Ifoto y’umunsi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 10 mars 2016 saa 06:53
Yasomwe : 35946
0 0

Retraite gouvernementale S.E Pierre Nkurunziza en bus avec les membres du gouvernement


Kumenyekanisha

1
FgYdfjpiuhjgyGjj 9-01-2017 à 15:51

Tzghhhhyhhhjjggjuhhjkuffvbffflkgdfft

2
NKURU 26-11-2016 à 23:24

NIMJT

3
jean 13-03-2016 à 07:44

Convoyeur n’urya yambaye inkofero ya jaune ?

4
regis 12-03-2016 à 10:31

Burya utiyubashe ntawuzokwubaha. Ego nibyiza kwubaha abayobozi na Biblia Niko ivuga ariko se kubesha abantu ko wicishije bugufi kumutima bitarimwo bimaze iki ? Nahende abo ibawo ingozi uwo turamuzi amayeri yiwe gusa siko bizokwama.

5
regis 12-03-2016 à 10:31

Burya utiyubashe ntawuzokwubaha. Ego nibyiza kwubaha abayobozi na Biblia Niko ivuga ariko se kubesha abantu ko wicishije bugufi kumutima bitarimwo bimaze iki ? Nahende abo ibawo ingozi uwo turamuzi amayeri yiwe gusa siko bizokwama.

6
tari 12-03-2016 à 09:00

Aho nukugira yerekane ko yicisha bugufi ntaco agifise aduhendesha uwo nigateranya miryango niba yarashoboye kuduga nibasi nuko nokubahiriza amategeko yigihugu navyo yari kubishobora kandi iconico yagomba guherako hanyuma ivyovyamabus bikaza hanyuma icotumukeneye ko gushika ubu sico ucodukeneye nuko ashikiriza ivyo yivye hanyuma agaha amahoro abarundi kuko kugendera muri bus ntibitugarura abacu agize imisi acirakubuhombo mbe mubona uko Ari ukugendera muri bus ntimubonako yarikumwe nimbonerakure zigiye kumwereka aho zigejeje igikorwa

7
mbazumutima jerome 11-03-2016 à 20:00

Nyakubahwa Peter Nkurunzinza girahuba kandiwubahwe ,Abaz ,Imana yukuri turagusengera na Leta nigihugucacu kandi irimuruhande gwabayubaha idukoreyibikomeye abasenze turayibona .komeracane nabarabansi izotumabagukunda !!

8
ubukene 11-03-2016 à 10:27

iyaba mwahora muduga mwese gurya mukazigama amahera yibitoro, mbe murazi ko ubu UBURUNDI ARI UBWNYUMA KW’ISI MWITEREMBERE ???? donc je répète, ubwanyuma kumurizo, abanyagihugu baruguru bo basigaye basa...... reka ntabyo novuga, abanyabisagara nabo batunzwe na corruption gusa abandi bafungura rimwe kumunsi. NYAKUBAHWA UMUKURU W’IGIHUGU NONE WW IVYO URABIBONA canke ntavyo uzi. FATA MESURES turabe ko tworonka agahengwe mumibereho yacu ya buru munsi nahubundi je aho mboneye ko turi abanyuma kw’ISI kwitwa umurundi bisigaye bintera INSONI.

9
NDC 11-03-2016 à 08:49

Nke wewe wiyita ***Imbonerakure** ucira imisi umukuru w’igihugu wosanga uri imbundege naho ivyo wifuza bishitse woguma urya irengarenga. Ariko humura kuko iyo biza kugenda uko muvyifuza ntaba agihema.

10
Imbonerakure 11-03-2016 à 07:50

Ivyo ni vyo ?hahahahahaha agihema nyene ura bivuze kuko murazi ko uta wuva amata twese tuva amaraso ibindi reka tubihe igihe tuzoba tubona

11
MUHUZA 10-03-2016 à 22:13

iryohere mutama ugihema urekane n’imbwa mihimbiri batagomba kwabagumyabanga tubaho ariko turiho tuzokwamaho kandi tuzokwama turiho

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha