Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
dimanche 21 Myandagaro 2016, par
- Umudari Francine NIYONSABA yaronse niwo ugize kabiri mu mateka y’Uburundi. Umudari wa mbere watahukanwe na Venuste NIYONGABO i Atlanta, mu mwaka w’1996
IGIHE
Messages
21 Myandagaro 2016, 14:45, par Komera
Komera mwana wacu. Uri akarorero keza mu rundi rwaruka.Aho werekana ko ishaka, ugukora no guhozako,kurondera kwirengera(se depasser)no gukwirikirana ineza ariko ukayishikira ari uko ubize icuya arivyo vyoranga Abarundi. Imburakimazi bashaka kumererwa neza badakoze no kurya bicaye maze ico bikoze bakaba aba mbere batera akaduruvayo n’ingwano kuko ata kindi bashoboye bakongera bakarondera kurya imitsi abandi muri cooruption, mu kubasahura... bobwirijwe kugufatirako akarorero. Imana iguhe amagara meza no kuramba mwana wacu.
21 Myandagaro 2016, 15:31, par Nkunzimana Jean Claude
Nitekakuburundi. Jewemazimyakamyinsh, Arikosinaribwumve Umurundi Atwara Umudarimunkinozikomeye Nkizi. Imana Imujimbere, Imurinde Abnsi , Imurwirize Abagenzi. Dusavye Retakoyorushirizaho Kumufatamumugongo.
21 Myandagaro 2016, 16:13, par Kanyosha
Numunezero mubarundi ntangure, Niyonsaba araduteye itekantangere nukuri! Imana yakuduhaye ikudutungire wakomewe amashi nam’Akungu bosebabona.
21 Myandagaro 2016, 16:59, par sister@yahoo.com
Francine, tu es la fierté de tout le Burundi, félicitations! Imana ibandanye iguha inkomezi zikwiye kugira ubukurikira uzotsindire n’uw’ inzahabu, turagushigikiye!
21 Myandagaro 2016, 17:22, par Matabaro
Komera dada yetu
21 Myandagaro 2016, 17:31, par Mpawenimana
Félicitation!!
21 Myandagaro 2016, 22:23, par mpabwa jon
ahezagigwe chane abantunkaba barwire iwachu
21 Myandagaro 2016, 23:24, par Sister
Francine, tu es la FIERTE de tout le Burundi, FELICITATIONS ! Imana ibandanye iguha inkomezi zikwiye kugira ubukurikira uzotsindire n’uw’ INZAHABU, turagushigikiye !
22 Myandagaro 2016, 14:21, par Gasongo
Uyumukobwanimwizacane Nomuronkagute Nibebi.
22 Myandagaro 2016, 16:30, par Nukezwe
Bamurindire Umutekano Wiwe Kuko Inyanka Burundi Zidashima Iciza Mugihugu Cabo Bomunywa Amaraso.Komera Francine.
23 Myandagaro 2016, 00:09, par turaje
Francine aba muri America
urabona ko atanafise ibendera ryigihugu
Francine felicitation nubwo ntateka abakuriye inkino mu Burundi baguteye
23 Myandagaro 2016, 16:10, par KESHIMANA Dieudonné
Komera kumuheto,warambitse umutamana Uburundi n’abarundi muguseruka mumakungu,ugatako ukazana umudari.Ubereye akarorero abandi kandi turi inyuma yawe mukugushigikira .Imana ikuje imbere natwe tuguterere igisabisho,2020 uzobe uwa mbere.
23 Myandagaro 2016, 21:32, par Bernard
Komera Kumuheto Francine!Imana Iguma Iguha Imigisha.Waduhaye Iteka Twebwe Abarundi.