IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo: Abahungira mu Rwanda bankiwe kubandanya

Kirundo: Abahungira mu Rwanda bankiwe kubandanya

samedi 11 Mukakaro 2015

Kuwa gatanu igenekerezo rya 10 Mukakaro 2015,igipolisi c’Uburundi carasubije inyuma abarundi bari bahungiye mu gihugu c’Urwanda bageze mu ntara ya Kirundo,ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda.

Amakuru ava aho mu Kirundo,amenyesha ko abo barundi bari bahunze igihugu bavuga ko bagiye kuba bararindirira mu gihugu c’Urwanda,kugira amatora ahere mu gihe batabona neza iyo ibintu bija.

Muri abo harimwo abava mu ntara zitandukanye z’igihugu,na cane cane izo mu buraruko bw’igihugu,nka Ngozi,Kayanza na Muyinga.

Buramatari w’intara ya Kirundo avuga ko badashobora kwemera ko abantu bo mu zindi ntara baca mu Kirundo, ata bibaranga bafise kandi mu Burundi ata ntamabara ihari.

Buramatari w’intara ya Kirundo akavuga ko ico gikorwa bagisabwe n’Urwanda ruvuga ko rudatahura ingene abahunga babandanya guhunga,kandi hari abandi bariko barahunguka.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Reka kubesha wamugabowe,none urwanda rwabivuze aruko mumaze kubafata? Ko rutasohoye itangazo imbere y’igihe, iyo n’imitwe nimubareke bigendere ibiri muri politique y’uburundi birateye amakenga rero bareke kuko nimwebwe mwabiteye none mubaburiza iki?

  • Izo ni imburakimazi zitinya gukora (abasongarere). Mu Rwanda impungure zirabategereje gusa abazazishobora nibake.

  • Mubareke Bahungekuko Ibivungwa Iburundi Sibyiza Naba Narye Natinye Gutaha ?0722079825

  • umve we nsumirinda ngo ni buramatari wa kirundo nyakurunwako amasoro!! rek abihungir bahunge guma murubwo bugesera ngo nuburundi mwe na nkurumbi hamw nabayobok banyu arik mumeny ko igih cegerej canyu.nta muntu yo menye ko kadhafi, savimbi ek n; abandi ko bopfuy arik ubu uwobabaza aho bari mwohamenya?? ico ntababwiy imitoboro ngo nimitima yanyu nibabwire!!

  • NIBABAREKE BIRUHUKIRIZE UMUTWE .

  • Ico Kigugu Buramatari yanka ko abantu bahunga yitwaje iki?izo mbonerakure ziwe yibazako zoca zibura akazi hamwe aba rundi bozibisa Zoca zishomera...!!! Biratangaje nta muntu nu mwe afise uburenganganzira BWO kubuza umuntu guhunga mugihe afise imvo zitomoye zoguhunga nk izo abarundi bafise muriki gihe Nkuru et sa clique des dinausores bagifatiye Uburundi
    Mwizosi.. Reka bahunge sha gouv there is not much you can do for them.

  • Nibabarek Bihungir none karashizingani babarek bagw mubana

  • Nibabarek Bihungir none karashizingani babarek bagw mubana bavuga bati igihugu kikimy amahoro ucima umuvyimba

  • NIBITAHIRE NONE BABABUZA KUBERA IKI?

  • Emwabobahunga Bahungiki?Nibirariramahorarakwiye.

  • uyo ntamutima agira ntaho byabonetse aho umuntu yankirwa guhunga azabibazwa.

  • Ese ko bagira ngo barahunze kandi bagiye kwiga igisirikare ahubwo abapolisi nibaze batora inkoni bakubita izombwa. Namwe bamenyeshamakuru sinzi ko iki kinyamakuru canyu coba kiri muburundi? Ese ko inkuru zokwiyamiriza nkurunziza hamwe nizambikibara uburundi muzandika ese kuki mutandika kwizi nkorabara zateye i kabarore? Nimwikebuke.

  • uwuhunga nibamurek ahung mugih akwiza vyangombwa .ariko agarukanw na H.C.R. kuko nta guhung uyumusi hama ejo ugaruk cank bazoz baraca cibitok nakayanza mukugaruka . ncut zanj uko uguhunga? gusa tubwirw twumv kand tubon .turek abo badusamaza. uwuzo watsa ... example kayanza na cibitoke. ariko konzi inzego zumutekano zatojjw bogiye baratoza intoke ko amasase azimvy.. ndatangay...

  • abavye narababuze mbamwishyamba nzabora narasabye uwo mfasha ndabura ooh My GOD

  • mufashe narangaye mbura aho kujya mufashe 0727266427 0728937499 Murakoze

  • @jean claude.H
    Sinarinziko umututsi un jour yotaye umutwe ,peu importe ce qui peut arriver maintenant habura gato ngo mube nkuko mwatugize muri 72 uretse ko mwe arimwe muvyitera,nibabareke bangare ahubwo ntimuzogaruke ,
    Ntakubesha ntaco ufise utubwira haba khadafi n’abandi barapfuye et alors?Mbega ubwo izo nduru zose ni iziki?Ngo imitima nitubwire,iyo ni langage abatutsi mwakoresha kera ikagira valeur ubu non,namwe nikibabwire muri munsi y’ijuru,ariko mweho nta niyo mufise kuva kera.
    Namwe nico kimwe igihe canyu kiregereje atari wewe ni abo i wanyu,tu crois qoui?
    Kubera mwatanguje ingwano mwibaza que tout s’arrange pour vous?Na ka gakecuru maggy gasigaye gasohora inzara ngo kagiye kugwana,mama jewe mwese ni kalibu,ngo kagire kaje i kigali kugwanirayo,ntimwakabonye ku ma écrans,un vrai démond,mais bon ubuhungiro n’ubwo i bulaya buravuna,nimwumve ico twabacuze,ubu arakoropa inzu agateka nta muhutu afise wo kubikora n’abandi nuko,nimwumve mukome mwa bagesera mwe ,buracika umunyota mandat ntayo tubaha ni iyacu mushaka kutwiba ,allez vous fairevoir ailleur,inkoho ku yindi,bombe ku yindi,akazokwihenda ko kagakora encore une fois ku nzu y’umuhutu canke ya cnddfdd,mon dieu ntaco ndababwiye namwe umutima nubabwire,ntimudukange ngo bwebwebwe,ngo ibihe vyacu biraharuye bandes de de cochons,mwebwe ivyanyu bimeze gute,muzumira kw’isi canke muva zahabu?Twamenye dutevye ko muva amaraso ariko mieux vaut tard que jamais.

  • Mbe Iyo Ntara Izoronka Indongozi Z, Incabwenge Ryari? None Abanya Gitega, Muramvya, Mwaro, Muguhunga Boca He? Ko Atagihugu Bahana Urubibe.

  • Guhungasiwomuti umuti nukobogumamugihugu hamabakigirahamw ukugenebokemur ibibazovyosebihanz icogihugu.non ntibaziko aribobagaba cank bakaka?

  • uriya muntu wiyanditseho ngo ni jean claude cyangwa ngo fideliteanteye ubwoba kubwamagambo yanditse.namwe ba nyiri runo rubuga ntimwari mukwiye gushyiraho aya magambo kuko nayo kuzamura urwango rushingiye kubwoko.wamugabo we rero bigaragara ko ufite urwango rwinshi kubatutsi ariko byaba byiza uwo mwanda wawe ukugumyemo byaba byiza nubwo ntakuzi ariko ugomba kuba unuka mukanwa kavamo ayo magambo.mbega wibaza ko kwanga abatutsi ikindi uzungukiramo ari iki? wavutse nabi kandi uzarangira nabi ndetse numuryango wawe kuko urabanga se uzabashyira hehe wa mwanda we??? sinkuzi ariko uri ikigoryi kandi ugomba kuba wararezwe giterahamwe kandi uzi uko bene abo barangira ............

  • Mbe muti bigenda gute ngo wivange mungorane zabarundi?ivyanyu vyakunaniye none ngo ushaka kuja mubarundi?vuga ko kagame ata mandant ya 3yiwe ushigikiye turabe?uratugaya ubundi twebw turabivuga!!!!hirahira!!!!

  • nibahunge gashindizobazana kandi ngo mpungurwaha yakimajijamaguru!!nibagaruka tuzobabazicobaribahunze!!

  • Ahubwo Nibara Kubuza Umuntu Kuja Iyo Ashaka.Bakeneye Kwica Kamwe Kamwe.Icatumwe Bemera Guhonyanga Ibwirizwa Shingiro Bazokwicuza.

  • Nibareke abahunga bahunge kuko ntawuhunga ico atabona kandi guhunga n’uburenganzira bw’umuntu kubuza uwuhunga uba ugize nabi biragahera!!!!

  • ikimbabaza nuko navuga ngo bareke abantu bahunge kandi ababivuga bobo bibereye i burundi? mbega ko bahunga 3eme manda muburundi hanyuma bakaja muri 3eme mandat mu rwanda va zohava babandanya muri 5eme manda kwa museveni? nayo kurwana ntibibazeko ari umupira wamaguru bagiyemwo.izonkoho nazo baze baratuzanira ntakundi ko babonyeko tuzikeneye zizoheza zikingire abarundi benshi nabanyamahanga baba mu burundi. abagenfa hanze nakatsi gasokotse kunzu kuko abari mugihugu nibo benshi.

  • Jewe Niyumvirako Abobahunze Bohunguka Tugasangira Akabisinagahiye Kuko Amahoro Ariho Kandi Sivyiza Kugumamugihugu Atari Vyiza Nibaze Duteze Imbere Igihugu Cacucuburundi Bwamatanubuki

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.