Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibiro vy’umukuru w’igihugu biriyamiriza ivyakorewe umumenyeshamakuru wa RFI (...)
Ibiro vy’umukuru w’igihugu biriyamiriza ivyakorewe umumenyeshamakuru wa RFI na AFP
jeudi 13 Myandagaro 2015
Ibiro vy ‘umukuru w’igihugu c’Uburundi biratera ivyatsi ivyakorewe umumenyeshamakuru akorera iradiyo y’abafaransa RFI n’itororokanirizo ry’amakuru ry’abafaransa AFP,Esdras Ndikumana.
Mw’itangazo ryateweko umukono na Willy Nyamitwe,umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru,ibiro vy’umukuru w’igihugu bimenyesha ko vyakiriye ikete ryanditswe na RFI na AFP ku mabi yoba yarakorewe umumenyeshamakuru Esdras Ndikumana.
Muri iryo tangazo rimenyesha ko ivyakorewe umumenyeshamakuru Esdras Ndikumana bidashobora kwemerwa,mu gihe turi mu gihugu kigira ku mategeko.Iryo tangazo rimenyesha ko umukuru w’igihugu ubwiwe yavuganye n’umukuru w’ibiro vy’igendereza amubaza uko ivyo vyabaye, kugira ababikoze bakurikiranwe kandi bahanwe hisunzwe amategeko.
Mu kurangiza,ibiro vy’umukuru w’igihugu bimenyesha ko bishimira ibinyamakuru vyo mu gihugu na mpuzamakungu,kandi bikizera ko imigenderanire izobandanya ari myiza hagati ya Reta y’Uburundi n’ibinyamakuru.
Mwomenya ko Esdras Ndikumana Ndikumana yahohotewe kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro,yagiye gutohoza amakuru ahari hahejeje kugandagurirwa Gen Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye igendereza ry’Uburundi.

Van Naris Mugisha
Messages
13 Myandagaro 2015, 13:53, par Kariyo
Ehe Irbara! Umukuru W’ Igihugu, Ariyamiriza? Nagira Afata Ingingo? Mbe Ko Vyabereye Rimwe Kubera Iki Abagandaguye Gn Bo Bavuga Ko Bamenyekanye.N’ Akoreshe Uryamwete Yakoresheje. Ntanamatoza Akenewe Acmutwaye, Barazwi Nareke Rero Kwiteza Utunyoni Akorako Agasha, Nibafatwe Ntabindi
13 Myandagaro 2015, 14:18, par nkurunziza
Mubitera ivyatsi arimwo mubikora? Reka amanyanga
13 Myandagaro 2015, 14:41, par BIZI
IVYANYU NAMABANGA ICONZI CO MUCEZO WANDANI URAKOMEREWE WEWE NYAMITWE URINDIRIYE KUBA NYAMVA ICO UTAZI URABAZA SOBUJA ARABAMARA NKA WEWE URINDIRIYE IKI?SINDUMUJA
13 Myandagaro 2015, 14:42, par freedom
sha mitwe igederezwa ntiritwagwa nu mukuru wigihugu gute nne yoba atabizi ububene gihugu turakanuye nimubeshe abandi ariko twebwe bene gihugu ntibigikunda guhendwa ariko harigihe muzohinyuka muribagirako imaniriho sha mitwe jew ndagukebuye ureke kubesh abarundi kubera vyose birazwe n abarundi
13 Myandagaro 2015, 16:01, par Munyaneza
Twese vyaratubabaje abamuhohoteye bongeye ikibimukindi nyakwigendera we yariyamaze kwigira.
13 Myandagaro 2015, 16:36, par Justice KURIBOSE
Kirajebaritse amanwa!turazi ko mugomvy guhuma amaso amakungu,mbega igendereza harico ryibanga?arko bari bakwiye gukura icigwa kuvyo shebuja wabo yabonye.
13 Myandagaro 2015, 17:12, par KEYISHA NADEL
KUMBWAJE NDASHIMIE UMUKURU WIGIHUGU CACU PETER NKURUNZIZ MUKWIFATANYA NATWE MUKABABARO KUMUMENYESHA MAKURU WACU EDLAS :MM KAMA RAIA NDUGU YENU WA BURUNDI NIKITAMKA RASMI NIKIWA DAR ES SALAM NA KUUNGANA NA NYI MOJA KWA MOJA KUPITIA YVOMBO VYA HABARI KWENYE MTANDAO YETU YA KIJAMII ’ NAMPA POLE SANA NA PONGEZI LA KUMUENGEZEA UJASILI WA KUENDELEA KUTUPA TARIFA NA PICHA KWNYE TUKIO KILA WAKATI ILI KUWEZA KUTUJULIISHA HALI INAVYOENDELEA NCHINI KWETU BURUNDI : MIMI NAITUA KEYISHA NADEL NAPENDEKEZA KUKUPA TENA HONGERA SANA KWA KAZI NZURI UNAYO YIFANYA MNGU AWABARIK
13 Myandagaro 2015, 17:26, par Abou
Aha iyo batabanza gukoma induru kuma radiyo ntimwokwigeze mubishura...haaa!muransetsa pé!
13 Myandagaro 2015, 17:41, par bonfils gahungu
nibabahane ababikoze kuko yari kukazi kiw n’unwicanyi mubundi
13 Myandagaro 2015, 18:07, par KAZOZA
AMOSOZI Y INGONA, NYAMITWE NIHO YARARI IGIHE BARI BAGIYE KUMUHERA AMAHIRI MWIGENDEREZA,ARIKO ARAMUTAMBIRA NGO AMUTABARE,YAMUHENZE NGO PFA KUGENDA ,NGO NUTUBAZO TUBIRI BAKUBA UCUGARUKA,KANDI AZIKOAMURUNGITSE MUMAGABURA Y IBINYWAMARASO ATAKANDI KAZI BAFISE ATARI GUHOHOTERA ABENEGUHUGU.NONE NYAMITWE NYAKUWUMENEKA ARUBAHUKA AKAVUGA KWATEYIVYATSI,NIKIZIGA CA ADOLPHE NGIRA CA TWENZE IRYO TANGAZO,ATAKINDI RIGAMIJE ATARI KUTAMBA KUMUVYIMBA WABAHOHOTETERWA MWICO KIBANZA CA SHETANI NGO NIPEREREZA NYAGUPFA YAHORA AGANDAGURIRAMWO INZIRAKARENGANE,WILLY IMANA IHORA IHOZE,AHIMBWA ZIRIKO ZIRARIGATIRA AMARASO YA ADOLPHE NAWE ZOYARIGATA
13 Myandagaro 2015, 19:17, par Gérard
Karabaye!!bararabaneza koyariyajegutohoza amakuruya adorf abobabarishe adorf nibobishuwomumenyeshamakuru.amakungunafashitohoza letayuburundi kurupfurwa adorf nabandiboboneka
13 Myandagaro 2015, 21:35, par Banyamitwe
Mbe ubwo bubeshi bwa Willy buzohera ryari. Nimba perezida yatanze itegeko ngo abantu batazwi bishe G. Adolfe bonanirwa gufata abo bapolice bakoreye amabi uyo mumenyesha makuru kumurango?
13 Myandagaro 2015, 22:29, par katwengo Richard
Le ridicule ne tue pas!!!!
Si vs voulez m’appuyer allez-y!!!
13 Myandagaro 2015, 23:03, par Muhuza
turatangara nyene iyombwa yarigiye gutohoza iki?ahubwo mumategeko iyonawenyene bamumariza uzumubabaro twari dufise ariko ndavuga simvura abamwishe bose tukabamenya nimiryango yabo tuzoyirondera gushika yesu agarutse.
14 Myandagaro 2015, 01:57, par Falcon
Ehe ubwinyo nkinkezi ngo karadedemba,mbe nibande bamuhohoteye kwari mwebwe mwa binywamaraso vyaba DD,igihugu kiragoye kurongora ntigipfa gutwarwa n’imbunuza zarizo zose.
14 Myandagaro 2015, 10:52, par emma
emma
wakijujuwe kazoza uragowe nyamba ushaka abimbwa zirigata amaraso harigihe zizorigata gwawe.Nawe nyamitwe kuba uwo mumenyesha makuru yarakubiswe ugira bamukubise atacakoze? hemwe akogaciro muha abamenyesha makuru murakaduha natwe,kuko turabantu nkabo
14 Myandagaro 2015, 18:31, par ongeya
Muragiye muragandaguye G.Adolphe mwibaza ko Imbonerakura n’interahamwe zica zija gutemagura abatutsi,imana ica irakinga,muhakije mutama PC Mbonimpa imana irakinga,mufashe umumenyeshamakuru muratwaye muri yanzu yashetani muravunaguye,iamana irakinga,abagore binjizwa muri iyonzo ya shetani ngo nipererzwa bagirirwa ivyamfurambi ata nudukingirizo mukoresheje ivyo vyose imana irabibona.mbe ga we Ndakugarika ko wakijeje Peter mukugarika Adolphe,ubuse ninde ufise kuri liste uzogarika??aba EX FAB bobo mwaragaritse umuraruha ubu nukubatrotira gusa,ubwo ga Ndakugarika we ubwo ntugamije kuzo garika Prime???mbe Bunyoni wewe azogarikwa nande???iyo mbwa Willy Nyamitwe yoyo ntikwiriye kugarikwa ahubwo ikwiriye gucurikwa umutwe nutwo twinyo nk’utwifuku bikakinjira munda ntikaze gasubire nukudedemba ngo karavuga,mbe ga Ndakugarika ko umaze kuba intwari mukurika abantu,watugarikiye Peter Nkurumbi maze amahoro agaruke mugihugu kuko hoho sinibaza ko imana izokinga,kandi utamwitanze azokwitanga