Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi
Ifoto y’umusi
vendredi 5 Kigarama 2014
Ngozi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza n’umutambukanyi wiwe biyandikisha kugira bazoshobore gutora mu matora yimirije mu 2015, nk’abandi barundi bose



IGIHE
Messages
5 Kigarama 2014, 21:45, par Twaje
Komera mukuru wigihugu numutambukanyiwawe ndakubona nkumvandaremwe kubwubwitonzi nubutwari bwawe.
5 Kigarama 2014, 21:45, par SINZINKAYO IDDY
Ni vyiza kugira ivyiyumviro vyo guhanira amahoro,demokarasi n’iterambere biciye muri politike.Ariko politike si ugutyozanya ni uguhiganwa mu vyiyumviro.Mbega uwize nta yindi nzira yoronka yo gutera imbere adaciye muri politike.Bose ni inda yo gushaka igihugu ngo ni ukugikunda kandi ari inzira yo gushaka ivyo babona abandi bategetsi bafise gutyo umuyuyu n’igisharara bigaca bibica bikabatuma gufata imigambi mibi yo gushaka gusahura igihugu n’abaco bagaca bavyita politike.oyaa gezaho si ukudukunda gusa ahubwo ni"ugukunda umwana gusumba nyina..." iyo urugamba ruheze bose biyita abasoda.