IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihimbazwa ry’umunsi mukuru wabakenyezi mugushigikira umukenyezi nokumuha (...)

Ihimbazwa ry’umunsi mukuru wabakenyezi mugushigikira umukenyezi nokumuha agateka

vendredi 8 Ntwarante 2013

Igenekerezo rya 8 Ntwarante,ni umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi kw’isi yose.Uwo munsi no mu Burundi uhimbazwa, ari naco gituma bwifadikanyije n’ayandi makungu muguhimbaza uyu munsi.

Icivugo nyamukuru c’uno mwaka mu Burundi ni “Dushigikire umukenyezi mugukingira agateka kiwe”.

Hano mu Burundi,uwo munsi ukaba uzohimbazwa igenekerezo rya 22 Ntwarante 2013 muri komine Bugenzuzi,mu ntara ya Karusi.Kuri uwo munsi nyene, hazoca hatanguzwa kumugaragaro ihuriro ry’abakenyezi mu Burundi.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.