Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Intwazangabo 23 zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi
Yanditswe taliki ya 1er-12-2015 - isaha 21:45' na IGIHE

Abasirikare b’intwazangabo bagirizwa ugushaka guhirikwa ubutegetsi bafatiwe ibihano vy’ukwirukanwa mu gisirikare c’Uburundi.

Général Major Pontien GAYICUBWENGE yari umushikiranganji w’ukwivuna abansi imbere y’uko havugwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA, hamwe na Général Major Godefroid NIYOMBARE yamenyesheje ko ariwe asenyuye ubwo butegetsi bigahava biburizwamwo, bompi bari muri izo ntwazangabo zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi.

Abirukanwe mu gisirikare ni :

Général Major Cyrille NDAYIRUKIYE, Général Major Godefroid NIYOMBARE, Général Major Pontien GACIYUBWENGE, Général Major Juvénal NIYUNGEKO, Général de Brigade Prime NGOWENUBUSA, hamwe na Général de Brigade Philbert HABARUGIRA.

Colonel Sylvestre MIKOKORO, Colonel Antoine Zacharie TWAGIRAYEZU, Colonel Michel KAZUNGU, Colonel Ambroise MANIRAKIZA, hamwe na Colonel Jean Bosco CUMA

Lieutenant Colonel Arcade NITEREKA, hamwe na Lieutenant Colonel Simon Pierre NAHIMANA.

Major Onésphore NDUWIMANA, Major Prosper NKURUNZIZA, Major Nicaise NTAHOMEREYE, Major Salvator BAPFUTWABO, Major Gabriel NDANEZEREWE, Major Jean Bosco NDUWIMANA, Major Renovat NDUWAYO, hamwe na Major Aloys NZOKIRA.

Capitaine Pierre Claver BUKURU, hamwe na Capitaine Albert NDIHOKUBWAYO.

Ivyiyumviro vyanyu

nonekoabirukanyemugisirikarebazocabajahe ?

8.12.2015 à 16:35
JUMA

Ndakwemeye nkurunziza urumugabo ushyiramukuri.izintwarangabo.bagage ubwenge, juvenal. Barikuzomerera nabi.Imana ikurinde iguhebwenge bwokuyikorera

8.12.2015 à 15:16
Manzi

Ingorane Mu Burundi Mwe Mwiyumvira Ko Ziva Kuki N’ubukene Ku Ruhande Rwa Leta Canke K’uruhande Rwabarwanya Leta ?Mbe Jewe Na Wewe Dupfa Iki Ubu Twese Ko Tutanganya Uburyo Mukubaho Kwacu Tuje Kurwana Kugra Tubeho Tungana Twese ?Mumenye Turangana Yamaze Abatwa.Raba Abatubujije Amahoro N’abo Basanzwe Bafise Ariko Ugasanga Jewe Mbuze N’ayo Kugura Umunyu Nije Ndi Guhohoterwa Mbuzwa Umutekano Kandi Abo Badusumba Ugasanga Nibo Bariko Barereka Ingeso Mbi Abana B’abanyeshure Mwe Mwiyumvira Ko Vyopfabiheze Mu Burundi Ari Ukwihorana Uko Mumenye Abarundi Bakenye Nitwe Tuzoguma Dupfa Kurusha Abandi Murabo Babasuka Bakaja Kwica Bagenzi Babo Twari Dukwiye Kumenya Twese Ko Atawuzorusimba.

8.12.2015 à 11:38
Bucumi Leonard

sha ivyo muburundi nihatari !! kuvyukuri kugira izo ntwazangabo zirukanwe harakozw amatohoza yokumugaragaro ? aho ntiharimwo abaziz ubusa barenganijw ? twe muburundi dukeney ko hahanwa nyene gukora icaha siyo abantu usanga bahay bazira abandi. wa reta ya petero uraraba neza akarenganyo ntikabe icivugo cawe.

6.12.2015 à 02:54
egide

BIHOYE UBUSA
UMUGAMBI TWAPANZE TUZOGISHIKAKO AHUBWO TURAJE TUBATURIRE

5.12.2015 à 15:16
HARERIMANA AL-AZ

Nibatahe Izonyankaburundi Ariko Mubacunge ! Babebaradyame Mwitigura

5.12.2015 à 02:33
Egid

Ad

4.12.2015 à 12:39
6

Nivyiza cane iyo umuntu ataye intumbero yivyo yiyemeje nikumushimira. Sivyiza kudahana nikubahana, utaravye ngo dupfaniki !,

4.12.2015 à 09:59
Simiyoni

Yayayaya ego pe !!ndabishimye pe ?urabona akaga basize mugihu ???

3.12.2015 à 21:32
Pacifique

Hehehehe Tugabe Abo Bagabo Ntibagiye Kwicara. Hari Nakantu Barenga Cumi ! Ahubwo Bakomere Ndazi Harasigaye Abayoboka.Icombona NKurunziza Yikoze Munda Yabuze Uwumuhanura Peee !

3.12.2015 à 19:32
Willy

ess bujuju bwuwo yafash iyongingo ingorane sikwirukanabo ?arivyo nisawa arikwigorane nikiringo ?.ess burundi ukuntu bwari busigaye butamarigw arikorab amada maremare yariko yicish abene gihugu iyoshetani yabinjiyemwo niyonyen izobihinduka mubimenye

3.12.2015 à 13:12
ikiringo ca shetani

Muragaba abo birukanwe bagiye kuzoca bakoriki ? Ibamaze kumenyera irigara kumvo zukubura akazi nibabanyakirire ntakundi inizwe na mata ntawundi mwerera nabandi mumenye akazi gataguye kaba gaheze kandi ngo ingero ugerera mwabandi niyo nawe uzongererwamwo nawe ubirukanye aho turi harabandi natwe tuzigendera mana komeza utabare abana bawe namwe mwirukanwe mwihagane nkignyagano za farawo imana izobatunga ntimuce mwihebura umwana arubwenge yumvira mu nduru murakoze nahanura sinahana imana izabampere impera zivyo mwakoze mwese

3.12.2015 à 07:00
Muhanuzi

Nivyopeee !!! Imfyisi Ntizibana Nintama

3.12.2015 à 03:11
Samson Nduwimana

Abarundi birabagoye, mbega mumitwe yanyu haba mwiki !? biratangaje kubona ibintu vyose mwandika atarivyo kubasha kurondera amahoro ahubwo urivyo guturira no kubacanishamwo.mwese abandika ayo majombo mabi, ndabibuste ikintu kimwe ; amaraso yu mw ana wumuntu nayi gikoko biratandukanye. kandi nta mugisha urimwo kubakora iryo bar a. kandi ntayamenye numw e agira amahoro, kuko ntahera arakurikirana, shake uje kwica mwijoro wibazango urihishije, nubusa kuko uwaturemye, ijoro numurango vyose nikimwe, vyose. Nimuhagurukire kushaka amahoro, tutitwaje ngo agave mbamwo ngo ntantanbara urimwo ! igihugu nikimwe numubiri, iyo ham we hababaye umubiri wose uravyunva.

2.12.2015 à 20:48
lugamba

Ehh,nihatar !!!

2.12.2015 à 19:54
siraha flavio

Ehh,nihatar !!!

2.12.2015 à 19:53
siraha flavio

Ugiye Wagwikwegera Kuko Aba General Sabana Iyo Nikambi

2.12.2015 à 18:32
Niyonkuru Berkimas

Merci le monde entier de continuer a assister au génocide des Burundais. Vous le saviez, vous le voyez, et vous hésitez. C’est tres regrétable de voir un peuple mourrir au 21eme siecle malgré les moyens dont disposent les puissances pour sauver des humains meutris par un gouvernement supposé les protéger.

2.12.2015 à 18:14
Tuze

Nibabashonore izombwa yabahaye ama pete none nayabambure kuko nohanyuma bokongeye gutegura iyindi coudtemp mugabo barahumba natwe ntitwicaye niyompanvu twabaye demobe ariko kurwana niho twibereye bazosare tubahe ibibakwiriye

2.12.2015 à 16:41
bacemwo
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.