Accueil > Amakuru > u Burundi > Irindi tangazo rya Reta y’Amerika ku bibazo vy’Uburundi
Irindi tangazo rya Reta y’Amerika ku bibazo vy’Uburundi
mardi 2 Ruheshi 2015
Ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika bwashize ahabona itangazo, aho bumenyesha ko umunyagihugu wese w’ico gihugu canke uwatowe afise burenganzira ku giti ciwe bwo kugira ico avuze kuri poritike y’ikindi gihugu, ariko ico gihugu ku Burundi kikaba kigihagaze kw’iyubahirizwa ry’amasezerano y’i Arusha.
Kuri iryo tangazo ryashizwe ahabona kuri uyuwa 1 Ruheshi uwu mwaka, ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika, buvuga ko bugihagaze kw’iyubahirizwa ry’amasezerano y’i Arusha mu Burundi, kandi ko ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza gihonyanga ayo masezerano y’i Arusha. Iryo tangazo ribandanya rivuga ko ico gihugu kibandanya gisaba umukuru w’igihugu c’Uburundi ko igihugu ciwe cobandanya kirongowe hubahirijwe amasezerano y’i Arusha, yabonetse habanje guseseka amaraso y’abanyagihugu. Igihugu ca Reta zunzuzbumwe z’Amerika gishigikiye ko amasezerano y’i Arusha yubahirizwa, nayo ihonyangwa ry’ayo masezerano rigashobora gutuma ibintu biyangara rwose.
Ku bijanye n’amatora, ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika, buvuga ko amatora abereye ku mugaragaro, arimwo ukuri, yizewe na bose kandi atwe akumira atoshoboka, mu gihe hari icuka kibi mu vya poritike, amaradiyo yigenga yugawe, abagira imyiyerekano batotezwa, hamwe n’amabi n’iterabwoba bikorwa n’urwaruka rwitwaje ibirwanisho n’ibindi.
Ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika mu Burundi, busaba impande zose gushigikira ubwigoro bw’ukuronderera amahoro Uburundi, inyuma y’ugutorera inyishu iza yubahiriza amasezerano y’i Arusha, n’ukwirinda ico cose coza gituma haba umutekano muke mu gihugu.
IGIHE
Messages
2 Ruheshi 2015, 10:57, par rwemerapaul
kuvaho amakungu yavugiye mugabo atakiravamwo je mbona umenga namakungu ntashaka ko ibibintu birangira nafate ingingo namba ifataleta ikurikizwe namb arabandi ikurikizwe.
2 Ruheshi 2015, 11:04, par Sindamushigikiye mumafuti
Bandanya mufasha uburundi kuko ubwicanyi bwarenze ahubwo piyer nkurunziza yokorosha ibintu akareka ikiringo cagatatu amategeko ntakimwemerera kuko nico giteyingorane muburundi nanje ndumu dd kuko babivuga ariko sindamushikira mumafuti narekere andi murakoze
2 Ruheshi 2015, 11:07, par omer
ieyontangazo ry amerika niryiza nibindi bihugu nibivuge bityo impari ziveho kukiringo cagatatu ca kuruziza
2 Ruheshi 2015, 11:16, par john
Ariko abo bazugu kiki bagayana.Ifashanyo yabo twarayihevye none bifuza iki?
2 Ruheshi 2015, 11:27, par Iranzi
Kumbe Nabonyene Baratinye America Kandi Barikukiye?!Ariko Ntibasunvya Khadafi,twebwe Banyarucari Nitwebwe Tugwa Mungorane.Ariko Izotubera Ubuhungiro.
2 Ruheshi 2015, 11:32, par Jean-claude Yibukabayo
Jewe,mbonako,botubahafi,kugirango,bagirico,bafashije.Kuku,bibonekako,abategetsi,b’ Uburundi,biziziwe,noguhonyang’amategeko.
2 Ruheshi 2015, 11:33, par bosco
ameca.nukuhanu abantu batumva nayahandi mwavuga pe! nimv impanuro aberwa navyo nanje nzobasengera imana itang impore
2 Ruheshi 2015, 11:36, par Salvatoro
Icokibazo Kiraba Pièrre Nkurunziza Narekure Iyomanda Yigire Amarenbe
2 Ruheshi 2015, 11:39, par mayos
Turashigikiyiciyumviro ciza nkico kukoabata vyumva arabagomba guhonya inkehwa zab atutsi bene wacu nabahutu batavuga rumwe nuyo mugamb we wa petero kuko barondera guca bahi ndura ubutarariye ayo masezerano
2 Ruheshi 2015, 11:40, par kuri
jewesintahura ukuntu hokubarizwa amasezerano hagasigwa ibwirizwa shingiro
2 Ruheshi 2015, 11:41, par Délicia
MANA y’uburundi iyerekanemungorane igihuguc’uburundi kirimwo.<uwuhanugwa kenshi akagamika izosi azovunagurwa giturumbuka atagira gitabara!niko bibiliya ivuga.>uwurinugutwi niyumve!
2 Ruheshi 2015, 11:44, par MARTIN
aho america iriko ihanura peter ngo areke guhonyanga amategeko kand nimba yumva yokwikebuka niba adashaka ko amaraso aseseka ndavuga nsivura murantunga mwa ba dd mwe
2 Ruheshi 2015, 11:44, par Fedas
turashigikiye cane iyo ngingo ya l’etat zunzubumwe za amaerica,ko amasezerano yi arusha yokwubahirizwa cne!avec la 3ieme mandat nukur uburundi buhahombey vyish,tutibagiye ihonyangwa ryagateka kazinamuntu!3ieme mandat irahekuye nantaryo uburundi!nihabe ibiganiro mumpande zose pe.ok
2 Ruheshi 2015, 11:48, par Beno.niyo
amategeko ni ngombwa yubahirizwe.
2 Ruheshi 2015, 11:48, par imani
oui c ’est vrai il fout que l ’union americaine ns aide a trouver des reponces.
2 Ruheshi 2015, 11:55, par dfjjk
nibaveho baravuga iki miriyoni y abantu yapfuye batagaramye aho bivugisha amatangazo nkayo nubu intwaro ziravugwa abantu barapfa ubu nabamara kugera mu bihumbi bazasubira bavuge ngo ubwicanyi biba babizi twarabahaze nkubu babura iki ngo bohereze ingabo mu burundi
2 Ruheshi 2015, 11:56, par dfjjk
nibaveho baravuga iki miriyoni y abantu yapfuye batagaramye aho bivugisha amatangazo nkayo nubu intwaro ziravugwa abantu barapfa ubu nabamara kugera mu bihumbi bazasubira bavuge ngo ubwicanyi biba babizi twarabahaze nkubu babura iki ngo bohereze ingabo mu burundi
2 Ruheshi 2015, 11:56, par sisi
oya abo twarabahinyuye bigome nikere nubundi butare mukubanza guteza akajagari mugihugu
2 Ruheshi 2015, 12:01, par Harimenshi
Ibwirizwashingiro duce dusesa?ahubwo muri abasazi hamwe nuyu yanditse iyinkuru ni igicucu.
2 Ruheshi 2015, 12:04, par Délicia
twibaze:ko RTNB yatangajeko abakenguzamateka bareta zunzubumwe z’Amerika bashigikiye mandant ya3ya nkurunziza,hama tukabatubonye iritangazorihakana iyomandant nukuvugako iyoreta zunzubumwez’Amerika zitavyumvakumwemuribo?canke nukujuragiza abarundi.
2 Ruheshi 2015, 12:16, par ema
amerika nkuko yamye ifasha gukuraho intagondwa yogira ico ifashije uburundi murikigihe abarundi bageramiwe uwuvuze ukuri nimugasho canke agapfa yotuma iha kagame agatwara uburundi
2 Ruheshi 2015, 12:16, par dfjjk
nibaveho baravuga iki miriyoni y abantu yapfuye batagaramye aho bivugisha amatangazo nkayo nubu intwaro ziravugwa abantu barapfa ubu nabamara kugera mu bihumbi bazasubira bavuge ngo ubwicanyi biba babizi twarabahaze nkubu babura iki ngo bohereze ingabo mu burundi
2 Ruheshi 2015, 12:27, par rusuriy
uwo mudam aserukira USA akumbuy bwana n-abana ntiyubaha inzego na EAC,raba mumwuriz iyihuta
2 Ruheshi 2015, 12:33, par jules
gusa uko vyogenda kwose dushaka inzego zitorewe n’abanyagihugu.nta mfata kibanza dushaka
2 Ruheshi 2015, 13:08, par Uwubizi
@Kuri na Harimenshi
Ubwo mwebwe murazi n´ibiri muri constitution y´Uburundi canke ni bimwe mwumva bivugwa n´abakuru banyu mu bari kumwe na Peter nka ba Nyamitwe n´abandi. Nsubire nte umwanya mu kubabwira ko Constitution y´uburundi itemerera Peter gusubira kwitoza kuko mandat yiwe ya 2005 igengwa n´ingingo ya 302. Or nti ashobora kurenza 2 mandats biranditse. Mutabizi murondere ibwirizwa nshingiro musome art 96(bama bitwaza gusa) muce musoma na art 302. Muca muvyumva kugira ntimusubire kuvuga amafuti. Nyamitwe wewe arabizi ariko abireka abibona.
2 Ruheshi 2015, 13:08, par Uwubizi
@Kuri na Harimenshi
Ubwo mwebwe murazi n´ibiri muri constitution y´Uburundi canke ni bimwe mwumva bivugwa n´abakuru banyu mu bari kumwe na Peter nka ba Nyamitwe n´abandi. Nsubire nte umwanya mu kubabwira ko Constitution y´uburundi itemerera Peter gusubira kwitoza kuko mandat yiwe ya 2005 igengwa n´ingingo ya 302. Or nti ashobora kurenza 2 mandats biranditse. Mutabizi murondere ibwirizwa nshingiro musome art 96(bama bitwaza gusa) muce musoma na art 302. Muca muvyumva kugira ntimusubire kuvuga amafuti. Nyamitwe wewe arabizi ariko abireka abibona.
2 Ruheshi 2015, 13:24, par hazard
amarica yo ivyayo turabizi! nugucanishamwo abantu gusa ariko bafise ico bagamije! none niba ivyobavuga arukuri kuva imyiyerekano yatangura ko birirwa bavuga niki bakoze ngo bihinduke? nibaje hariya ko somalia yabananiye kandi birirwana akarimi nkukunyene! twarabahinyuye!
2 Ruheshi 2015, 13:29, par emma
emma
amerika numenye nezako mumi 72 no 93 atacowigeze ufasha uburundi mbe kwabarundi bagandagugwa muriyo myaka wewe ntiwariho? gezaho akarimi kawe turazi kurincuti zabagwanya reta, numenye ko president ategerezwa kwitoza induru yawe ntayo dukeneye.
2 Ruheshi 2015, 13:34, par Eric
Ndibaza Ubwo Buserukizi Bwoba Bwihenze Gato.Kuko Ntivyumvikana Ko Umunyagihugu Wese W’umunyamerika Afite Guhonyanga Ubwigenge N’amategeko Vy’ikindi Gihugu.Barigutomora Muti:Twebwe Amerika Tujejwe Guca Imanza Zibindi Bihugu.Aho,twobabaza Muti?None,igihugu Ntabwigenge Gifite Canke Bagomba Kuzana Intwaro Za Gi Colonie?Nibatubabarire Mugabo Babe Abashingantahe,hagukokeza.Mukwubahiriza Ubwigenge Bw’igihugu N’amategeko Akigenga.Imvugo Nkizo Ntizubuka.Basi Barashinga Amasentare Mu Bihugu Vyacu Baze Baraducira Imanza Ko Abacamanza Bacu Batabemera.Vyoshoboka?Bitoshoka Nibubahirize Ubucamanza.Amerika Iba Ifite Iyindi Ntumbero Mukuryanisha.
2 Ruheshi 2015, 13:38, par Melchiade
Nsavye Leta Y,uburundi Guha Uyo Mukecuru Amasaha 24 Atevye48 Atekere Agende Kuko Asa Na Ba Basenyeri B-amashengero Amwamwe Relo Natahe Ndizeye Ko Iyi Mpanuro Iza Gukebura Abategetsi Benshi
2 Ruheshi 2015, 13:38, par Melchiade
Nsavye Leta Y,uburundi Guha Uyo Mukecuru Amasaha 24 Atevye48 Atekere Agende Kuko Asa Na Ba Basenyeri B-amashengero Amwamwe Relo Natahe Ndizeye Ko Iyi Mpanuro Iza Gukebura Abategetsi Benshi
2 Ruheshi 2015, 14:04, par vyizigiro ezéchiel
umutekanowabasodamurisomariwifashegute?
2 Ruheshi 2015, 14:27, par Erinday
chers amis bamugerageza kwifata nkabana babantu nkuyu mumenyesha amakuru mumuhoriki? namba bigukomerekej kauka birahera gikuru nuko bahejj gufata umwanzuro, USA ndabri inyuma
2 Ruheshi 2015, 15:02, par nsabiyumva Isaac
Naho birukubiri hano i wacu i Burundi bahihendey cane uburundi twarikukiye si umunyamahanga wese afat ingingo mû gihugu cacu.
2 Ruheshi 2015, 15:34, par nadege
Eric wewe uri nsumirinda niyompamvu uvuze ayomajambo.imbere yuko mubandanya gutwara igihugu murabanza muje kwishule ryindero.mbega urazi kuyoborwa nabasambanyi umuvumo mwarawukweze niyompamvu uzonabasubirako ibibi vyose mutegura namajambo mabi muvuga vyose Uhoraho Imana yaremye ijuru n,isi azobisubiza kumitwe yanyu ntatsinzi kubanwamaraso mwisho baratsidwa.
2 Ruheshi 2015, 15:42, par niyo bea
Ni muvuge ariko no nko gutmwanya kuriyi rete ya nkurumbi
2 Ruheshi 2015, 15:48, par Gaddy Ndayisaba
Ahorero. Eeeëe!Ivyambere Biraryoha Arik’ivyanyuma Bikabirusha.
2 Ruheshi 2015, 15:49, par Gaddy Ndayisaba
Ahorero. Eeeëe!Ivyambere Biraryoha Arik’ivyanyuma Bikabirusha.
2 Ruheshi 2015, 16:06
ico nipfuza nuko president nkurunziza yohanura abarongoye bagahagarika ubwicanyi kandi akava kuntwaro ntawima bavuma ibisigaye ntarubanza ndaguciriye umucamanza niyaza azoca iziroranye
.
2 Ruheshi 2015, 16:51, par #####
africa yarikukiye basha atamabwiriza aturutse iyo iwanyu tuzongera kugenderako,mudufashe canke mugende ubuzima bubandanye.
2 Ruheshi 2015, 17:32, par iragi
barundi ikimbwigwa nicumva
2 Ruheshi 2015, 18:07, par NSENGIMANA
NONE NWENBWE MUDUKURIYE NIMUMUDUHANURIRE NWOBAMUGIZE NE ZA AMERIKA NAMATEKA TUYIZIKO UMENGO MWOBITUGIRANWO
2 Ruheshi 2015, 18:25, par sabimer
EGO IVYO NI UKURI KUGARAGARA IMANA IRINDE UBURUNDI,BWARAPFUNYWE NTIBUZOPFA NAHO IYI LETA IGUMA IBUPFUNA GUSUMBA!
2 Ruheshi 2015, 18:29, par Ezechiel ININAHAZWE
Reka N’amakungu Aze Yadufasha Kumwiyamiriza,mbega Yoronka amahoro Habanje Guseswa amaraso Y’abarundi
2 Ruheshi 2015, 18:36, par KAKA RAJA
AHUBWO VYOBAVYIZA NKUBU MUBAFATIYE IBIHANO CANKE MUKABATUYOBORERA ILAHE NONE MURATURETSE DUHERERE KUBUHOMBA MANA KORA IGITANGARO CANYUMA NKAKIMWE WAKORERA ABANY EGIPUTA.
2 Ruheshi 2015, 19:36, par DIEUDONNÉ
murakoz kuba muguma mwitwararika uburundi mugihe tugeze aho umwansi agomba
2 Ruheshi 2015, 19:50, par NDABARUSHIMANA Ezechiel
Amasezerano ya arusha yubahirizwe!
2 Ruheshi 2015, 20:17, par HABARUGIRA THADDEE
VYOBA VYIZA AHANUWE AKUMVA IZO MPANURO ADASIBA KURONKA KUKO NAHO YIHAMBIRIRAKO SIMBONA IYO TUZOSHIKA RABA NKUBU ABANYESHURE BA KAMINUZA BAMAZ UKWEZI KURENGA BATIGA MUZI N’AGACIRO BAFISE MU GIHUGU,IMFASHANYO ZARAHAGAZE ,AMATEGEKO AGUMA AHONYANGWA ATACAMIRA NONE UWO MUPREZIDA KU NTWARO YIWE HABA AMABI ATEYE ISONI NKAYA TUBONA AKAGUMA YUMIRAKO MWUMVA ADAKWIYE GUSEZEREGWA VUBA!
2 Ruheshi 2015, 20:18, par HABARUGIRA THADDEE
VYOBA VYIZA AHANUWE AKUMVA IZO MPANURO ADASIBA KURONKA KUKO NAHO YIHAMBIRIRAKO SIMBONA IYO TUZOSHIKA RABA NKUBU ABANYESHURE BA KAMINUZA BAMAZ UKWEZI KURENGA BATIGA MUZI N’AGACIRO BAFISE MU GIHUGU,IMFASHANYO ZARAHAGAZE ,AMATEGEKO AGUMA AHONYANGWA ATACAMIRA NONE UWO MUPREZIDA KU NTWARO YIWE HABA AMABI ATEYE ISONI NKAYA TUBONA AKAGUMA YUMIRAKO MWUMVA ADAKWIYE GUSEZEREGWA VUBA!
2 Ruheshi 2015, 20:31, par kaka
I’m sorry kuko akenshi iyo ntanze iciyumviro canje bamwe nka Vuganeza, bakunda kuntuka kuko ndi umunyarwanda, la fois passee navuze ko nkunda Uburundi n’abarundi ambwira byinshi bibi cane...ngo nduwo kwa kagame, mugabo ngomba mbarire abo bose ko nkunda nabantu bose muri rusange. Nkunda ukuri no kukuyaga, hari amajambo rya ex-President Jonathan Goodluck yavuze ikiri President wa Nigerian yavuze ngo "I have said it before and I will continue to say and live by the fact that my ambition, and indeed the ambition of anybody, is not worth the blood of any Nigerian." En bref avuga ko yifuza ko ntamu Nigerian numwe yosesa amaraso. Ndibaza ko uru rugero ntirwobaye rwiza kuri Peter ko wewe hamaze guseseka amaraso menshi akarekera? Kandi igitangaje Peter abarundi bari bafise amahirwe kuko wewe ari umukirisu, kandi uyu Jonathan yeguye kuri mandat imwe gusa. Murakoze mwese
2 Ruheshi 2015, 20:36, par jean
Muzomenya ko hari Imana Itwara ibihugu vyos,atari nkurunziza.aba dd mwarabikoz mwibaza ko Imana Murikumw arko Igiy Kubishira Imber zanyu,ivyo mwakorey igihugu cabibaruts.muzomenya ko atanyungu cnk umutah uva mumaraso.uraz abapfakazi,impfuvyi ziriho kubera mwembw.
2 Ruheshi 2015, 20:53, par musouth
ahubwo amakungu agume hafi kuko ahari abagabo ntihagwa ibara.barabonye aho twahitiye. nukuri nibara gutabagura uburundi aribwo cibare cacu.
2 Ruheshi 2015, 21:11, par prudence
americ cunga ivyanyu twarabamenye.UBURUNDI burigenga so mutabushora mwitambara nka LIBIA ntagitoro dufise na nickel twazihaye abandi subiza amero mwisaho mbe americ irazi gusoma ikirundi??bwirabo mutuma mumwiyerekano ti"uwutazi uburundi aburundamamwo"
2 Ruheshi 2015, 21:16, par Tharcisse
Emwe Ncut Zanje Ubwo Bamubwira!! Nabe Yumwa Kuko Kanani r’abagabo ....
2 Ruheshi 2015, 21:47, par g_happy boss
ramba amerika !bandanya udufasha tuve mwaka kajagari.
2 Ruheshi 2015, 22:16, par Blue Bird
KAKA, urahengamye.Kubera iki amahoro yoza aruko Piter ariwe ahevye uburenganzira bwiwe kandi ashigikiwe n’abantu benshi.
Jewe ndi umurundi.Nkunda amahoro, kandi nkunda imana n’abantu yaremye.Akagaye ni kabi ntawukwiye kuba umuja w’uwundi.Ntamugambwe n’umwendimwo , ariko iyo abanyamigambwe bariko bararyana ,birakenewe ko bicara hamwe bakaganira kugira batore umuti.
UMUTI JEWE MBONA NI UYU: ATAWURENGANIJE UYU CANKE URIYA , MU NZIRA YA DEMOCRATIE ABANYAGIHUGU NIBO BAKWIYE GUTATURA ABARI MU MATATI.
NB. Nkurunziza afise abamushigikiye bafise ivyo baharanira. Pacifique afise abamushigikiye bafise ivyo baharanira. Umwe wese avuga ko ariwe ari mu kuri.None ko nta nyagupfa na nyagukira reka RUBANDA ABE ARIYO ICA URUBANZA.
2 Ruheshi 2015, 22:43, par Claude
Ahubwo Mwa Ba Dd Bemumaramaraneza Kuvaho Mwavugiyeko Mukomeye Kuberamwamenyeye Gutwazigikemye Kumwe Mwarimwamemyeye Mwishamba Niko Mucibaza Mbe? Nkuwokubazankawewe Utyoza Amerika Icatumye Mwunguruzamatora Incuro2 Kuzubwenge Wewe Wogisigura? Hama Kwiyemeranaho Ko Nikel Mwayiriye Turabizi Koyariwe Nakagwi Kamyu. Hakuyinjiza Mukigega Ca Reta. Ibishemwebwe Erega Mwibazako Mukiri Mwishamba. Aho Mwarangwa Nubwicanyi, Igikemye, Agasuzuguro. Ehe Tekane Babigishe Gutwara Mumanzemutekane Mumutwe Akamyeshamba Kamanze Kubavamwo.Mumitwe.Mumemyekubahiriza Agateka Kazinamuntu. Mumenye Kubuzimabwumuntu Arikatihabwa.
2 Ruheshi 2015, 22:51, par Blue Bird
La société occidentale et en particulier américaine est la plus corrompue du monde.Elle n’est meme pas digne de donner des lecons.Au point de vue sécuritaire mieu vaut vivre au BURUNDI qu’aux étas. Au point de vue moral, ils sont morts à tous les niveau sous la couverture de la démocratie devenue l’anarchie à Sam(chien avec homme ,homme avec homme , femme avec femme,femme avec chien et chevaux,...). Les américains sont les premiers criminels aux monde.Seulement quand c’est un musulman qui fait cette chose ,il est terroriste mais quand c’est un américain il est malade si on ne dit pas la défense légitime.
Il ya un rapport qui dit que les attentats commis par ces soit disant terroristes sont préparés par la CIA.Des gens qui n’ont pas de morale. Ils veulent détruire notre beau pays comme ils ont fait en Irak, Syrie, Lybie,Ukraine, Afganistan...
Je lance un appel vibrant au gouvernement, à la société civile et à l’opposition de faire attention car ils sont tous perdants et les conséquences vont tomber sur le bas peuple. Sachez que ces américains sont une puissance évidemment parce qu’ils sont capable de diviser premièrement ,tuer et enfin voler .
3 Ruheshi 2015, 00:29, par Desire
mwiriwe? ese ababishinzw
e ibitekerezo tunyuza.
kurur.ubuga ubu byaba
bigeraho dushaka kobige
ra? amerika ntikwiye gu
fatwa nkaho ari Yesu kwi
si cyanecyane hitabweho
ukuri nokwubahana.mubu
camanza,no mwitangaza
makuru,nomuguhugurana n
omukuganira!ntabwaribyi
za kuvugamagambo agani
sha kukwongera umujinya
ntugaphe kwakira ikintu,
uko ukibwiwe.banza ufate
umwanyucyigeho urebinga
ruka kiri buteze. urugero
kuburundi.ukuri kurimo,k
ugwanywa,,Umukuru wigi
hugu twamutoye ri1 kandi
yemerewe gutorwa ka2
;ko aba nyamashaka naba
nye poritiki kubyumvane
za? ahubwo bemere ko ar
rukumutinya mumyiyama
mazo buriya nogutsindwa
.nakwo nubugabo nibave
kwizima gakegake ahubwo
biya mamaze nabo,sawa,
3 Ruheshi 2015, 03:00, par mbaza
babajije Pierre Buyoya uwahoze arongoye uburundi bati:’’mbe nyakubawa,ko igihe mwatwara uburundi kandi tuzi ko mwaciye mubihe bigoye cane vya AMBARGO ariko u burundi ntibwize buja muryane,inzara n’ubukene bihari kuriyi ntwaro ya Peter Nkurunziza nikuki????’’Pierre Buyoya aratwenga cane arishura ati:’’jewe igihe nategeka igihugu,mukurya narishaga ifurusheti kugira ngo hagure udukoroka kugira ngo n’umunyagihugu wo hasi aronke abeho,ariko Peter Nkurunziza mukurya arisha ikiyiko ntihagire n’urufusha rukoroka maze umunyagihugu akarara inzara kandi murazi ko munda harara inzara hakazinduka inzigo’’ Aho rero murahagabira nimwabona Peter Nkurunziza arabatwaranye iyo mandat ya gatatu ubu hoho nabwo azorisha ikiyiko ahubwo agiye kuzorisha inoke
3 Ruheshi 2015, 04:31, par ngusa
jewe har’ico nkomeza kubaza ariko sindakironker’inyinshu "Irya myaka 5 Nkurunziza yatwaye i.e kuva 2005-2010,kirya kiringo citwa ngw’iki mw’ibwirizwa nshingiro kugira tumenye ko iyi myaka 5 yindi akeneye coba arico kiringo ca kabiri" nsavy’abahinga b’ibwirizwa nshingiro mubifashemwo.
3 Ruheshi 2015, 07:10, par banka prosper
Ico nobivugako nugu komeza mumwumvisha akegura muri ukwo kwitoza,nahandi abarundi dufise ubwenge turabona ko uwo mugabo ashaka gukingira inkozi z’ibibi abasuma n’abambuzi hamwe yosubira gutorwa,nabahendesha agaceri.kandi uburundi bwogwa mukaga k’ubukene butagira izina kuko ibimurazishinga n’ibikorane no gukina imipira imigambi zero
3 Ruheshi 2015, 07:45, par vuganeza
Mbega burya abanyamerica iyo bariko batubwira uko twigenza bibaza iki?Abahutu twarapfuye turatikira bararamye ngaho i bujulbura,bafata akayaga kuri tanganyika,ko batavuze!Ndadaye yapfuye atazira mandat ,ko batamuvuze?Ubu ikibaha droit yo kutwigisha ni igiki? Mbe barazi ukuntu ubwo butegetsi twaburonse?Habe namba bareke kudukanga!Be nabo mubishimiye,nobamenyeshako twebwe abahutu ataco bigeze batumarira ,twaririye turimara,n’ubu tuzokwibako,ce n’est pas la seule puissance mondiale ,ntihagire uwuzokubesha ko abanyamerica ari imana,nous sommes determinés à se battre pour notre 2è mandat abanyamerica nabo babishimiye bashaka kutwiba bitwaje ko bafise akarimi karekare kandi bazi no kubesha,on ne permettra plus jamais à ces tutsis de s’engraisser comme des porcs sur nos épaules!!
3 Ruheshi 2015, 07:47, par LEA NDAYISENGA
UWURI N’AMATWI YATEGEREZWA KWUMVA IZOMPANURO
3 Ruheshi 2015, 08:30, par LEA
PACIFIQUE AVUGA IVYO ABONA N’AMASO KIMWE N’ABANDI MWE MURI IMPUMYI MUKUBAHO KWANYU.IMANA NTAHO YAGIYE.VY
3 Ruheshi 2015, 09:15, par MVUZO
Wesha wiyita Vuganeza ivyamoko ubireke iyo ubuze ivyushikiriza buryama uhore abahutu nabatutsi nabatwa twese turiko twiyamiriza ikiringo ca 3 so mwebwe murikurushi nimwe mukimuremesha murahumba muragenda
3 Ruheshi 2015, 09:33, par jj
dukore igihugu kimwe,urwanda-burundi,kagame atuyobore naho uwo nkurunzuza we bamuhe cell,or village,azanye umwuka mubi muburundi kubera inda yiwe,sha abahutu sabo kuyobora kweli nubwo ndiwe ndicuza icangize umuhutu!!
3 Ruheshi 2015, 09:44, par Mubwire yumve
Jyewe ndabona rwose icyakorwa kbc nkurunziza baramubwiye yangakwumva ahubwo agashaka gusumvya igihanga abantu.Rwose jyewe mbona agasuzuguro nubugo afite birenzurugero nihaniro akitakunyunguze atitayekuzigihugu nabaturage barimogupfa nibintuvyabo bikangirizwa jyewendabona icyerekezo arukumuyobora bamwereza ilahe
3 Ruheshi 2015, 09:47, par hermes
Kuva kuri Micombero,Bagaza,Buyoya,ninde wishwe abarundi benshi?Ndadaye,Ntaryamira,Ntibantunganya,Ndayizeye ninde yatwaye uburundi yorohewe mu Burundi? Ndadaye yarishwe nk’impene .Ntaryamira ngo Discipline aba yishwe n’abagome,Ntibantunganya bamuteye amazirantoki izuba riva.Ndayizeye siwe yabonye aba dd baramutabaye.Abamugaye arabazi.Amaruashwa ntari kuri Nkurunziza mu Burundi.Ikibazo si Nkurunziza.
Ikibazo kiri haruguru kubatwaye ubwambere bishe abantu beshi.Voir meme des fausses communes zitaratabururwa ngo zerekanwe>Musaga ,Nyakabiga,Cibitoke,Ngagara niho hari izo fausses Communes nibareke tuzerekane.Twibuke ivyabaye kubarundi kuri Micombero,Bagaza,Buyoya.
3 Ruheshi 2015, 12:24, par niyongabo eric
Ivyo reta yunzubumwe za America ivuga nya fatito bifise, ati gut,nyenicubahiro Petero nkurunziza ntakintu nakimwe kimubuza kwitoza,kuko abenegihugu bamwishiriyo ntibarabumwa ubwo burenganzira ,non mwumva tuzogarukirahe ko abashigikiye nkurunziza aribenshi, mbega aboba bantu badashaka ko nkurunziza yitoza sabashaka ko twongera gusubira gufata inzira yo kwicana? Murabe neza kuko twaraye tubibonye muzira yogutembagaza ubutetsi.
3 Ruheshi 2015, 12:26, par Hanugwa Wumve
ewe VUGANABI Sha!Uhava Uvuga Ko Nabanyamerica Arabatutsi!Abatutsi Ntaho Uzobashira,igitugu Kirakura Ntigisumba Izosi!
3 Ruheshi 2015, 12:36, par masabo philbert
Abanyamerika baje mu vyabo vyabananiye baturekere ivyacu!!! Turamaze kubona ingeso zabo ivyo bipfu bitanagira isoni
3 Ruheshi 2015, 13:36, par kriss
Reba abandi aho bageze burundi ntana presidence ihari hama ngo muri se barundi imyaka cumi ikarangira ataco umaze kwirigwa mumahanga musesagura itunga ryigihugu
3 Ruheshi 2015, 15:13, par cuggo
vuganeza uzihenda uvuge ko na nyoko ari umutwakazi hhhhuuuu mbe mwabahaga aho bubaka mutababona ariko reka babavuge ntabyanyu namwe igihugu 2015 nta presidence kigira ibindi byo sinavuga n amabanga yewe reka babategeke mwiyambarire amakoti hasi mwishirireho bote sha babareke ntibabagore mwikubitere ibiyeri n ibitabazi ibindi bizaza hanyuma amakungu arahari azabafasha urabona babirekere
3 Ruheshi 2015, 15:21, par Claude
Leta zunzu ubumwe za Amerika ziriko zisomesha nabi amasezerano ya Arusha zikongera zikirengagiza ibwiriza nshingiro mungingo zaryo nka art.96 et 302.Bivugwa yuko atorwa incuro 2 n’abanyagihugu ubwabo,tukaba tuzi neza ko SUFFRAGE UNIVERSEL DIRECT imaze kuba rimwe gusa.Leta zunze ubumwe za Amerika ziriko zirivanga birenze urugero mukibazo c’uburundi,bikaboneka yuko hariho inyungu zihishije zibirondera mwo.
3 Ruheshi 2015, 18:16, par GERARD
BURYAMAKUNGU NIYO AKWIYEKUVA MUGACERERE BARIMWO BAGAHANURA NKURUNZIZA N,ABAMUHENDANGO YUMIRE KUBUTEGETSI.NAHEBERABANDINABOTURABEKO TWOVAMUNGORANE TURIMWO
3 Ruheshi 2015, 21:36, par Karengane
Amerika Turayishimiye Cane Tukayisaba Ko Yobandanya Maze Tukava Muri Ayamakuba Atewe Numugabo Umwe!!
3 Ruheshi 2015, 22:54, par Gigi
We Claude biraboneka ko wize menshi kandi muzi amategeko no gusigura ibwirizwa nshingiro kuruta naba ryanditse. Harumunsi uzobona ko wihenze.
4 Ruheshi 2015, 06:43, par iddy Big head
Nubwo yobaye ari manda yambere Nkurunziza arongoye uburundi hako yokwicisha isinzi ryabantu. Aruwufise umutima n’urukundo kubantu iyo manda yoihevye Kandi agataretse kaba gasema kandi intabarigwa ibwirwa n’amaso atukuye akatakwijije mu myaka cumi yatwaye Now is too little too late.
4 Ruheshi 2015, 16:18, par renovat
ariko sha nsinarinziko amerika nabo aribigugu nka pacific rwasa na leonce nabandi nibasonere uruhande rwabantu benshi. bareke guhengama twebwe abarundi tuzovyimenyera nibagende iwabo.
4 Ruheshi 2015, 16:19, par renovat
ariko sha nsinarinziko amerika nabo aribigugu nka pacific rwasa na leonce nabandi nibasonere uruhande rwabantu benshi. bareke guhengama twebwe abarundi tuzovyimenyera nibagende iwabo.
4 Ruheshi 2015, 20:03, par Cleophas
mwavuga nuko mubwira igitumva ababantu: masabo philbert niyongabo eric ;mwisubireko kuko ntimuzi icatuma Iimana ibaho kw’isi murihaye ko mwamenye Iimana ntimwishimire peter : mbe hamwe Imana Yomuhamagara Mwocamuba Abande?
4 Ruheshi 2015, 20:12, par akabizi
we masabo niwe urigipfu ntunatekereza ntunatinya komeza wikwegere ikara mubushambara ico gufyinatisha si obama peter nareke kudutera iseseme
4 Ruheshi 2015, 21:49, par Bizohinduka
Mwavuga koko.ariko,nuko umengomusuka amazikumugongow’imbata.ubwo Adolphe bunyoni,ndakugarika,kazungu,nabandi.baraziko naherodi yarushaho,yapfuye?.peter hanugwa wumve ureke mandant yawe 3.
4 Ruheshi 2015, 22:15, par nakibane
Komera caneeee mwabibonyeko igihugu cu burundi sitongo nicatwese abarundi ntanumwe akwiye kwigungirako icogihugu dusabe imana iduhe kwibuka aho yadukuye naho itwerekeza.murakoze.b
5 Ruheshi 2015, 08:06, par mukashyaka noella
Mwa bagabo mwe, nimuje inama nimba peter yanse kurekura, mufate umuheto nta kundi vyogenda!!! nubundi ngo ubuze ayiburyo akama ayibubamfu
5 Ruheshi 2015, 13:25, par willy
Uburundi America har ico ibushakamwo.sasa bataducanishijemwo icokintu kiragoye kugira bagishikire.kandi mw’ibuke ko atari America canke Unio Européenne bifasha u Burundi hari n’abandi bafasha u Burundi kandi babona ko Nkurunziza ategerezwe kw’itoza hama aheze Mandat ziwe.
5 Ruheshi 2015, 20:41, par ndayishimiye sylver
nukuri jewe ndabishima cane kandi uwo mugabo ashaka yokuramwo akarege mumaguru masha kandi ibiba vyose binzoza kugatwe kiwe pe andakuyemwo akarege kiwe hama abimyiyerekano bobo nibabadaye natwebw turi inyuma yabo
7 Ruheshi 2015, 08:11, par BERNARDOUS CIBITOKE
BISABA BAREKE NKURUNZIZA YITOZE AHANDI HO,ABARUNDI BAZOCA BAHUNGA
8 Ruheshi 2015, 01:08, par MUNEZERO ARSTUDE
amerca ijejwe gucanishamwo abarundi? ko twebwe abanyagihugu twamutoye rimwe,ahubwo nakomere ku muheto intsinzi ku mugambwe cndd fdd ni kash imana ihezagire nyakubahwa umukuru w’igihugu c’uburundi PIERRE NKURUNZIZA
8 Ruheshi 2015, 01:10, par MUNEZERO ARSTUDE
amerca ijejwe gucanishamwo abarundi? ko twebwe abanyagihugu twamutoye rimwe,ahubwo nakomere ku muheto imana ihezagire nyakubahwa umukuru w’igihugu c’uburundi PIERRE NKURUNZIZA
8 Ruheshi 2015, 16:51, par ndanse
Kandi aho wosanga uyo wiyita vuganeza ari Nkurunziza, arashisha gayemwe!
11 Ruheshi 2015, 15:30, par Kaka
@Blue Bird, sorry naratevye kugusubiza peut etre wewe woba urumushingantahe naba ufata abantu bose kimwe, none gasha uvuga ngo ndabogama Peter ntamaze 2 mandats? ikindi wohirahira ugafata minenegwe amasezerano y’Arusha? Twese turazi neza ko amasezerano y’Arusha ariyo yatumye CNDD FDD ishika kubutegetsi none mugomba muyatere akagere! Ikindi ngomba ndakubarire c’est pas la majorite qui compte, mais pourtant c’est la realite iyo hajemo amategeko, erega wibuke ko ibi bihugu vyacu vy’Afrika bifise ibiharuro biri hejuru vyabenegihugu batize.
25 Rusama 2017, 23:07, par ciza
nonehakenyiku?hazobumwunvikanomuribyobintuhanyumabigendenezahanyumahabonekeamahoromugihugu