Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Jean BIGIRIMANA akorera ikinyamakuru IWACU yahagaritswe n’igendereza
Yanditswe taliki ya 25-07-2016 - isaha 16:41' na IGIHE

Jean BIGIRIMANA, umumenyeshamakuru yahora akorera insamirizi REMA FM, akaba yari asigaye akorera ikinyamakuru IWACU, yahagaritswe ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2016 yafashwe n’abakozi b’igendereza.

Jean Bigirimana yavuye muhira nk’igihe c’isaha umunani agiye i Bugarama mu ntara ya Muramvya, mu nyuma umuryango wiwe ukaba yahavuye umenya ko yatawe muri yompi, ariko ntiwamenye ikibanza apfungiwemwo, hamwe n’ico yafatiwe.

JPEG - 128 ko
Jean BIGIRIMANA akorera ikinyamakuru IWACU yahagaritswe n’igendereza

Amakuru ataremezwa avuga ko yoba ariko azira ingendo yagize mu gihugu c’Urwanda, hamwe n’amakuru yakoze ku buzima bw’abamenyeshamakuru bari mu buhungiro mu gihugu c’Urwanda.

Ivyiyumviro vyanyu

@ Self, nindeyakubwiye kumvugira ?

27.07.2016 à 01:14
tari

Ehh uwo ari kwirira impungure i Mahama
..

26.07.2016 à 21:25
turaje

Umwanda ni wewe wa Mu DD WE wiyise tari mbe aha uriko urandikira siho umenyera amakuru !!!!!!! Ariko ga Mana turakwinginze udukureko umwanda wa B a DD Imana imurindeee

25.07.2016 à 23:55
seif

Yewowe nibintu abo banyamakuru bandika kuri Iwacu baracyaba i Burundi ? Ni muvaneho umwanda

25.07.2016 à 20:38
tari.

Bagerageze kurondera ifaranga ariko birinde inituvueungira igihugu, uwozorondera imibereho abanje kidutangira igihugu ntibizijana biomumerera nabi kundarero mukenziwawe nkuko wikunda.

25.07.2016 à 20:00
.

NDABABWIRE UYO MUKOZI WA SATANI YIYITA NGO NI KIZIGENZA NYAKUGENYUGWA NURUPHU,AGIYE KUBAMARIRA KUMBUGITA.

25.07.2016 à 20:00
Nyamitwe

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.