Ifoto y’uminsi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 6 avril 2016 saa 02:31
Yasomwe : 49824
0 0


Kumenyekanisha

1
Ngendakumana Ezèchiel. 11-04-2016 à 13:43

Niyigire Mwijuru Amahoro Amaraso Yuwamwishe Arakamukurikira Ntakabi Kiwe.

2
None ? 10-04-2016 à 18:28

@ Jean, nizereko wewe iyo Commune uziyifata.
Twebwe twabaye mwishamba ntanumwe adushigikiye nta Bubiligi bwaribudushigikiye ntanumwe yaduha niryere ariko twarabayeho , nunomusi murabibona kwatawuduha niryere ariko turimugihugu iyirero ni final tuzosekurana nuwigize kagarara wese kuvakubarundi nokubandibose bazoshaka kwigira akatarabaho kuburundi mpaka duharanireko ubwoko bwaribwobwose bugira ijambo mugihugu cabwo abashaka kudukuramwo iyontumbero turabasekura ntakibuza.

3
jean 10-04-2016 à 08:41

Abarwanye imyaka 24 ntibafate na commune 1 none amasezerano ya arusha yabazanye ku ngoma bayahinduye zero.

4
bacemwo 9-04-2016 à 10:02

Barazobanza barwane imyaka 24 nkiyo twamaze mwishamba hanyuma babone kuba nkabo ariko sinziko bizovorohera kuko bicahagoye sejo sihiryayejo baracateramwe wisinye kurwana na nkurunziza nikukwahanga na michel umumalayika womwijuru kuko ivyakora biva kumana na coudetemp yarabataye kuwamazi muzohera nkifu yimijirano kamwe kamwe

5
mattieu 7-04-2016 à 11:28

You have to give chance to nkurunziza ,burundi will grow and tutsi -hutu will be happy in peace.
eny other president will make worst the situation.
do not follow what kagame says .The man is tired and extremist and obsesed by 1994 genocide.He has fear everyway.But he is our brother we will take care and hold ourself. He is confused as he speak openly against nkurunziza while he do not speak against museveni-sasu ngweso .So the man is abusing the God given power.That arrongane always lead to a fall like kadaffi time.
IN A SO FRAGILE RWANDA ,HOW CAN YOU BUILD BOTH THE COUNTRY AND THE ENEMY !!!

6
jean 7-04-2016 à 06:56

Kwambara zirya mpuzu udafise discipline ngo ukingire abanyagihugu c’est dommage

7
I 6-04-2016 à 23:04

Ariko gayemwe duhiki H.E Kagame kugira yake uwomunezero abobasoda bu Burundi ?

8
Emanuel 6-04-2016 à 21:41

Emwebarambara Nonekonunvaharimigwigwana Nibatsinda Ntibazokwambaruko Rekatubirorere

9
Emanuel 6-04-2016 à 21:40

Emwebarambara Nonekonunvaharimigwigwana Nibatsinda Ntibazokwambaruko Rekatubirorere

10
rwasa eric 6-04-2016 à 19:46

ibinivyo ngo sinduhije na nyangoma bakeneye kuramukanwa iteka yoo !bararushe !piter oyee.

11
Mr T 6-04-2016 à 17:15

MBEGA NOBIVUGAKWIKI KOMBONA HARIBENSHI BENSHI BIPFUJE KWAMBARA NKUKO CANKE GUKUBITA I SALUT BABIBUZE,BURYA UMUGISHA NTUVYIGANIRWA.REKATWIHANGANE KUMBURE URWANDA RWOTUMA NANJE MBA INGABO

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha