Ifoto y’umunsi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 octobre 2015 saa 10:19
Yasomwe : 39276
0 0

JPEG - 45.9 ko
Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yarondereye intahe y’ukwikukira Uburundi, aho yagandaguwe mu mwaka w’1961 kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu.

Kumenyekanisha

1
fidelite 13-10-2015 à 22:12

la pauvre femme,c’était une femme trompée et malheureuse dans son foyer hanyuma bamwe ngo yari mariage y’ubumwe mon oeil,j’aurais aimé etre dans un coin pour écouter ses belles soeurs se moquait de la pauvre.Aho twahendewe niho ivyo vyose ntivyabujije ko umuhutu apfa akagesera,izo familles royale ntizari zitumbaraye ngaho ?

2
Nshimimana desire 13-10-2015 à 21:05

Aragahorakuma yarumuganwa

3
Murundi 13-10-2015 à 14:09

We Ntako Utari Wagize ,malgré Imana yogutiza akanya ukagaruka kuraba ibiriko biraba mu Burund Wosiga Ubuvumye.Twaraguhemukiye Rwagasore Incungu.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha