Accueil > Amakuru > u Burundi > Imangazini T2000 yahiye iratokombera
Imangazini T2000 yahiye iratokombera
lundi 21 Nyakanga 2015
Imangazini y’abashinwa izwi kw’izina rya T2000 yahiye mu gatondo ko kuri uno wa mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2015.
Nkuko abari ngaho babimenyesheje,uwo muriro wadutse nk’igihe c’isaha zitatu igihe abakozi bahakorera bari batanguye kwitunganya ngo batangure imirimo.
Amakuru ava aho kuri iyo mangazini amenyesha ko uwo muriro woba wavuye ku muyagankuba,ariko gushika ubu agaciro k’ivyononekaye ntikaramenyekana.
Igipolisi kijejwe gukinga impanuka cahavuye gishikana ikiduga muri bimwe bizimya umuriro bita Kizimyamwoto ariko,muri ico gihe vyaboneka ko ata kintu kinini bashobora gukiza.
Iyo mangazini T2000 isanzwe iri kw’ibarabara ryitiriwe umugambwe UPRONA hafi y’ahakorera ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet.

Van Naris Mugisha
Messages
21 Nyakanga 2015, 10:22, par mukobozi
uyu niwamugambi nkurunziza bamutuma ikuzimumu wokwica nuguturira amasoko nahandi Mugabe guko aracabandanya ikuzimu akorera ntasinzira ngo hatafyuye abantu canke gwaturire ibintu
21 Nyakanga 2015, 10:56, par niyokwizerwajemus
gusabirabajecanemukozekwihangakandi,ababishinzwebabikurikirane
21 Nyakanga 2015, 11:02, par kabi@yahoo.fr
Birababaje kubona amasoko aguma asha turorera naho hatavuzw ko ari Imana yabigize kugra turonke mashasha.
21 Nyakanga 2015, 11:27, par 69277044
NTAKUNDI ABOBACHINOIS NIBIHANGANE
21 Nyakanga 2015, 11:30, par DAVID
NIBIHANGANE.
21 Nyakanga 2015, 12:08, par Kanyengozi
Mbega Ubuhombe Muraraba Kandi Mutohoze
21 Nyakanga 2015, 12:16, par Luc
Mbe kuberiki abantu muguma mutukana mugwaye iki?muraraba neza ko atarimwebw mujayo
21 Nyakanga 2015, 13:02, par Bimana ya DANIEL
MBE WAMBWAWE mukobozi AHUVUGA NGO PETER HARI IVYO BAMUSAVYE IKUZIMU, WEWE RERO URUMVA KO MWAHURIYEYO UKUMVA IVYO BAMUSABA AZOTANGA. NONE NAWE BAGUTUMYE GUTANGA IKI? UBWO NAWE NTIBAGUSAVYE AMARASO YABAPOLISI NABASIRIKARE MUMAZE IMISI MWICA? (Nimba wemera IMANA, na Peter aremera IMANA : IGISIGAYE GUSA NUKO HAZOMENYEKANA UWUSENGA IMANA YUKURI NKA YAYINDI YA DANIEL, YA YAKOBO,YA ISAAC..., IZOKWIYEREKANA).
21 Nyakanga 2015, 13:21, par jean lyve
ngira niyontwarombi ije yimônogoza mukuzana fondamental nomuguhonvya bakavamahanga yobashimira gute ataberetse ukuri yarashaka
21 Nyakanga 2015, 13:24, par Vyiniro Gitaramuka
Nakajegeza.Ariko ! Ohoo!oo!oooo!!!!
21 Nyakanga 2015, 13:25, par Nduwimana Jacques
ico cuka kiri mu burundi co guturira amaso l’etat ikwiy kugitorera umuti
21 Nyakanga 2015, 13:33, par sabimana
nibihanane ngomba mbaze umuyanditse izina mukombozi kwariwe vyukuri naho hakaba amwuteranya Imana izomuhana ariko nivyukuri ni prezida abituma nibi biracaza izuba rigombaritwice ikintangaza nuko aduhe nda ngo arimubikorarani vyimana nyamba arivyashetani aragowe isiraheze
21 Nyakanga 2015, 14:08, par SIHONDI Levis
NONE ABO BASHINWA NTANUMWE YASHOBOYE KUBASIGURIRA MUGISHINWA IVYO UMUKURU WIGIHUGU YASHIKIRIJE ABARUNDI NAMAKUNGU??????? YAVUZE ATI UMURUNDI CANKE UMUNYAHANGA AZITAMBIKA IMBERE YUYUMUGAMBI WAMAHORO IMANA IZOMUTURIRA CANKE NGO APFE NKIFU YIMIJIRA HIHIHIHIHIIIIIIII ABASHINWA NABO BITAMBITSE IMBERE MUKWEMEZA LETA ITATOWE NABANYAGIHUGU NIBAWUNWE NABADO.
21 Nyakanga 2015, 14:11, par GITERUZI
Ahubwo badakuye meza hasigaye guturira ubuhanga bwabo. Ingaruka yogufata ubutegetsi kugikenye.
21 Nyakanga 2015, 14:25, par Nduwayo
EGO MAMAYANGU REKA AYO MANGAZINE ATOKOMBERE NAKARE ABO BA CHINOIS NIBO BAMUTERA PETER AMANYAMA HAMA UWO NIWO MUTEKANO YAVUGA UH EREGA NAKUMBURE AKINJURE KUKO NTIWOTWARA UMUNYAGIHUGU ATAMATORA NYAKURI YABAYE! MBE
" kaka girwamana" peter Na mukiwe denise AHERUKA GUHENDA BENE BURUNDI NGO NIKO KAMWERETSE YUKO Irya mbunuza ngo ni peter YOGUMA ITWARA UBURUNDI ntibarabona NEZA YUKO KABAHENZE NTIMUZODUTWARA MAMA YANGU!
21 Nyakanga 2015, 15:00, par Gingi
Jewe ndibazako chine atagihombo kinini yagize kuko yamye itemera ko reta ya Nkurunziza ariyinkozi Z’ ikibi niyo chine yabaza uko vyagenze mubishure ko yahiye nk’ isoko nkuru ya Bujumbura.
21 Nyakanga 2015, 15:07, par idrissa ngaruko
Uwuraho ati Imana ya Daniel...., mbega burya Imana ubivuze neza ko ugize uti igisigaye nuko hazomenyekana uwusenga Imana y’ukuri ariko mu gihe wewe n’abandi nkawe mutariyimanya mwirinde ntihagire uwo muhuvya kuko Yezu Kristu yivugiye atoi:"Igiti cose kirangwa n’ivyamwa vyaco kuko atawokwamura ifigiye ku mikera canke imizabibu ku matovu." Buriya rero Imana ntimugume muyigira ubupfindo yoyo yarimenyekanishije mu bikorwa vyiza vy’abana bayo. URUKUNDO, UKURI, UBUTUNGANE, UKWICISHA BUGUFI, UBUGAMBURUTSI, UKWIGURA ABANDI n’ibindi bisa nivyo nivyo bishobora kuturangira umuntu yubaha Imana kandi agendera mw’ishaka ryayo. kandi Imana ntiyigeze yemera kuba icabona mu bugaba bw’abantu nk’uko tumaze imisi tuvyumva hano i wacu ngo:"imana yo mw’ijuru niyo cabano". naho mwoba mutarayimenye murigishanya kuyubaha kuko niyo mucamanza w’ukuri atawe arenganya kandi adakeneye ivyagiriji kuko ivyo dukora vyose atakinjegejwe mu maso yiwe.
Burya icabona kirashobora kubesha canke kikagererwa, ariko Imana uko siko imeze ahubwo dufashanye tugarurane ntitubandnye kuyishinyaguriza muramenya ko ivyo idashobora kuvyihanganira igihe kirekire.
Ndabasabiye ngo ibababarire kandi ibagwirize ikigongwe ntimutinye kwigarura irabakunda cane ariko muhebe inabi cane cane ikibi mucite ikibi nayo iciza mucite iciza naho vyoba bibakura amata mukanwa. muhezagirwe!
21 Nyakanga 2015, 15:34, par idrissa ngaruko

21 Nyakanga 2015, 16:54, par kajandi idrissa
nyamba ari amadayimoni yabo abihindutse hama ngo numuyagankuba
21 Nyakanga 2015, 17:09, par NsaBos
Ukwihangana kube kuruyo muryango wabuz’ivyawo bihanganire muri Christo ntazoreka kubongera ibindu guko ntacaha bakoze cotumababonayo makuba
21 Nyakanga 2015, 17:21, par NsaBos
Mukombozi uwuter’ivyago nisatani si President wacu nahumwanka turinyumayiwe kera hariho ibiro bimwe bimwe vyinjirwamwo nubwoko bumwe arikubu namwe muri DPE ndumunyagihugu muto ivyo vyose ndabikesha Pierre Nkurunziza ahubwo niyirambire.
21 Nyakanga 2015, 17:23, par NsaBos
Mukombozi uwuter’ivyago nisatani si President wacu nahumwanka turinyumayiwe kera hariho ibiro bimwe bimwe vyinjirwamwo nubwoko bumwe arikubu namwe muri DPE ndumunyagihugu muto ivyo vyose ndabikesha Pierre Nkurunziza ahubwo niyirambire.
21 Nyakanga 2015, 17:42, par burundi
nimwirabire intwaro yigikenye ntakindi ishoboye ewe peter urahimiye uburundi uri umuvumo wuburundi ndakubariye
21 Nyakanga 2015, 17:52, par NKURUNZIZA FURGENCE
NUKURIVYATUBABAJE AHOTUVYUNVIYE ABABIJEJWENIBIHUTE GUTOHOZA BABASHUMBUSHE KUKO BADUFATANEZA TUGIYEKUGURA IKINTU NDANGIJE NDABAHOZA BIHANGANE
21 Nyakanga 2015, 17:54, par NKURUNZIZA FURGENCE
NUKURIVYATUBABAJE AHOTUVYUNVIYE ABABIJEJWENIBIHUTE GUTOHOZA BABASHUMBUSHE KUKO BADUFATANEZA TUGIYEKUGURA IKINTU NDANGIJE NDABAHOZA BIHANGANE
21 Nyakanga 2015, 17:57, par MARKET
NDABAHOJEJEBIANGANE
21 Nyakanga 2015, 18:02, par calim
yewe abo bafise amahera yumurengera mundwi 2 haraba hasumba uko hahora,
21 Nyakanga 2015, 18:17, par Claude
Mana Tabara Uburundi.Isoko Yarahiye Bavuga Ngo Yahiye Kubugombe Bw’IMANA abategetsi nibagere ico bavuze kuri T2000 nayo twumve
21 Nyakanga 2015, 18:19, par Claude
Mana Tabara Uburundi.Isoko Yarahiye Bavuga Ngo Yahiye Kubugombe Bw’IMANA abategetsi nibagire ico bavuze kuri T2000 nayo twumve
21 Nyakanga 2015, 18:31, par Gerard
Ico nosaba abarundi mwese nukwo mwokwubahana,mukongera mukubaha ababakurira,cane cane abategetsi,biraboneka mumvugo zacu abarundi bubu ntandero tukigira,dusubire kwuga kwubahana!!Ikindi novuga Reta irahagabira mwiyo miriro y,amasoko n,amamangazini,tuzohava twibaza ko atari mpanuka gusa hari nivyoba vyinyegeje inyuma.Mwibaze gusa ingen ubushomer nubuken biguma vyiyongra kubera iyomiriro!!Abo bashinwa nabo nibihangane kubera tuziko batunze hano kurino si kandi arabakunzi bareta y,uburundi ni basanure vyihuta iyonyubakwa yahiye mbere reta yongere ibategeke basanure iyo soko nkuru,bazane imitahe bashiremwo bongere bahakazi abo bashomeri buzuye mwayo mabarabara.!!Mugabo kotubona nabo atacobikura aribasatuntu twanje,atamuntu bahakazi,burya twebwe urwaruka rushomereye turabibona,tuzoteba dusabeko botuvamwo,ntituzemera ko harabaguma barya bonyene natwe turorera!!Reta fata ingingo zibereye zotuma twese tubaho sinon,bizogora gutwara abantu bashonje!!amahoro si kuri terrain,umutekano n,amahoro biri munda!murakoze!
21 Nyakanga 2015, 19:15, par Niyonkuru Bosco
None ko masokmuburndi agashandtsenamamagasin Reta ikora iki?ahontahotujnthotuva
21 Nyakanga 2015, 19:27, par Bosco Niyonkuru
Kombon muburnd amasok asha namamagasin Reta Ikra Iki? Mama Fasha Uburnd
21 Nyakanga 2015, 20:13, par JOHN
NTAKUNDI NIBIHANGANE
21 Nyakanga 2015, 21:36, par Ngelo
emwe birababaje ntaterambere tuzokwigeratugira kuko tuguma dusubirinyuma nk’ibirenge kuberukutumvikana hagati y’abatwara,nabatwagwa rekatubiturimana gusa.
21 Nyakanga 2015, 21:37, par Ngelo
emwe birababaje ntaterambere tuzokwigeratugira kuko tuguma dusubirinyuma nk’ibirenge kuberukutumvikana hagati y’abatwara,nabatwagwa rekatubiturimana gusa.
21 Nyakanga 2015, 21:44, par J.Claude
Nimwihangane Muzokwubaka Iyindi Soko Ntawury’(ikitamubiriye)
21 Nyakanga 2015, 21:49, par niyonsaba.tresor
Ndahojeje,ababuze,ivyabo
21 Nyakanga 2015, 22:02, par muzohera nkifu yimijira intuva gusa
wewe wiyise mukombozi reka kwigira ivyushaka kuko wendunva urumusanzesheke kuko ikintucose kiba kumwanyawaco kandi icowomenya kowadutuririye amazu mukatwiba inka nibindi ntoheza vuba ibivunja ntibirimkubica ibinwamaraso gusa teranya abenegihugu ariko ntahomuzogera kuko tubarushubweng siryamber duhisha ariko iyomwijuru nicocabona
21 Nyakanga 2015, 22:17, par Rutare
Ahubwo nkurunziza yasaze ubu arashiririye nyene muguturira amasoko reka urya mwana yatemeye mwishamba amuhumire . Ico nomubwira nareke kuguma icisha imana mukanwa .
21 Nyakanga 2015, 22:28, par EMMA
NTAKUNDI ARIKO IGITUMA UMURIRO WAMA UTURIRA UGATONGORA AMATOHOZA NYAYO AZOTEBA AMENYEKANE.ABAKURU BARAHANYARUKA GUSUMB ZA KIZIMYA NAVYONYENE NUKUBIRABA NEZA.LE 21 SIHEZA MU BURUNDI.
21 Nyakanga 2015, 23:58, par SIMEON
ndasavye nyakubahwa umucamanza mukuru wa repuburika valente bagorikunda ashireho umugwi wamatohohoza
22 Nyakanga 2015, 00:13, par reverien
oya ntacumuntuyovug gus uburundi bwahorabukeny bigiyekwunyuk umuhinga nuwogusengera ikigihugu cacu ku kw’imana yonyene niyoyokudutabara
22 Nyakanga 2015, 05:48, par Mbazumutima
Ntagitangaje Kuko Muburundi Umuriro Ni Mucezo Wa Ndani
22 Nyakanga 2015, 09:37, par elias
Rek twihangane imana irabona igihugu cacu
22 Nyakanga 2015, 10:29, par Nduwayo
WE WIYISE MUZOPFA MUHERE NKIFU YIMINJIRANO YACUDUHENDA KUKO SABATUTSI BOSE BADUSAHUYE KANDI SINABAHUTU BOSE UYUMUSI BIGIZE INTUMVA NKAWEWE ZIMBONERAKURE! BUYOYA NAKARWI KIWE NIBO BADUSAHUYE! SABATUTSI BOSE NKUKO UNO MUSI PETER NAKARWI KIWE ARIBO BISAHURIYE ITUNGA RYA LETA BAKANICA ABAHUTU BABA FNL NUWO WESE ATEREKWA 3EME MANDAT! NTUGOMBE KUDUHENDA NGO NI ABATUTSI BOSE BATUNZE NKUKWATARI ABAHUTU BOSE BUCA BATUNGA NGO NUKO HATWAYE ABAHUTU HATUNGA AKO KARWI KONYENE KABA GATWAYE UBURUNDI KAKADUFUKAMA MUNDA TWESE ABANYAGIHUGU!

22 Nyakanga 2015, 11:31, par Nibitanga Edymond.
Turahaye Pore Abagwizatunga Barangurira Imigambi Ahohantu. Icakabiri, Nukuraba Ababahohantu, Mukaja Mwishrahamwe Ryamatara Koko Kwarumuriro Wumuyagankuba. Mwongere Murabe Abagomvye Kwihigihugu Kunguvu,harinaho Aribo Bipfuza Kudusubizinyuma. Kuko Nivyo Bakoze Mumigumuko Bisanivyo.
22 Nyakanga 2015, 15:00, par giswi
y. mana yaturir isoko nkuru ya buja n ubu irabandanya gukorer ikibi uburundi.
22 Nyakanga 2015, 18:10, par julle
nimwihangane mana tabara.uburunfi
22 Nyakanga 2015, 18:11, par julle
nimwihangane mana tabara.uburunfi
22 Nyakanga 2015, 19:58, par amakur
nihatari
22 Nyakanga 2015, 20:41, par NYANDI, MATHIAS
JEWENOREME SHA,ABOBANTU,IBINTUVYABOVYOBAVYAHIYE BAZORONKA IBINDI UMUSURE NIWOBACAKIYE KUMASHWA RAYINYUMA URINYUGUTURA URIGURUKIRA UCUVUGATI HARIHAGOYAMAGARA NAYAMASHWARA AYANDAZOMDRA
22 Nyakanga 2015, 21:46, par alexis ,NIM
MUBURUNDI DUHIRIYE TUKIRIKO KUKO TWARIDUKWIYE KUBA DUFISIBIDUGA VYISHI KUMAHINGURIRO AKOMAKOMEYE KUGIRA BIGUMEHO BITARUKWO MURABONA KO TWEBWABANYAGIHUGU ARITWE TUHAHOMBERA,MUMISHAHARA NO MUKWI YUNGUNGANYA, MUSENGE NDABONA BIRIMWO SATANI
23 Nyakanga 2015, 20:43, par Batungwanayo Amon
uwo muriro m,uburundi w,umuyagankuba wagisibije reta y,ubrd ntavyibona ngo ikinge iyompanuka canke ???
23 Nyakanga 2015, 21:53, par Joachim Ndikumasabo
Reta Nitunganye Amatohoza Mbere Nabahinga Batere?Mukumenya Icahaturiye Usangwa Ari Umuyagankuba Rejidezo Irihe Ivyahiye !Kuko Abanyamahanga Bohava Bareka Kuzana Imitahe Mugihugu Cacu Imana Nifashe Abahinga Kumenya Icateye Uwo Muriro Mubandanye Gusenga Murakoze Amen.
27 Nyakanga 2015, 20:05, par Eliakim
Twarahomvyekubona T2000ishaigatokombera
28 Nyakanga 2015, 12:28, par kazoviyo
ubushinwaburahuyenivyo.mwihangane
29 Nyakanga 2015, 06:32, par Kwzr f
kwizera pheniance ntibizigusha nubusanzwe asanzwe ari acagome.Nagiyekubashorera bashakakunkubita.