Burundi.

Ubumwe bwa buraya busaba impande zose kwirinda imvugo ziturira, Reta y’Uburundi ikibutswa ko ariyo ijejwe ubwa mbere igikorwa c’ugukingira abanyagihugu.
Muri iyo nama yabaye kuri uwu wa mbere, ubumwe bwa buraya bwariyamirije ihohoterwa rya kiremwa muntu hamwe n’ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi bibandanya kwibonekeza mu Burundi. Ubumwe bwa buraya bukaba bwamenyesheje ko butewe umutima uhagaze n’ukubona impande zegwa n’ibibazo vy’Uburundi zitaratangura ibiganiro.

Mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya bibukije ko ibiganiro bihuza bose arivyo vyonyene bizoheza ibibazo biri mu Burundi, hamwe n’umwumvikano kw’iyubahirizwa ry’amasezerano y’i Arusha n’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi.

Ubumwe bwa buraya buragabisha ko ibindi bihano bishobora gufatirwa abantu bakoresha imvugo canke ibikorwa vyatumye canke vyotuma haba ubugizi bwa nabi.


Kumenyekanisha

1
NDIKUMUGONGO PROSPER 21-11-2015 à 08:55

CHAQUE FOIS QUE 2PERSONNES ONT DES POINTS DE VUE DIFFERENTS D UNE SITUATION,IL NE FAUT PAS QUE PERSONNE PENSE QUE SES PERCEPTIONS SONT LES SEULES BONNES ET QUE TOUS CE QUI EST CONTRAIRE EST A REJETER.SEUL LE DIALOGUE ET LA DISCUSSION AUTANT QUE POSSIBLE EST A ENCOURAGER. A BON ENTENDEUR...,

2
Fredy 18-11-2015 à 13:54

Vyobavyizi ishirahamwe mpuzamakungu ONU rishinze ryonyene umusi w’ibiganiro sinon mbona umengo biragoye!

3
Ngendakuriyo 18-11-2015 à 13:13

Hanga amaso Imana yonyene!! Niyo ica inzira ahatari inzira. Kandi guhora nukwayo izokoresha nibiti na mabuye. Amayira yi Mana ntaharurika aratangaje. Ibiriko birakogwa mu Burundi Ijuru rije gutabara iyo ikoze amarira arahera Igihugu kikubahiriza amategeko. Nu buzima bwi bibondo na bakuze!! Imana nya Mana ntitwaza igikenye iyo niyo Mana yukuri!

4
bizoza 18-11-2015 à 11:38

turaje tuganire amahoro agaruke i burundi NKURUNZIZA yayatubujije ayaggarure kuko niwe afise urufunguzo rw’amahoro mu burundi ninawe afise urufunguzo rw’intamabara muri make intambara niwe yayitangije ninawe agomba kuyirangiza

5
DIEUGO 18-11-2015 à 07:19

KOMRA

6
KAGM 18-11-2015 à 07:14

IRAMBIR NKURUNZIZA P URUMUGABO

7
Museven 18-11-2015 à 06:37

Mbekuvuga ngo indayiweyikakoroka woho niwewe woroshe abvavyeyibaheyisi nibenshi nuwiwawe arimwo

8
BADIRIRISHYA ANDREW 18-11-2015 à 06:34

Abanyaburayi bamarira iki abarundi se?
Kumarana kwanyu ntacyo bibabwiye
rwose.
Iterambere rya buraya niryo bashyira imbere gusa.
Mureke kwicana, kandi ubuyobozi bwicana buba bugiye kuvaho

9
mama.wawe 17-11-2015 à 20:21

nimundeker umwana abatwar koyagiriw ubuntu n"imana murakivuma abobazungubabatutsi bashak’iki?

10
mama.wawe 17-11-2015 à 20:21

nimundeker umwana abatwar koyagiriw ubuntu n"imana murakivuma abobazungubabatutsi bashak’iki?

11
hassani 17-11-2015 à 20:14

ibiganiro nisawa ariko ivyimfatakibanza wapi kabisa abanyagihugu ntayodushaka.

12
MWENE BURUNDI 17-11-2015 à 18:22

BURUNDI NTAVYAMAKUNGU UKOBUKEYE NGIBIGANIRO BENE ADAMU BARIKO BARAHO HIRYA NOHINO IBIZIGA NONE AYOMAKUNGU ADUFASHIJE IKI? KOBENE BURUNDI BAHEZE KIRAMVU ATI:<UWUZORAMBA AZOBONA>

13
Joseph"uwimana 17-11-2015 à 17:28

abategetsi b"uburundi nimwikubite agashi mwumve impanuro.ibiganiro niwomuti uzorama.

14
Eric nyabenda 17-11-2015 à 17:19

Petero narekure ubutegetsi amaboro agaruke mugihungu na banyagihuga batahuke,abarundi bemeye kumuba ikigogwe kubwicanyi yagiriye abenegihungu.

15
rufujy 17-11-2015 à 16:51

ibiganiro ni vyo,ariko ntibihonyange ivyavuye nu matora

16
Jewe 17-11-2015 à 15:39

Kora kora , fatira ibihano izo ntumva harageze!

17
Barutwanayo Pascal 17-11-2015 à 15:35

il faut respecter la souverainété et l’indépendance du Burundi. Le problème du Burundi pour le moment c’est pas la question politique mais plutôt la pauvrété. Mais aussi ces gens làqui vendent leur pays( le Burundi).

18
ABAT 17-11-2015 à 13:51

none ivyobihugu vyaburay kobiduhenda kandi arivyo bibitse abagizi banabi bobo kobatafatira ibihano nikubera kandi aribo babaha impigi reka kudusamaza iyo ninki namico yaba nyaburaya

19
BIGIRINDAVYI Astere 17-11-2015 à 13:47

Uko Biri Kwose Ibiganiro Nivyo Vyonyene Bizokiza Abarundi Nu Burundi.Imana Mushobora Vyose Ituje Imbere Idukirize Igihugu.

20
sisi 17-11-2015 à 13:43

Mwinaniwe gufata nyabihano.mbe ko mutihutira kugira inama ikangurira france kugira ibiganiro na islamic state?turabizi mwigombera nickel

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha