Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Koffi Annan yaneguye ingingo yafashwe na Petero NKURUNZIZA
Yanditswe taliki ya 17-04-2016 - isaha 23:11' na IGIHE

Uwahoze ari umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Kofi Annan, avuga ko umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA atari akwiye kurondera kurongora ikindi kiringo kigira gatatu mu mwaka uheze w’2015, kuko bitari bihuye n’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi.

Mu kiganiro yagiranye na BBC, Kofi Annan yavuze ko umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ata kimenyetso na kimwe yerekana ko azokwemera ibiganiro vy’ukuri.

JPEG - 61.3 ko
Kofi Annan, yahoze ari umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU

Uwo yahoze ari umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yasabiye kandi umugabane wa Afrika imfashanyo y’amafaranga, cane cane igihugu ca Ethiopia cugarijwe n’uruzuba.

Kofi Annan yamenyesheje ko Afrika isa n’iyibagiwe kubera amaso y’amakungu ari kuri Syria n’ahandi.

Ivyiyumviro vyanyu

Enkurunziza,ahanturatahura,abobosibiyandikisha,ngobahaye,bakuvugira,namacarya,nawewitwazuboko,rekakwitwaza,ubuhutu,vugavyowakoze,nayotwebwa,bahutu,warasobanuye,utari,m,dede,ntumerekwa,ahonihovyakunaniriye,nahowosengante,nashetanubu,arakugaya,ntibakureka

21.04.2016 à 10:42
Vuga,

Izimburakimazi Zose zivuga ayamuhe zisazwa n’ukuri uwu mutama yavuze zimenyeko murizo ushizemwo nuwo shebuja wazo zimenyeko atanumwe murizo ungana n’imbwa yo murupangu rwuyu mwubahwa

19.04.2016 à 22:14
Iribuka

Abiyita ngo bahagarariye amasezerano nibo bayanka agishirwako umukono. Ubu rero hageze ko bayakunda ariko ntasumba ibwirizwa nshingiro. Mube murototwa natwe twitegurire 2020, muzotsindwa kandi nka kwakundi

19.04.2016 à 19:50
coyitungiye

do u know well burundian constitution than burundians or than the world ? because everybody even the literate ones as u agree burundian state except u ; what do u want in burundi ? do u wish to advocate burundian peaple ? look out because u are mistaken ; then burundian peaple has just shown their wish in elections ;so,where were u ?

19.04.2016 à 17:56
moon

Ba muza murashir aho intah ishiz umunyakab mumufata nk’umunyakab kugir ngo abamur inyuma ntibaz bateshw mu manga,ni nawo muti w’inzir yo kwigaya.

19.04.2016 à 14:28
Pierre

Nagomba bwire ako kagabo kiyita Kanuraburakeye, Uwo mushingantahe KOfi Annan uriko uratuka arasumba incuro 100/100 uwo Nkurunziza wi ririrwa urahaya.

19.04.2016 à 04:31
morodikayi.

Urambabaje wamutamawe , Buyoya hiryayejo ahonwabonana ivyonivyo yakubwiye ngo uvuze ? Urasubiriye ? Mbega ruswa yaguhaye acivurunga kuntebeyubukuru bwigihugu yisubiriza ntugire icumuvuzeko yobayaraye akwongeye iyindi ?

18.04.2016 à 22:39
K

Nokongerako ikindi . Ncira umugAni iyomburakimazi ,ngo ni KOFI ANANA yahohoze arongoye oni. Nti : UBWANWA BUTAVUGA UKURI BWOPFUMA BUSHA.ahubwo namaramarire hirya. ImbwA yumwirabure wimburakimAzi, agicAsAma agA ciribwA mukAnwA nAbAzungu. Uburundi bwArikukiye sha mutamA tuveko. !!!!

18.04.2016 à 20:21
kAnuraburAkeyE

Ukuri kuraryana mwa barundi mwe ! Uyo nkurumbi murata muzoba muraraba ejobundi uko bizomugendekera mba ndoga umwami ! Muhimbira kwica imfungwa n’abanyagihugu badafise kirengera ! Harya ngo perezida wanyu azobandanya arima ama avocats !!! Heureusement que ridicule ne tue pas ! Murajujuye gusa nta kindi

18.04.2016 à 19:46
Nkurumbi

None kwatabivuze kare !!! ubwo uyomutama subusaza bumurembeje ?

18.04.2016 à 12:58
Peace

Bumajije gusaza bwabunye etiopiska. Infashanyo buzayikurahehe att

18.04.2016 à 12:08
gtrv

Infashanyoye yagiye mubizungerezibya etiopiska

18.04.2016 à 12:01
hhyy

Uyomutama Arashaje Misiyose Mwama Muriko Mwifatira Mugahanga Nyenicubahiro Nkurunziza Ngo Yarenzamategeko Amasentare Arenga Kura2 Yaraciy Urubanza None Uzawunva Abasangiyimigambi Natwimujeri Na Twisindumuja Ngo Yahonyanze Amasezerano Yarusha Je Ngomba Ndababaze Ikibazo Kimwe Abasoma Kuriyisite Munyishure Nikihe Gihugu Kwisiyose Gitwarigwa Kumasezerano ?Uwugitora Asige Inimero Yiwe Nzomuhagashimwe

18.04.2016 à 09:39
Intagoheka

Ntanumwe yigeze akunda afrika mubategetsi bitwa ko bakomeye,ehe raba nkuyu ?wamaziki ukirimumabanga ya onu ?na Obama ariko aricuza kumabi yakorewe libiya ! arararota ibiziga vyabanye libiya twibaza ngoturatabarutse ngo turonse abanyafrika ! wenawe amaraso yo mu burundi 93 nomu gwanda 94 agukore nahandi muri afrika warihe ?murajwe ishinga nuburundi ahubwo ja kugwana na BOKO HARAM na ISLAMIC STED twe turatekereje nihubahwe ;SE Hon NKURUNZIZA Peter na kadafi abonibo bagabo batagendera kumabwire yubwo buzungu mwirigwa murasega !

18.04.2016 à 08:38
CAKIRA

Uwo nawe nibiki ?we bandanya uba abacangero babazungu ntakindi,wewe usumba sentare yibwirizwa shingiro ?wewe usumba EAC ? bamwemeje Naho kagame agomba kuvyivangamwo kubera ubwo buzungu ?bumuhenda ?iyo ni CNARED iguma itarataza kutabivuze kiriya gihe ?na Samanta yarananiwe !wewe tekereza ukiri mumabanga wakoziki kuri Buyoya93 ?ntiyica agakiza ?ku gwanda wakoziki94 ?reka sha Kadafi intwari ya afrika yishwe urihe raba ukuntu abanyagihgu baho ukuntu bamerewe ?kandi kare bari bimererewe neza.umva iyo harumutegetsi wa afrika iyo mukurya ivyabazungu ya samye nabo baciramukanwa ntabwenge bigera bagira .Africa niharambe S.H.Onorable et Commendant Supreme President NKURUNZIZA Peter alias*l’Homme Fort*uyundi ni kadafi abo mumateka muri Afrika banse kurya ivyo batamitswe nabazungu !

18.04.2016 à 07:37
gwasa

Uwo nawe nibiki ?we bandanya uba abacangero babazungu ntakindi,wewe usumba sentare yibwirizwa shingiro ?wewe usumba EAC ? bamwemeje Naho kagame agomba kuvyivangamwo kubera ubwo buzungu ?bumuhenda ?iyo ni CNARED iguma itarataza kutabivuze kiriya gihe ?na Samanta yarananiwe !wewe tekereza ukiri mumabanga wakoziki kuri Buyoya93 ?ntiyica agakiza ?ku gwanda wakoziki94 ?reka sha Kadafi intwari ya afrika yishwe urihe raba ukuntu abanyagihgu baho ukuntu bamerewe ?kandi kare bari bimererewe neza.umva iyo harumutegetsi wa afrika iyo mukurya ivyabazungu ya samye nabo baciramukanwa ntabwenge bigera bagira .Africa niharambe S.H.Onorable et Commendant Supreme President NKURUNZIZA Peter alias*l’Homme Fort*uyundi ni kadafi abo mumateka muri Afrika banse kurya ivyo batamitswe nabazungu !

18.04.2016 à 07:36
gwasa

Uyo mutama arashaje narekane Kefa (urutare ) ntagire ingorane, ibuye bagaye niryo ryahindutse irigumya imfuruka @

18.04.2016 à 07:33
NTAKIRUTIMANA

Ohooo Raba Uyumunyacubairo Ingene Abereye ? Abana Izimububusizaba d d !!

18.04.2016 à 07:21
Wesha ?

Kugira ibibazo uburundi burimwo murikigihe bitorerwe umuti harakenewe abashingantahe nabapfasoni bimvuga kuri nka anane iyazakuba ariwe agitwara ONU ikibazo cuburundi kiba caratorewe inyishu ureke kimoon arintirumveko yemerako muburundi bicika ariko akabura ingingo iboneka yofota ngwatabare igihugu iconip Anani nkuko yabivuze nkurunziza ntabiganiro ashaka igisigaye nukumurwanya hakoreshejwe ingumvu amakungu na ONU nibareke kuguma badusaba nibadutangarize kovyabananiye kumuzana mubiganiro hama tumukarabe ntabindi

18.04.2016 à 07:17
tari

Koffi,uko ni ukuvovota kuko ubaye nka b’abagabo barwanya UBURUNDI kandi ari ubwabo.Ngo IKIRINGO CA 3 ?UBWANWA BUTAKUBEREYE WA MWANGUSHI WE !!! Ho guhanura n’urateranya gusa ;uri IMBURAKIMAZI pe !!!

18.04.2016 à 06:28
NYISHU Orginal
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.