Karusi : Abantu icenda bahitanwe n’imvura y’isegenya

Yanditswe na IGIHE
Kuya 6 avril 2016 saa 01:50
Yasomwe : 27396
0 0

Abantu icenda bapfuye muri komine Gitaramuka, mu ntara ya Karusi. Indwi muribo bakubiswe n’inkuba, babiri nabo bakaba basenyukiweko n’inzu.
Mu mvura y’isengenya ivanze n’imituragaro yaguye muri iyo komine ya Gitaramuka kuri uwu wa kabiri, abo bantu uko ari icenda baguye ku misozi itandukanye igize iyo komine ya Gitaramuta.
Muri iyo mvura y’isegenya, harapfuye kandi n’inka zitandatu zakubiswe n’inkuba.
Ivyo biharuro vy’ivyononekariye muri iyo mvura ni ivy’imfatakibanza, Musitanteri wa komine (...)

Abantu icenda bapfuye muri komine Gitaramuka, mu ntara ya Karusi. Indwi muribo bakubiswe n’inkuba, babiri nabo bakaba basenyukiweko n’inzu.

Mu mvura y’isengenya ivanze n’imituragaro yaguye muri iyo komine ya Gitaramuka kuri uwu wa kabiri, abo bantu uko ari icenda baguye ku misozi itandukanye igize iyo komine ya Gitaramuta.

Muri iyo mvura y’isegenya, harapfuye kandi n’inka zitandatu zakubiswe n’inkuba.

Ivyo biharuro vy’ivyononekariye muri iyo mvura ni ivy’imfatakibanza, Musitanteri wa komine Gitaramuka akamenyesha ko akigenzura ku misozi, kugira amenye ivyononekaye vyose muri rusangi.


Kumenyekanisha

1
bukuru fiston 10-04-2016 à 21:48

Imana ibakire mubwami bwayo

2
Onesime Ndihokubwayo 9-04-2016 à 19:25

Mwihangane Ababuze Niko Biri Mwa Kino Gihe

3
Mpozamarira Erias 9-04-2016 à 07:16

Turahojeje imiryango yahuye ni vyo vyago bihangane mwisi turingenzi, aha siwacu iwacu ni Mwijuru kwa Data. Ahotuzoba atagupfa atakurwara, atabihuhusi, atankuba, atanimvura yo kumara abantu, tuziberaho mumunezero.

4
Liberat 8-04-2016 à 20:23

Ndahojej Imiryang Yaburiye Mur Iy,mvura Kuk Ibitaraririy I Burundi Nivyinshi,uwudahitanwe Niki Ahitanwa Nakiriya,mbe Har Igih Nibaz Ko N,igihano Kirimwo Nfatiy Kumakuba Atandukany Uburundi Bugenda Bucamwo.

5
NDAY JANVIER 7-04-2016 à 20:43

TWIHANGANE IMANA IRATUBONA

6
Benoît 7-04-2016 à 20:08

Ndahojeje Imiryango Yabuze Ivyabo Na Babo Komine Ibagarukiro

7
Cimana Bernard 7-04-2016 à 17:01

Pole Sana Mwese Mwashikiwe Ningora Ku Bera Iyomvura

8
Cimana Bernard 7-04-2016 à 16:59

Pole Sana Mwese Mwashikiwe Ningora Ku Bera Iyomvura

9
Alexis 7-04-2016 à 14:36

Bagenzi dukwiye gusenga kugira Imana Ituzigamire mubuntu bwayo urupfu niryo rembo kuri twese kndi inyuma yurufu ubuzima burabandanya neza cnk nabi bivany nivyo twakoz tukiri mumubiri tube maso rero

10
GEORGES 7-04-2016 à 09:15

NDABSAVYE MWIHANGANE IMIRYANGO MWABUZ IMANA IBNZIGAMIR

11
Buhinda 6-04-2016 à 20:55

Ndahojeje Imiryango Yabuze Kubera Iryo Sanganya Ryimvura .

12
Violette 6-04-2016 à 20:50

Nugusenga Ntakund Twogira

13
Violette 6-04-2016 à 20:47

Nugusenga Ntakund Twogira

14
Abdulkarim 6-04-2016 à 16:55

iyo nkuru ntaco umuntu yosubiza ahubwo nugusenga

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha