Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Ifoto y’umunsi
Yanditswe taliki ya 9-05-2016 - isaha 10:35' na IGIHE

Imodoka yunguruza umukuru w’ikambi yo ku Muzinda, Lieutenant-Colonel Sindaye Dismas, ari nawe yasubiriye mu kibanza carimwo umuhisi Darius Ikurakure, yagize isanganya. Iyo modoka yononekaye cane, Lieutenant-Colonel Sindaye Dismas akaba atari muriyo igihe iryo sanganya ryaba

Ivyiyumviro vyanyu

Abagomba,intambara,nibahebe,baduhe,amahoro,ukwicana,ntaco,bimaze,kandi,ingero,tugerera,kwabandi,natwe,niyo,tuzogeregwako,uwicisha,inkota,amenye,ko,nawe,imuraririye

13.05.2016 à 17:13
Eduard

Bari Mumunezero Nimusitere Bari Bafise Baborewe

11.05.2016 à 23:13
Tagisi Vero

ndahojeje.imiryango..yabasirikare.bagize.isangaya

9.05.2016 à 14:04
ciza.pascl

ndahojeje.imiryango..yabasirikare.bagize.isangaya

9.05.2016 à 14:02
ciza.pascl

Izomodoka ntaco zikimariye igihugu mugihe arizo zirirwa zirakoreshwa mugutikiza inganda ahubwo imana dusenga iyabiyindi yarikwiye gukorera ibitangaza ubwoko bwayo nuyumusi tukumva zaraye zihiye zose nabazigendesha mukwirirwa baniga abozarizishinzwe kuba zokijije

9.05.2016 à 13:20
tari

iyoyarikbamwo agapfa wewenticabndi

9.05.2016 à 13:06
nyanzira

Barihenda intambara ntibazoyitsinda

9.05.2016 à 12:38
blooddrinker

Ncuti zanje muriho ? Mumaze iminsi mubona ama pic-up menshi agenda ahekeranye. Ubu si iza police gusa niz’igisirikare zirimwo. Inkuru ndonse n’uko hagenderamwo interahamwe n’abasoda n’aba police. Mission ngo ni identification du terrain kurizo nterahamwe zitahazi kugirango bahamenye neza.

Ni mwitegereze namwe quartiers bagenderamwo murabe n’amabarabara bakunda gucako usanga akenshi bagendera ahahoze habera imyiyerekano. Hari ingo nama quartier bagenda barihweza bivanye n’amakuru baba bafise. Amwe murayo makuru nayo birondereye ayandi bayahawe na babahungu bishikana canke baguzwe. Kurya kugendagenda buke buke ni ukugira ntibihende aho bakeneye ngo harimwo n’abagenda baragira plan y’aho bazokorera mugihe boronka ordre.

Mube maso ko ryaserutse ntiritwicire isuka.

9.05.2016 à 10:44
manz@yahoo.fr

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.