IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 17 Rusama 2016, par egide

JPEG - 78.1 ko
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA aganira na Fausta BAGAZA, umutambukanyi w’umuhisi Colonel Jean Baptiste BAGAZA. Hari mu birori vy’ugusezera ubwa nyuma uwo yahoze ari umukuru w’igihugu

IGIHE

Messages

  • Sebarundi, papa Nkurunziza.

  • Président NKURUNZIZA, Imana Imuje Imbere, abe Ariyo Imugira Inama. Ngo ahari Abaja Inama IMANA irabasanga, ikabasanganiza Imigisha Yayo. Mumvugo ya Président NKURUNZIZA yama ashira imbere Imana Mushobora vyose. Burya Imana Niyo Irunguruka Imitima yatwebwe Abantu, Nkuko Imvura igwa Ikabombeka isi, niko n’Ijambo riva KUMANA Ribombeka Imitima.
    Ibi ndabivuze kugira nkeze kandi nkengurukire Président NKURUNZIZA kw’iteka yerekanye mu Birori vyo Kwakira l’ex.Président BAGAZA, twabikwirikiye turi mu Mahanga, tuti Abarundi bari n’Imico myiza n’akaranga ka Basogokuru. Komera Président NKURUNZIZA uriteye iteka mwe n’Umupfasoni wawe, image zatweretse ubwitonzi, nicubahiro mweretse Umuryango wa Pdent BAGAZA, eka amakungu n’abarundi bose, ntawaducishimwo ijisho. Président Nkuru, wiyambitse impuzu nziza igukwiye, tuguhaye impundu, nkuko Fauste BAGAZA yabivuze mu birori vy’inkunka y’imisa.
    Ikindi nagire mvuge mbwire abatwara igihugu : Gera ikirenge mu ca l’ex-Président BAGAZA ubwambere, mugukorana umwete no gukunda igihu. Gera Ikirenge mu ca Président Nkurunziza ku Buntu bwiwe mumubonana, Akaranga-Bwami ni muribi bihe vyo Gushingura Pdt BAGAZA.
    Icagatatu pour honorer la mémoire ya BAGAZA : Ndabasavye Subiza inkota mu rwubati, bangwe! Turi Abamugabo Umwe, Intureka mu gihugu, udusubiza inyuma, ubwoba, inzara, agahinda bafata abarundi twese. Ikibi Ntikizira kuba kizira gushishikara. Ndangije nsaba Imana Mushobora vyose kandi Yo Mutegetsi w’Intungane ngo Ihezagire amaja n’amaza Umukuru w’igihugu cacu Pdt Pierre NKURUNZIZA

  • Yohoooo!je na Madame wanje na bana banje twabise l’Homme Fort ou Burundi mwebwe NKURUNZIZA (ninde yonsigurira l’Homme Fort mukirundi??)

  • mutama wacu imanaiguhezagire

  • Nkurunziza Peter komera.urazi kubungabunga abarundi abakuru abato.

  • MUREMESH NTAKUNDI ME NUKO BARIBARAHUKANY GWARUKUNDO BASEZERANIRA IMBER YA PATIRI KO BAZOTANDUKANWA NURUPFU NTAVYOBAKWIRIKIJ KKO BAHUKANY URUPFU RUMUTWAY ATARIBAKIRIKUMW!

  • Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA uri mfura mubandi ba president Uruwo gufatirako akarorero uri sebarundi koko.ni wirambire

  • Nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA uri mfura mubandi ba president Uruwo gufatirako akarorero uri sebarundi koko.ni wirambire

  • nkuru uracareshanawe?Uwomugoreyaramenje

  • erega turi bamwe naho dupfa ubusa ,nubundi icivugo cacu nubumwe ibikorwa amajambere ivyo birahagije ntanakimwe kizo dutandukanya naho botuziza imitungo yacu ariko tuzuguma turi abarundi twese ,nituve ubuzimu tuje ibuntu.

  • Komera uri umuntu w’umugabo wo kuremesha ata nkunzi.

  • Abanga Nkurunziza biyahure ( Turaje, Falcon, Lili nizindi ntagondwa zaba sans echecs)

  • Nukura neza uwobihehe icatumye agira uwo mutima wikigongwe burya kirahari kuko ikizwico nuko uwo abapfa batamunega kuko iyaba bamunega ntaba yirirwa arahekura igihugu kandi aziko ubuzima bwumuntu Ari akatihabwa ahubwo nukuraba neza burya ashaka gucura uwo mupfakazi canke kumwica ubonye isimba igiriye ikigongwe umwana wawe uzomenyeko iba ishaka kumudya

  • @Tari, bihehe ninde?
    Iyomvugoyawe yonyene turetse abomurikumwe, wewe ubwawe ntuzigera uyironkana umugisha ndakurahiye kuko Imana niyo isesa imitima yabantu, kandi niwaba utabizi urazoreba neza waratanguye kugira ingorane canecane nokwibutsa urazoreba ukuntu kuva muburundi hatanguye imigumuko nibindibibi vyayikurikiye atacovyamariye ababikoze kuva icogihe nibifungurwa ntikibifunguraneza usigaye wumva wokwitungirwa nokuvuga ibibose nivyobikunezereza kuvuganabi rero sivyovyotuma ibintu bizoba nkuko ugomba ahubwo ubawikwegeye ivyago kuruta, uburorero nibwishi urazoreba niyo mwicogihugu urimwo usigaye umeze nkikimaramare.

  • Mutama irambire IMANA uguhe umugisha ibihe vyose,abakwanka bazimanike.

  • Abarundi bose mwarataye ubwenge n’iryari Imana yahezagiye umwicanyi ahubwo ba muvuga muti komera kwa shetani, kuko iyo muba mumukunda muba muvuga muti cher frère va ibuzimu uje ibuntu, ivyisi ntaco bimaze ureke kwica kuko ntawe waremye, nayo uduharadabu niko nobita muguma musaba amaronko yongaha kuri iyi si mubicishije mugusesa amaraso, abana, aba innocent ataco bazira abapfakazi, impfuvyi ngo muriko murihora 72, none hari uwihora avuga Imana ko yo idusaba kubabarira gushika kuri 77*77, vous me faites pitié, naho yoba ari papa canke musazawanje ntamwicanyi noshigikira.
    Vous êtes complices des crimes et des assassinnats, et dans la bible, il est écrit si tu ne dénonces pas l’injustice tu es complice de l’injustice.
    Ni muve ibuzimu muje ibuntu, garuka muruhongore, ivyisi birahenda, le voleur ne vient que pour dérober, détruire et égorger, ntimugashigikire abicanyi abaribo bose, n’umwana wa Nkurunziza ntiyomwita sebarundi azi ko yica, yicisha, akikijwe n’abicanyi. Ahubwo agarukane umutima w’abantu jewe niko nomubwira, waravyaye ntiwica abana b’abandi, none naho bobaho shetani izoguma ibibutsa ibibi bakoze

  • Nyakubahwa mukuru wigihugu cuburundi mugirumugisha murivyose. Harikintu Imana itazibagira mumateka yayo mwakoze nubumugikora:naconiki NIMWEBWE MUPEREZIDA KWISI WUMUKOZI WIMANA ABIVUGA AKANABISHITSA MUGUTEGURA IBIKORANE BIHESHA IMANA ICUBAHIRO,KUKO IKIKINTU ISI YANONE YUZUYUMWIJIMA ITAGISHAKA SATANI YAHAGURUKIJE ABANSI BOKUKUGWANYA ARIKO REMA IMANA NAYO YAGWIJE ABAKUNZI NINCUTI SHASHA ZOKUKUBA HAFI.MUBIRANE MUKORA NOMUBIKOGWA MUKORA NOMUBUTUMWA MUVUGA NYAMBAHARIHANYE ABANTU (3) KANDI BARARENGA IMANA NTIZOKWIGERA IGUTERERANA NARIMWE ,KUBAVUGIBI NABIRIYA WOBIKORA MUKURI CANKE MUBURYARYA ICIZA NUKWIMANA YASHIZWE HEJURU NUMUPASITORI WUMUPEREZIDA NKURUNZIZA PETERO!! NTURIHO NGUSUBIRIRIMANA NKUKOBAMWE BAVYIBAZA,MUVYAGAKIZA UFISINAMBARA NKIZABANDI BA KIRISU BAGIRA UKAGIRA NAMATEGEKO YIGIHUGU UGOMBA KUBAHIRIZA.REMA NTUTINYE NTUJIBURYO CANKIBUBAFU KUKO UZOKWANDIKWA MUMATEKA YISI KUBITARIBIKE!! nagiransabe abasenga mu MPEMU nomukuri tugufate mumugongo kukubutegetsi bwanyu buzozanira inyungu nyishi Africa .yosetugusengere dusengere igihugu cacu dushimire IMANA YACU KUKUBOKO KWAYO KURIHEJURU YIGIHUGUCACU IZITIRIYE IMBIBE ZACO KUGEZAHO NABATAYOZI BAZOBIMENYA BAGATANGARA.mugirahomuba mwubahwe igitinyiro nigikundiro vy Imana bibabeko mushishikare ibikorwa vyiza mwimamatwi abatubah Imana kuko na YESU ntibamwemera ariko ntivyamubujije ibikogwa yagombagukora kwabikora.mwibukeko AGAKIZA NUBUNTU BWIMANA ,ARIKO AKAZI NIBIKORWA BISABA UBUMENYI abantu batandukanye agakizanakazi ni2 bidasa.mukomerere mumwami nomubushobozi bwiwe bwishi.

  • @ None, icyo tari yabeshye niki? Kwiyegereza umutambukanyi wa Bagaza yicya abandi barundi hose I Bujumbura bimaziki, niba atari bihehe niki ni shatani.

  • Ndashimira IMANA Yo iri hose kandi ibona vyos.ndababarire ga basha BAGAZA Yari UMUGABO! IMANA imwakire ,natwe iduhe gupfukama imbere yayo.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.