IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imibonano yatanzwe n’abategetsi b’u Burundi

Imibonano yatanzwe n’abategetsi b’u Burundi

mardi 15 Nzero 2013

Abategetsi batandukanye b’ Igihugu c’ u Burundi baratanze imibonano.

Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu c’u Burundi Gervais RUFYIKIRI yarahaye umubonano kuri uno wambere igenekezo rya 14 nzero 2013, umukuru w’urwego rwa ONU rujejewe kugarukana amahoro ku Burundi. Abo bategetsi babiri bakaba baganiriye ivyerekeye inama yabaye i Geneve.

JPEG - 34.4 ko

Umuhuza w’abarundi Mohamed RUKARA nawe akaba yahaye umubonano umushikiranganji wo hagati mu gihugu Edouard NDUWINANA. Hagati y’ivyo baganiro bakaba bayaze kuvyerekeye ingorane ziri yagati y’ishirahamwe ryaba motari hamwe naba islamu. Izo ngorane zikaba ziva mukutunvika kubarongozi.

JPEG - 34.2 ko

Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.