Umusore w’imyaka 23 yahora aba muri zone ya Kamenge, muri Karitiye ya Heha, yiyahuye akoresheje umugozi, mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri. Uwo yiyatse ubuzima ntiyavuze ikibimutumye.
- Kamenge : Umusore w’imyaka 23 yiyahuye
Ikiziga ciwe cabonetse kimanitse ku mugozi, ababanyi biwe bakavuga ko ata ngorane n’imwe yari afise ku bijanye n’umuryango wiwe hamwe n’ababanyi.
riyazimana eric