IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo 25 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi

Intwazangabo 25 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi

mercredi 8 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Abaporisi 25 bakomakomeye mu giporisi c’Uburundi birukanwe kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, bazira amakosa atandukanye. Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi OP1 Pierre NKURIKIYE yasiguye ko abirukanwe bose batazize ikosa rimwe, hakaba abataye akazi, abarungitswe kwiga hanze y’igihugu c’Uburundi ariko ntibagaruka, hamwe n’abakoze amakosa atandukanye ku rubuga rw’akazi.

OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko mu giporisi c’Uburundi hari inyifato intwazangabo itegerezwa kugira, hakaba n’amategeko avuga ingene intwazangabo itegerezwa kwigenza. Umuvugizi w’igiporisi ati : "Uwayarenzeko arafatirwa ingingo"

Intwazangabo mu giporisi c’Uburundi zirukanwe ni :

1. OPC1 MAYOYA Claver
2. OPC1 NSHIMIRIMANA Cassien
3. OPC1 VYUMVUHORE Isaac
4. OPC1 BIZIMANA Stany
5. OPC1 NIZIGAMA sylvere
6. OPC1 KAYAYE Emmanuel
7. OPC1 HAGABIMANA Richard
8. OPC2 MAGAMBO Aloys
9. OPC2 BARAYAZI Jean
10. OPC2 SABAMAHORO Gerard
11. OPC2 MURENGUKO Simeon
12. OPP1 BINDABA NDAYISHIMIYE Adelphine
13. OPP1 NDUWAYO Nepomuscene
14. OPP1 NZISABIRA Epimaque
15. OPP1 NIYOMUKIZA Emmanuel
16. OPP1 KASAVUBU Emmanuel
17. OPP1 HAKIZIMANA Claude
18. OPP1 BIMENYIMANA Oswald
19. OPP1 HABONIMANA Tryphon
20. OPP2 NDABANEZE Oscar
21. OPP2 HICUBURUNDI Anselme
22. OPP2 NDUWABIKE Hyppolyte
23. OPP2 NTIBIHORINGERE Fabien
24. OP1 SINDAYIHEBURA Aime
25. OP1 HAKIZIMANA Gordien


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.