Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikiziga kigira kabiri catowe mu ruzi Mubarazi
Ikiziga kigira kabiri catowe mu ruzi Mubarazi
mercredi 10 Myandagaro 2016, par
Ikindi kiziga c’umuntu ataramenyekana catowe mu kibanza kirimwo ikiziga cabonwe n’abamenyeshamakuru b’Ikinyamakuru IWACU.
Umurwi ugizwe n’abamenyeshamakuru ba IWACU, abaserukira umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu (CNIDH : Commission Nationale Indépendante des Droits de l’Homme), abo mu giporisi hamwe n’igendereza i Muramvya, baragiye kuri uwu wa kabiri mu kibanza abamenyeshamakuru ba IWACU babonyemwo ikiziga c’umuntu batashoboye kumenya namba yoba ari umumenyeshamakuru Jean BIGIRIMANA amaze indwi zibiri zirenga aburiwe irengero.
Ku ruzi Mubarazi, uwo murwi wahatoye ikindi kiziga kigira kabiri, ciyongera kuco abamenyeshamakuru ba IWACU bari babonye.

Ikiziga ca mbere cabonetse ku munsi w’Imana, kizibiwe n’amabuye, mu ruzi Mubarazi, ku ruhande rwa Nyabisiga, muri zone Bugarama. Ntivyashoboka ko abo bamenyeshamakuru bashika mu kibanza ico kiziga carimwo hagati mu ruzi, bakaba bafatiye amasanamu kwa kure.
Ico kiziga vyaboneka ko catanguye gusanguka (décomposition), umutwe ukaba utari ukiboneka neza.
IGIHE
Messages
10 Myandagaro 2016, 14:28, par leonard
Mana garukira uburundi
10 Myandagaro 2016, 15:22, par Turabategerejye 444
Abobamenyesha Makuru Ba Iwacu , Bagirweko Amatohoza Kuko Bama Bashyaka Kwegekako Uburundi Ibibuta Mukaga . Akarorero Ikinyamakuru IWACU En2014 Mukwezi Kwa 6 Bwafotoye Inkotanyi Yicaranye N’abaturage Ba Congo , Ngo Ni Abasoda Buburundi Bari Kiliba ONDES
10 Myandagaro 2016, 15:46, par Aferky
Courage kuri KABURAHE, ndakuzi kuva wiga secondaire wamye urumunyamurava mubikorwa vyawe vyose. Kandi akazi uriko uragakora vyakinyamwuga.
10 Myandagaro 2016, 17:22, par Simbikangwa Jean
Mweho muracyaronka umwanya wokuvuga tweho ahangaha Rwanda ntacotukivuga abanyarwanda bashyize.
10 Myandagaro 2016, 22:47, par theogene
Ndahojeje Ababuz Bose. Kandi Bibuke Ko, Atamvura Idahita.Ababikora Nabo Bameye Ukobuca Ariko Bwitwa Ejo! Ayomosozi Bariko Bararira Imana Iyabone.Agisigay Ntakund Nibigumye
10 Myandagaro 2016, 23:09, par theogene mafu
ndahojeje imiryango yabuze yose!! ababikora nabo bamenye ukobuca ariko bwitwa ejo. hazogera igihe nabo bubirireko bwongere bubakereko.
11 Myandagaro 2016, 11:40, par toma
Uwica wese ntanez aronderer igihugu numuryangô wiwe nukwikweger umuvumo , akarorero ntakarikure raba sans échec ukuntu bamerewe bose bagway urukushi ntamuntu numwe yakoz amaras afis icoyimariye beshi mûri bo bugarijwe nubukene nibindi bibazo bitey ubwoba , business yukwic abantu nta terambere narimw ishobora gushikanà kumuntu
11 Myandagaro 2016, 12:58, par Proud to be rwandan
Ubu noneho ko mwibagiwe kuvuga u Rwanda? Hhhhhhhhhhh
11 Myandagaro 2016, 14:19, par nayak
nukuri birababaje cane ndahojeje,umiryango .yabuze,ariko abakora ivyo Imana ntizobaba barira batihanye
13 Myandagaro 2016, 17:48, par dieudonne
DIEUDONNE. INAONEKANA, KUWA BURUNDI BADO KUNAMATATIZO PIERRE . CHUKUA HATUA
13 Myandagaro 2016, 20:45, par Niyokwizera Elie
icotubotubon twbw abanyagihug tugiy guph rubi imana nirab idukingir
14 Myandagaro 2016, 11:36, par Esterique Kwizera
Mbega Ubwicanyi Buzohera Rya Ri ? Muburundi
14 Myandagaro 2016, 12:32, par kessie
ubwican nti bizohera mu burundi????
17 Myandagaro 2016, 09:13, par Arcade
Ku bwanj nomanza guhoza umuryngo wabuz,none ko twumva havugwa ngo hari gukorwa amatohoza mugabo ntitwigere twumva icavuy muri yo?none yarakwirikiranwa koko?
26 Myandagaro 2016, 09:30, par ’’’’’’’’’’’’’’’’’’’’’’’’
Mpojj Umuryango Wabuze.Nibagir Amatohoza.
26 Myandagaro 2016, 09:32, par Abel
Mpojj Umuryango Wabuze.Nibagir Amatohoza.
30 Myandagaro 2016, 11:06, par Mugisha Aline
Rka Mpoz Umuryang Wabuz Mwongera Mudutohorz Kwisaha Kwisaha
2 Nyakanga 2016, 18:37, par BOSCO
Ndahojj umuryang wabuz nukuri ubwobwicanyi burababaj!nukunyaragasa bakagira amatohoz!
23 Nyakanga 2016, 20:58, par j.claude
ivyobintu birababaje kwama imisiyose ibiziga babisanga muruzi none amatohoza mukora mubona azovamwo iki?
27 Nyakanga 2016, 23:43, par NDIHOKUBWAN ASMANI
IMANA,YAJYE,NDAKMWINZE,NGO,UPFASHE,UBURUNDI,AMAHORO,AGARUKE