Kamenge : Ahakorera VOLCANO haturiwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 octobre 2015 saa 09:04
Yasomwe : 78417
0 0

Ibiro vy’ahakorera ishirahamwe ryunguruza abantu VOLCANO mu Kamenge hatewe n’umuriro atawuramenya neza ico wavuyeko. Ibiro vy’iryo shirahamwe vyahiye, hamwe n’intebe n’ibipapuro vyari biri hanze.
Mu gatondo ko kuri uwu gatanu, abiyunguruza hamwe n’abandi banyagihugu basanzwe bakorera mu kibanza kirimwo ibiro vya VOLCANO mu Kamenge ntibemerewe kwinjira muri ico kibanza. Abaporisi bakaba bari benshi bahugarije.
Amakuru y’ico iyo mpanuka y’umuriro waturiye ahakorera VOLCANO mu KAMENGE akaba (...)

Ibiro vy’ahakorera ishirahamwe ryunguruza abantu VOLCANO mu Kamenge hatewe n’umuriro atawuramenya neza ico wavuyeko. Ibiro vy’iryo shirahamwe vyahiye, hamwe n’intebe n’ibipapuro vyari biri hanze.

Mu gatondo ko kuri uwu gatanu, abiyunguruza hamwe n’abandi banyagihugu basanzwe bakorera mu kibanza kirimwo ibiro vya VOLCANO mu Kamenge ntibemerewe kwinjira muri ico kibanza. Abaporisi bakaba bari benshi bahugarije.

Amakuru y’ico iyo mpanuka y’umuriro waturiye ahakorera VOLCANO mu KAMENGE akaba ataramenyekana neza, mu giporisi bakavuga ko bagitohoza.

Kumenyekanisha

1
vuganeza 10-10-2015 à 22:57

@Nice
Akazi kahari ni kenshi nta mwanya wo gutohoza ivyaturiwe n’inkotanyi

@liLi isonere nta ndero ugira uri mayibobo

2
mututsiwukuri 10-10-2015 à 20:05

@liLi. Politique y’abarundi mwayiretse mugakina iy’iwanyu. None ubona u Rwanda arirwo rutegekwa neza wa gashwi we. None se iriya Nkoramaraso izisumbya intambwe(kagame) usibye igitugu na politique ye ya-Konabahutu ubona ari bangahe bamwiyumvamo wa gashwi k’agapfapfa we !! Niba wiyita umututsi ntubundusha gusa njye namaze kumenya ukuri.

3
Bonifasi 10-10-2015 à 16:11

Ivyo birababaje nyene ark igiporisi gitohoze neza

4
Joseph Nzinahora 10-10-2015 à 15:31

Mwa bategetsi mwe ni mwirinde les responsabilites negatives et historiques kuko ivyo bintu muriko muragira bizogira ingaruka mbi ku babakomokako no ku gihugu nyene.

Ubwa kabiri mwokwirinda la xenophobie nta na hamwe yubatse igihugu.

Joseph Nzinahora !

5
Mutabazi 10-10-2015 à 08:57

Aho haturiwe n’inkotanyi...ntakundi nibo barimo kwihekura
Ngo barwanya Nkurunziza. Imana yavuze ko bazahinduka ivu. Bahereye mugutwika abahutu n’imipine muri manifestation none umuvumo warabakurikiranye bageze kugutwika amazu. Ubutaha bazitwika abo bene Gahini.

6
liLi 10-10-2015 à 08:36

EREGA NTAKUNTU IGIHUGU CYAGIRA UMUYOBOZI NKA FIDELITE WIKIGORYI KILIRWA CYANISTE IBYINYO . NGO UZAVUGE NGO AMAHORO NAYAVUBA . USIBYE KO MBONA ALI UGITA UMUTWE NABO BYARABAYOBEYE.

7
eric jonas 10-10-2015 à 05:06

Mbega peter harya ngo Umugore Denise mbega imana yamweretse ikiringo cagatatu cumugabo nibara kuburundi na bakija inyuma yumugabo,reka ndabibutse peter subwanone akora amahano yokwica inzirakaregane yigize gusaba ikigongwe ngo yishe umwana wuruhija amukereye ijonsi kuko arumututsi bakirimwishamba mbega mwibwirako amaraso aseseka arico bimubwiye igisigaye nabanyagihugu kumenyako tabutegetsi mumfise

8
fidelite 9-10-2015 à 22:46

@KO
Peter muramugaya ariko raba ivyo wandika,urasara.

9
K.O 9-10-2015 à 22:25

hhhhhhuuuuuu sindabona amapozompo kweli kimya tu mushake mwimene umutwe na ambassade muturire kimya tu amakungu areba kimya tu ariko burya page za justification ziri gukwira aho mwigira abanyabwenge ingorane zanyu abantuu mwamaze uko mwishakiye rwanda kimya, mzuungu kimya page ntizirakwira baba impamvu abandi bati musome

10
K.O 9-10-2015 à 22:24

11
K.O 9-10-2015 à 22:19

12
BIRAME MBONE 9-10-2015 à 18:20

MBEGA IKIRINGO CIMYAKU NAMBA BIZORAMA IMYAKA 5IZOHERA TUGEZEHE ?

13
Boubou 9-10-2015 à 16:23

Birababaje ko politique y’umuntu yanke y’akarwi kanaka iba iy’uguguturira , kwica , kutoteza agateka ka zina muntu, kwiba ,n’ayandi mabi menshi ntarinze kudodandugura. Mbega uwo mugabo Peter yipfuza iki au juste ? kutumara ? ohhhhh !!! Arambaye ibara kuko igihugu si icana azosenyagurwa nk’uko ariko abigirira abandi ndakurahiye !!!!

14
razard 9-10-2015 à 13:57

Leta y abagizi ba nabi gusa mwibaza ko abo bakora ivyo Volcano ntiyohomba ahubwo akenesheje abanyagihugu bayikoramwo . ibi bintu bikorerwa abantu bikorwa n amasema ubuyobozi buriko buriseme.

15
freedom 9-10-2015 à 12:02

mbe volcano niyo yahugabanij amahoro mu burundi ???turitejisoni nubuhimbiri pee.mana garukiru burundi

16
Rosa kamakazi 9-10-2015 à 11:59

BAGAZA mukugenda yiteranije kubantu bose abihebeyimana, amakungu yose , yikurako abantu bose sauf abari bamushigikiye mumafuti yiwe none hari icabujije ko ahera inyuma yigihugu ikibarirwa nicumva icerekwa nikibona wait and see !

17
mukobozi 9-10-2015 à 11:17

unva ndababwire ubutegetse burashe jewe nosaba reta yu rwanda kwihangana guko biraboneka neza ko vyababuriye uravye namajambo bavuga nivyo bakora mumezi atarenga atatu bazoba batagishoboye guhemba abakozi nibemere ntawunesha abanyagihugu namakungu ntibibaho kwisi muntu wese woba utarabona kwizira bariko barafata
idashika arambabaza.

18
Tade 9-10-2015 à 11:00

Ewe Pita Urambabje Nne Wewe Ugmba Iki ?Kurwanda Nuburundi ?Turi Bamwe Ntzodushbora,

19
yvette 9-10-2015 à 10:38

mbega ni volcano yahiye gusa irya bar chez bonauto ataco yakuyeyo ko ataco mwabivuzeko

20
Nice 9-10-2015 à 10:33

Le ridicule ne tue pas ! Vous incendiez et vous dites "amatohoza." Quelle idiotie que de s’en prendre aux entrepreneurs qui participent au désenclavement de ce petit pays de malheur ! Cette compagnie paie des taxes deja extrêmement réduites . On ne comprendra jamais comment des actes de ce genre se sont approprié l’espace cervicale de ces "décideurs."

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha