IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rishobora guhagarika gufashanya (...)

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rishobora guhagarika gufashanya n’Uburundi

vendredi 24 Mukakaro 2015

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rimenyesha ko rishobora gufatira ibihano igihugu c’Uburundi,kuko Reta y’Uburundi yatunganije amatora atitabwe na bose.

Federica Mogherini ajejwe imigenderanire mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya,yavuze ko ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya ryiteguye gufatira ingingo abo bose bakoze canke botuma haba amabi yo gusinzikaza agateka ka ziana muntu canke bakaba intambamyi ku nyishu za politike ku kibazo c’Uburundi.

Mogherini yibutsa ko inama y’ akarere ka Afrika y’Ubuseruko kasavye iyigizwa inyuma ry’amatora kw’igenekerezo rya 30 Mukakaro,igena kandi Yoweri Museveni nk’umuhuza, ariko avuga ko ivyasabwe bitariko bishirwa mu ngiro na Reta nkuko vyategerezwa gukorwa mu gihe biri mu vyari gutuma haba amatora abaye mu muco kandi yitabwe na bose.

Federica Mogherini amenyesha ko mu gihe ata biganiro vyoba bigashikana ku mwumvikano wa politike,bishobora gutuma igihugu kija mw ‘ihungabanywa ry’umutekano,intwaro rusangi n’iterambere vyatanguye amasezerano ya Arusha ateweko umukono.

Mogherini akagabisha ko mu gihe ibiganiro ataco vyoshikako,agateka ka zina muntu kakabandanya gasinzikazwa,intwaro rusangi igahonyangwa hamwe n’intwaro ifatiye ku mategeko,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rishobora guhagarika gufashanya n’Uburundi nkuko biri mu ngingo ya 96 y’amasezerano ya Cotonou.

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya risaba Reta y’Uburundi n’abatavuga rumwe nayo kubandanya ibiganiro,mu ntumbero yo gutora inyishu z ‘ikibazo ca politike.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Barundi mubona kure,muze mumenyeko iyo union européenne iriko ivuga ivyerekeye uburundi,urwanda na congo,muze mumenya ko ububiligi aribwo buba buriko buravuga,ce qui dit ububiligi ,dit louis michèl.Mbega muraziko aba flammnds bariko barondera kugira leur ministre des relations extérieurs ,ba bana ba vlams belang basanze louis michel ariwe yifatiye africa surtout le congo.Muti gute?Aho baja aho ngo democracie,muzi igituma umuhungu wiwe ari premier ministre?Louis michel a ramené beacoup d’argent du congo pour la belgique et en echange son fils est premier ministre,les flammnds ont compris qu’ils ont besoin de faire leur diplomacie,muze muribaza igituma louis michel no muri union européenne yama ari mu biraba africa,turiko turabamenya akaryoshe kari i wacu ,nibabanze bakure ubu gereki mu buja.

  • Komera ikibabaje ni babanyarucari ba cdd fdd nabandi barundi bagiye gufa nkabana bingurube ariko nkurunziza nabapambe biwe birira ayo basahuye

  • Ubwo Bumw Bwa Buraya Ntibuzh Nahuburundi Butumberey Ingen Ari Bwiza Ningen Bumera. Iryoterabwoba Rirarenz Amerika Nibushire Mumurwi Wa Bateroliste Hama Turekur Ingabo Zibuhonyange. Abandi Turishoboy.

  • Umwansi w’abarundi burya arazwi kandi azotinda amenyekana,Louis Michel ivyiwe birazwi ko ari mu Bantu babangamiye Region des Grands Lac,aciye Ku ma opposition ariko bizomugora.

  • AYO MAFASHANYO YABO BAYARYE TWEBWE DUFISE ISUKA NTABINDI MUKURE ITERABWOBA NGAHO TWARIHAZE

  • Mugereni avuga ihangiro rya cndd-fdd.Ibiganiro bibandanye.ndakeza umugambwe ako utagize,nga ntihabure inzego zisubirira izari zihejeje manda .erga ibiganiro bifata amezi canke imyaka ntivyashoboka buca ikiringo cizariho gihera!Nuwo ni UMUKENYURO.Igarure mwantumva mwemere i NKURUNZIZA!

  • MB IY BAVUGA NGO AGATEKA KAZINA MUNTU,NGIRA NTIBABA BAVUZE AGATEKA KA ZINA MU RUNDI,MBEKO AMATORA ARI ABARUNDI BAYAKOZE KAND TUZIKO AMATORA ATOSHOBORA KWITABWA N’ABANTU BOSE,J NUMVA MUGIHE UNION EUROPEENNE YOHAGARIKA GUFASHANYA N’UBURUNDI NAYO YOBA IGIZ URUHARA MW’IHUNGABANYWA RY’AGATEKA KA ZINA MUNTU.MUGIHE KAND TUZIKO IMFASHANYO ZOBA ZAHORA ZITANGWA NA U.E ZAHORA ZIFASHA ABARUNDI BOSE ATAWUVUYEMWO.AHUBWO ABO VYEGA NIBAJE MUBIGANIRO HANYUMA IBINTU BIJE MU BURYO.MBERE MUNADUFASHE KURWANYA ABASHAKA GUTEMBAGAZA UBUTEGETSI BWITOREWE N’ABANYAGIHUGU.

  • emma
    ngubumwe bwaburaya ewe ahomwahereye tuza twaramenyereye ivyanyu ahubwo nimutureke twiyubakire igihugu kuko amatora ya baye meza cane.Kandi twatoye uwo twiyumvamwo nayo ibihano mwodufatira nkabarundi ntitwumva ingene mwobifata none mwobifata muvuga gt

  • ndasaba imanamusho boravyonse koyogarukira uburundi nabarundi mazenti turinde guhebganabonse imana izigame uburundi nabarundi haracari ivyizigiro haracasigaye abari kumavi.

  • mbega ko vyananiranye ivya politike mu Burundi ,ibihano bizofata abanyagihugu batobato nayo abasahuye igihugu ntaco bibabwiye.ahubwo ni mufatire abasahuy igihugu mureke gufatira ibihano abanyagihugu.

  • Komera ahubwo mudufashe FBI inyaruke ibi binywamaraso ibikosore,nawe nu naho birirwa badutera ubwoba bashobora kwica abanyagihugu ariko ntibazohangana na FBI from USA.

  • Erega abarerekeye mumyakayaza 66-72-93 abahutu bakicwa atacamira nibobabo nyene barigobarashavuzwa nuko abahutunabo bariko barisununura barikobaracahejurunohasi ngobongere gucinyizwa, ariko sunomusi mberebizotangazabeshi kugahugugakenye nkuburundi!.

  • Uburayi nimutafasha abarundi Uburusiya burabafasha ntawangwa nabose kandi abo muzafatira ibihano bose Abarusi babigarure muzasigara mwicuza , kunyungu zanyu , ikindi aho mwafashije aho antagorwa zamaze abantu murabona uburundi aribwo bufise akababaro kurusha somalia, kurusha nigeria , mwashakiye bariya umutekano mukareka abarundi ko bazakemura ivyabo vuba ,kandi muzabifuza nyuma .

  • @kamana
    Abatutsi nta bukene bafise mwareneje,reka aba cnddfdd bimenye canke ko ubakunda ubahe akazi,bazi kwibako ingorane ni mwebwe muzozigira mwamenyereye gusutama mudakora,

  • ewe fidelite,abatutsi babona kure n’incabwenge ntabwo barisha ibiyiko,barisha ama furusheti kugira ngo basabikanye nabandi,nicogituma usanga muntwaro zabo atamunyagihugu yicwa n’inzara..we reka burakeye abo ba DD batangure kubanyara mukanwa nkaho atabitsina mufise niho muzobona ivyo mwikwegeye,ariko wewe Fidelite ndibaza ko umaze kubimenyera kuko nibaza ko umaze kugira inkovu kugitsina

  • Fidelité we nama mbona ivyiyumvro vyaw arivy gucanishamw abarund nn ko wigira je sais tous wob uzi igtuma congo itacolonijw?belgique na congo utubwira urazic bipfana?zuvg ivyuz urek kuvuga ivyo babahenda mwagiy mumyiyamamaz ikebuk mugenz kk irikuvamw ryos harumus uzoribazw niyo mwijuru

  • umuhanuzi mubi angana umurozi. abatutsi babi tuzobita babi kandi abahutu babi tuzobita babi nyene. umwana w,umuntu akora ibibi atifuza ko abandi bamukorera agaca ashaka kobamukorera ivyiza nawe adakora. ndabizi neza ko mwese mushaka umurongozi mwiza ariko ubwoba bwabaye umwansi wanyu mukuru. niyo mwaba mwifuza ko abandi bamera neza nimugende no,uko mwifuza ko bagenzi banyu bagenda. umutware mwiza atwara India mu mugongo. akingira abatishoboye kuko abishoye basanzwe bakingiwe.

  • Nimwashaka mwovuga make, kuko aba CNDD FDD bafise Imana nibagira Inama.

  • Ariko mumenyeko CDD FDD ITIGEZE yipfurizamahoruburundi reba abenegihugu igandaguye reba ukuntu bambuyu mutamanigihugu mbe burya CDD FDD ntawundimugabo abamwo uretse nkurumbi abayoboka CDD FDD barebeneza kuko abazubwengebamazekubonakobayovye barikugaragazukuri ntimubonako CDD FDD amasengeso yatangiyekubimpfagusa mwicare igisubizomugiyekukibona haryango murinkona ahima IMANIirarora tsindendebe kananirabagabontiyimye

  • Yaba Uko Amakungu Yavuga Ariko Ashira Mungiro Ivyo Yavuze,ndumva Nkurunziza Nabiwe Ntibobandanije Kumara Iyindi Myaka Itanu Bica Abatamushigiye.

  • vous parlez beaucoup sans mettre en action, mais le tortionnaire continue ses actions contre son peuple. vous attendez la génocide comme au rwanda? ces mots sans action nous en avons assez.

  • @Ongeya wari waranyitse,bite?Nturicwa na crise cardiaque?Naho mwari kurisha ibiyiko abahutu ntibigera bicwa n’inzara baribako,abatutsi ni mwe mugowe imfashanyo zihagaraye mwamenyereye kurya ivyo mutabiriye akuya bande de couillons,vous vous etes engraisses comme des porcs sur nos épaules ,ubu tubacugishije ijisho ntimuzongera ,buhoro tout.Ibitsina reke kubirota uwo kiguha wogitobanga ntaco wokimarira abatutsi murazwi nivyo bishesheti vyanyu,heureusement abahutu bariho ngo babapfuburire abakobwa.

    @Grace
    Ubumwe butariho buteranywa n’inyama,ko mwatwiciye abacu nije nabacanishijemwo,nkurako induru mvuga ibiriho nivyabaye,ivyo muri congo ndabizi kuko aba congomani nabo batanguye guca akenge barabivuga,barabona ibiriko biba iwacu,ababiligi atari uguca ibikonjo aba congomani nta yindi souvenir babasigiye,burya wewe umwirabure wibazako upfana iki n’umuzungu,mais bon abatutsi mufitaniye lien ikomeye twarayitoye,ariko turanse ko mubaduhomekako,nimuze muraja i wabo,mbega abatutsi ko mudashaka uwuvuga ukuli,nibagiye ntimushakako nos enfants bamenya ko babana n’amashetani y’amahembe.

  • BARUNDI, BARUNDIKAZI,RWARUKA,BATAMA,BATAMAKAZI,NIDUSENGE TUTARWA MUNYOSHAMBI,DUSHIYE IMANA IMBERE,TWIRINDE GUCIRA IMANZA ABANDI,NTIDUTSINDISHE TWAME TWEMERA TWESEKO TURI ABANYAKABI GUTYO TUZOHARIRWA KUKO UHORAHO WE NYENUKURI AZOTUGARAGAZA.

  • harya abarundi batunjwe nivyaburaya .nibagumvye ntituzobemerera kudukoresa amakosa

  • Umugisha Wabarundi Wuruka Uvakumana Yaremye Ijuru Ni Isi Yonse Ntibazokwama Bateze Amashi Kubindi Bihugu Nibitege Umugisha Uva Kumana Gusa Ntibatinye Bashikame Gusa Imana Ibagaburire.

  • Murambabarira mwese meriko mwandika izo comment nazisomye ariko ntamajambo yubaka ari muri mwebwe !!!imvura iriko iragwa ukirukira kwoamira mu muvo !!!nk’umuntu atera ivyatsi ibintu bivugwa n’isi yoko ko bitagenda neza wew ukavuga ngo nibashake bareke izo fashanya zabo tuzokwimenya hanyuma ukavuga ivyerekeye abahutu na batutsi uba uri umuzazi kututa n’umufana w’umupira wamaguru kuko yonezegwa akambura impizu akomeye !!!raba abo mwavukanye munda imwe canke famille ko yoba ara bahutu gusa canke abatutsi!!!uce uraba kuva president atagarije kwitoza ikiringo 3 hamaze gupfa abahutu na abatutsi nibahe bamaze gufa benshi !!!wanka ifashanyo terambere ry’umuzungu kugira igihugu cawe gitere imbere ariko ukemera amabi y’ubuhutu n’ubututsi yazanywe n’umuzungu kugira ntuzofpe utamukunda uwo muvukana kubera ubwoko canke umugabwe !!! Vyuka ukoreshe ivyiza vyose umuzungu akuzaniye wanke amabi yose uziko azogusubiza inyuma

  • Iryo shirahamwe rya buraya igihe baturira imbonerakure mu mapine ko ata bihano bafatiye ba Pacifique na ba Nditije ko hariho umuntu yiyemereye ko ari inyuma y’ibitero vy’amagrenade aterwa mu gisagara ca bujumbura mukaba muzi ko hariko hapfa aba police hamwe na banyagihugu binzira karengane ko abo batara bafatira ibihano biboneka ko iryo shirahamwe rya buraya rishigikira abo bicanyi rirahengamye

  • reka niyishime uyumunsi abesha abantu ngo yatowe!!!ejo agahanga nitukarebera nibwo azomenya ko ivyubahiro atarivyiwe arivyabanyagihugu,ba uraretse sha ndaje!

  • IGIHUGU CAMYE GIFISE IMVUGAKURI,...

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.