Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
jeudi 17 Ntwarante 2016, par
- Yoweri Kaguta Museveni, umuhuza mu biganiro vy’Abarundi, ari kumwe na Benjamin Mkapa, uwo bazofashanya

IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
17 Ntwarante 2016, 16:39, par Busunju
Ivyarivyo vyose amahoro azoboneka kuko hari igisumba vyose Imana abantu bohava bihenda muguca imanza zitarizo ariko Imana ntirenganya igihe nicagera izobikora
17 Ntwarante 2016, 17:17, par Jonathan
Nice Gen present Museveni nimugondoze Mujeri wamaze abanyagihugu yizirikira ku kirigo yivye atemerewe na mategeko,bategure amatora yandi urusage impunzi zitahuke.
17 Ntwarante 2016, 17:39, par Intagoheka
Mbe Museveni Numusirikare? Birame Mbone Kuko Ntacoroshe
17 Ntwarante 2016, 17:40, par Intagoheka
Mbe Museveni Numusirikare? Birame Mbone Kuko Ntacoroshe
17 Ntwarante 2016, 20:46, par lobat ndikumana
ayo malaso aguma aseseka bazoyabazwa kumana ntibihishe kuko imana yoyo ntihishwa mungu azilaze loho za malehemu peponi AMINA.
17 Ntwarante 2016, 20:48, par lobat ndikumana
ayo malaso aguma aseseka bazoyabazwa kumana ntibihishe kuko imana yoyo ntihishwa mungu azilaze loho za malehemu peponi AMINA.
17 Ntwarante 2016, 20:54, par Mukunzi James
Na Mukapa Araje Guhuza Abarundi ?Ntawuhanura Uwutihanuye!
18 Ntwarante 2016, 03:21, par tari
Jewe mbona ko amakungu yofasha mukurondera uwundi muntu bosubiriza nkurunziza Hama akaba ariwe aca atunganya ibisigaye kanatsinda nkurunziza ntibamutindako kuko si perezida yimewe namategeko icatuma bamutindako kwarukugira aje imbere akokarwikiwe mubiganiro none navyo ntabishaka jewe nkabonako harengeranye kubona umuntu baguma bamwingiga kuja mubiganiro mugabo akanka kwumva ukubandanya kumwinginga kandi abantu bariko barapfa jewe mbona kwatakamaro bimaze igikuru nuko bomuhirika Hama hakajaho uwundi muntu afise ishaka ryokwitaba ibiganiro bidakumira aba umusoda canke umusivire mbere bibaye ngombwa akaba yofatwa arimuzima canke apfuye kuko ntivyumvikana ingene umuntu umwe yotuma igihugu corera
20 Ntwarante 2016, 11:10, par jah bless
Twebwe ayo twabonye mu nyakabiga arakwiye ubu igisigaye nugusenga. ntanumwe tuzokwizera ubu nukwigwanira gusa