IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Ikigo c’uburimyi c’akarorero kigiye gutanguzwa

Ikigo c’uburimyi c’akarorero kigiye gutanguzwa

mardi 19 Ntwarante 2013

Ikigo c’uburimyi c’akarorero kizotanguzwa hano mu Burundi mu ntumbero yo kwongereza umwimbu mwiza.

Ni muri iyo ntumbero nyene, umurwi w’abagenduzi b’indimo b’abachinwa, bari murugendo ngaha mu Burundi.

Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 18 Ntwarante 2013,abo bagenduzi b’abachinwa baragendeye mu mirima y’imiceri muri komine Mutimbuzi.

Uwo murwi nyene wari waherekejwe n’uwuserukira igihugu c’Ubuchimwa mu Burundi hamwe n’umuyobozi wa FIDA.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.