Accueil > Amakuru > u Burundi > Igice c’isoko nkuru ya Gitega cahiye
Igice c’isoko nkuru ya Gitega cahiye
vendredi 7 Myandagaro 2015
Igice c’isoko nkuru y’intara ya Gitega yarahiye iratokombera,mw’ijoro ryo kuwa kane igenekerezo rya 7 Myandagiro 2015.
Igice cahiye n’igice kiri mu bumanuko bw’isoko ahitwa Mu kabasazi.Gushika ubu icatumye iyo soko isha ntikiramenyekana.
Ivyo bibaye mu gihe hari umugambi wo gusanura iyo soko yubakwe mu buryo bwa kijambere.

Van Naris Mugisha
Messages
7 Myandagaro 2015, 10:27, par Itangishaka Ménélick
Mbega Yemwe Karashiz’ingani Amasoko Yose Yubakwe Arinze Guturigwa?Mbeg’umuhero Nawo Warateye Mumasoko?Non Ko Muvuga Ngo Ntimuramenya Icahaturiye Niho Hituriye?amatohoza Nayo Ntayitezwe Kuk Na Villes Yarahiye Nt’amatohoza Kirets Ko Baduhendesheje Kuri Cotebu.@
7 Myandagaro 2015, 11:04, par KIMWEHUMWEHU
nkuru ashits kubutegets hatey ibiza vyinsi:
urubura,
imvura zigihuhusi,
imyuzurira,
imisozi itemban abantu,
abashinga mateka bahitanwa na tanganyika,
ibinyabwoya biry indimo
ingwara z ibitungwa nimyumbati
imiriro ihitana amasoko
IVYOBIHANO NINKABIMW IMANA YATEZA FARAWO. IBIKORWA PETER AKORA NTIBISHIMISH IMANA NAVEHO TURONK AMAHORO.
7 Myandagaro 2015, 12:13, par Bimana
Umwansi ntanuka ababkora bos ninkoz zibbi. arko bamnye ko ighugu dusambra ariccu.ntavytwazo ico dukney namhoro nitermber kuri bos.Mana ubika ibiganza kugihugu cacu.
7 Myandagaro 2015, 13:25, par Muyahudi
Ntanguye kuremesha ababuriye ivyabo muriyosoko. ariko nimuz twambaz’imana idutabare ibivyago vyateye uburundi
7 Myandagaro 2015, 13:27, par Muyahudi
Ntanguye kuremesha ababuriye ivyabo muriyosoko. ariko nimuz twambaz’imana idutabare ibivyago vyateye uburundi
7 Myandagaro 2015, 13:51, par Haringanji mamert
Imana ikwiyekugarukirubundi non ibiciro biduga kumusikusi amasoko agumasha abantu bapha kumusikumusi ! non tugiyekuband?nugusenga
7 Myandagaro 2015, 17:45, par DEMOCRATE SAFI
MANA TABARA UBURUNDI UBUKURE MUKANWA KIZO NKOZI ZIKIBI!AMASOKO YOSE BARATURIYE GA YEMWE!!IMPER NIMPERUKA IMANA IZOCANA,ABO BA CNDD-FDD
7 Myandagaro 2015, 18:56, par N J D
Kubonaamasokoagumaashamugihugubamenyekobababarikobarahomvyaigihugu.Reroivyovyoseiyintwaroizobibazwa
7 Myandagaro 2015, 19:19, par KEYISHA NADEL
AISEEEE !NDARAMUKIJE ABO MURUTEGAMA KU KANIGA. MBAJE KWIPFURIZA IGIHUGU CACU AMAHORO NUMUTEKANO BIVE MU BANYEPOLITIKE JEWE NDI UMURUNDI MVA KUKANIGA MURUTEGAMA NKABA NITWA KEYISHA NADEL AZWI KWIZINA RYA RAMADHANI NKABA NDI DAR ES SALAMA. NDAHOJEJE IMIRYAGO YABURIYEMWISOKO NKURU YA GITEGA BIHANGANE BASENGE IMANA IZOFASUBIZA NDAKUNDA UBURUNDI BWANYIBARUTSE NABARUNDI BENE WACU NDABASABA KO TWAHARANIRA AMAHORO YA BARUNDI TWESE NTITWAME MUNRYANE NUKWIHORANA ABIBEREYE MUMAHORO BADUTWENGA MULAKOZE,
7 Myandagaro 2015, 21:43, par TWITEZEYESU Eliezer
Ndashaka mpozeimiry,angoyoseyahuyenizongorane.ibisigayenukwihangana mwisinikobimeze.
8 Myandagaro 2015, 07:05, par Man of muscles
Haaa namayobera Mana tara uburund na barundi. raba igikwiriy ubrundi ugikore.
8 Myandagaro 2015, 08:23, par MOLENO ASKOFU
POLE SAANA WARUNDI WA KWETU KITEGA NILIKO ZALIWA KAZAZENI MOYO YOTE HAYO NI SIASA MBOVU YA NCHI YENU yetu JE NINAKUWAJE RIPOTI KAMA HIZO KILA KUKICHA AU NA HAPO WANANATAKA KUWAUZIA WA CHINA? TUSIKUBALI NCHI YETU IHALIBIWE HIVO TENA HAYO MAJTU YANAYOHALIBU MASOKO WAJULIKANE POLENI SANA NDUGU ZANGUNI
8 Myandagaro 2015, 09:24, par Fabrice Ntitetereza
sha imana iyo iba ihora yokwerekanye abo babisha barihangana niko bimeze imana izobaha ibindi niko bimeze imana yo yaduhaye ubuzima niyo izobutwaka imana ninyabushobozi.
8 Myandagaro 2015, 09:39, par Tofiki Ramadhan
Iyobwaivugakoiliidaresalaam Ahubwonatahurekoaliumurundi Natuviremugihuguchatanzanzania .Kwanzanitamtafutandohaohaowanaletabundukinamabom Warundiwasangesanamnajiuwawenyeweetimnaombamsada, Rais Jakaya .M. Kikwete Munguamrinde
8 Myandagaro 2015, 11:05, par DEO NDUWAYEZU
ni mwihangane ariko inyishu yivyo izobaho ndababaye cane .nimba mu burundi hariho abo dufitiye amadeni tutabizi .iyo myaku ya kila siku inatokea wapi?
8 Myandagaro 2015, 11:29, par freedom
bega maganya namarira bateye abanyagihugu mbe uburundi buganahe?
8 Myandagaro 2015, 11:35, par big
mbe amasoko y uburundi nayo kwashetani??nibikubitagashi ababikora bareke kwicisha maganya bene burundi
8 Myandagaro 2015, 20:55, par Eric Nibizi
sha nimba ariko igihugu cacu imana yaracibagiye jewe ndababajwe no kuguma numva ngo amasoko yahiye mugabo ikinezera ababikora bose imbere y’imana impembo iriho twese rero turababaye
9 Myandagaro 2015, 09:53, par NDAYIZEYE JOSEX
NIKO BIMEZE NTAKIDAHERA BIZOHE!ABABUZE IMANA IZOBAHA IBINDI NA YOBU YARIHANGANYE!YARASUBIJWE!!!
9 Myandagaro 2015, 11:33, par Ngendanzi Emmanuel
Nimwihangane ababuze.Imana izobaha ibindi
9 Myandagaro 2015, 14:36, par aporiner ndikuriyo
Mukama yezu turaguhay igihugu cacu kiziza abarundi bari mumarira twes abarundi dushiri imber izinaryaw maz dukundane nabene wacu tubane nkabana bimana
9 Myandagaro 2015, 16:17, par PIERRE
UBURUNDI BWARAMAZE KWINJIRA MUKAGA
17 Nyakanga 2016, 13:25, par Real james
Imana nitwibuke nkuko yibutse daniel ari mucobo c’intare.kuko Imana s’umuntu kandi Uhoraho s’igikoko.bene data babuze ivyabo na babo mw’isoko ya gitega nibi hangane bizere Umuremyi bazoronka ibindi Mungu yuko pamoja nasi Amen
17 Nyakanga 2016, 13:26, par Real james
Imana nitwibuke nkuko yibutse daniel ari mucobo c’intare.kuko Imana s’umuntu kandi Uhoraho s’igikoko.bene data babuze ivyabo na babo mw’isoko ya gitega nibi hangane bizere Umuremyi bazoronka ibindi Mungu yuko pamoja nasi Amen
9 Ndamukiza 2017, 12:52, par alen
muragowe
9 Ndamukiza 2017, 12:58, par mhimu
muzopfa muryana nkimisihiri