Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yashinguwe mu biro bikuru vya gisirikare
Yanditswe taliki ya 9-04-2016 - isaha 13:56' na IGIHE

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye ikambi bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yashinguwe mu nyubakwa z’ibiro bikuru vya gisirikare (État Major Général de l’Armée) kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2016.

Mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu, umutekano wazindutse ucunzwe cane kw’ibarabara ryitiriwe Pierre NGENDANDUMWE, hafi y’ibitaro vyitiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, mu micungararo y’ibiro bikuru vya gisirikare, ahashinguwe Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius.

Aho bamushinguye ni haruguru y’imva ya Lieutenant General Firmin SINZOYIHEBA, yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, yagandaguwe mu mwaka w’1998.

Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye ikambi bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yagandaguwe ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 22 Ntwarante 2016, mu biro bikuru vya gisirikare (État Major Général de l’Armée), mu kibanza basomeramwo amakuru mashasha (Tableau d’affichage).

Ivyiyumviro vyanyu

ubwwose kumushyinguraho nukumuhemba kuberako yishe abantu benshi ? aho hantu yashyinguwe ntabwo arahantu hogushyingura uwo musenzi wishe inzira karengane ndahamyako abarundi babagabo nibashyiraho abayozi bafise ubwinge bazomuzikura bakamushyingura kure yabo yahekuye.

13.04.2016 à 14:30
jmv

imana imwakire canke yakirwe na satan bivanye nivyoyakoze kuko twese tuzopfa ntawuzorusimba

12.04.2016 à 22:42
abraham sikobizohora

Ariko abarundi(ndavuga bamwe)murantangaza ! KAGAME niwe wabwiye Nkurunziza ngo yice amasezerano mwagiranye Arusha ? Kagame niwe watoje izo mbonerakure ?Mwakuye kagame mu kanwa mugakemura ibibazo byanyu ?Malheuresement ntabwo muzabishobora.Union Europeene ibahagarikiye inkunga OIF irabahagaritse nibindi... Naho mwe mwirirwa mutukana ku mbuga mureke vuba aha murahagarikwa no muri AU ndetse na EAC mukomeza mwirirwa mutukana.Mukomeze(mubandanye), baca umugani en francais ngo<<Les chiens aboient la caravane passe>> Ntacyo mutuke abanyarwanda ariko ntimubabuza iterambere,umutekano ,isuku,ibikorwa remezo etc....
Gusa abo bicanyi turabamaganye nubwo bica abarundi bene wanyu(nako sibo gusa n`Abanyarwanda burabamaze ejo bundi muhitanye Nyakwigendera BIHOZAGARA RIP !!) ariko mujye mwirinda kumena amaraso kuko ngo <<uwicishije inkota azicishwa indi>>

12.04.2016 à 12:10
claude

Nagende asange abandi aho atozongera kugira nabi ibyaremwe mwishusho y’Imana.

11.04.2016 à 21:36
aca

Bari bataramujugunya

11.04.2016 à 21:30
aca

GOD WELCOMES THAT VICTIM I THINK THE SURVEY WILL BE DONE IN FEW DAYS IN ORDER TO KNOW THOSE MURDERS AND WE COMFORT THE FAMILY OF THAT VICTIM

11.04.2016 à 20:45
CHARLES

I BRUXELLES mububirigi hafashwe umwicanyi wumu terroriste wari waroherejwe na RUKARABANKABA INKORAMARASO KAGAME.
Uwo wafashwe yiyemereye ko se wabo kagome ariwe wamwohereje

11.04.2016 à 15:19
Mututsimwiza

suredeal uraha izo njinji ink batazi kuyifungura ninkandagira bitabo Bose ,ariko ushobora kuyifungura asome hanyuma yihe icyerekezo, gusa mutubabarire turabinginze ibyo muvuga muzabishire mubikorwa ntibizahere mumagambo kuko dukumbuye gukubita haduyi muzaze twikinire agakino kazatugeza Bujumbura.

11.04.2016 à 14:11
turaje

@Xs:soma http://mobile.igihe.com/amakuru/u-rwanda/article/abashaka-gufasha-interahamwe-gutera-u-rwanda-uwampa-ngo-babigire-vuba-nkwereke

twese turaribwaribwa niba wumva uri tayari ambuka umupaka urase isasu rimwe maze ujye kuruhande urebe ukwo byagenze muri congo

11.04.2016 à 13:39
suredeal

Ico Abarundi isinzi bipfuza ni Leta ikomeye apana ijagajaga. Ntivyumvikana ingene akarwi k’abicanyi bahagarika amaraso y’igihugu cose, amakartier ari kurushi akigira zurivu.
Twizera ko izo twari zose ziriko zigandangurwa zibaha icirwa. Ve ikuzimu muje i buntu, ve inyuma y’ibitaja ntibize kuko umwasi we ntasinziriye.Ve inyuma yo kwiruka inyuma y’ibihumbi kuko ntaho muzobirira, hagarike incompetence muri vyose, reke guhumiriza ahandiho barabamara kandi ikibabaje n’uko muzojana n’Abarundi isinzi.

Nta nahamwe kwizi nzima, regime imara imyaka 5 gusa atari mu Burundi. Ni ukuvuga ko hari ikitagenda neza.

Abansi babinyegejemwo kugira basambure du dedans, barondere bakomborwe.Mureke kwasama.
Izo mpfu z’abo mwasangiye urugamba zikaba atacigwa zibasigira, muzoba muri igito, ntaco muzomarira Abarundi.

11.04.2016 à 13:00
Simvura

uyo se bamushinguye ngaha gute ? ko bari bakwiye kumujana murutoke rw’ iwabo

11.04.2016 à 08:38
yewega mana

Wowe wiyise Xs ikigaragara cyo ntabwo wigeze ukandagiza ikirenge mwi shuri kuko ibyo uvuga ntabwenge iyaba uzi uwo kagame mwiriza mukanwa nabenewanyu ntabwo mwa kongera kuruka muraho gusa inzara igiye kubica ariko mwasambye neza mukareka kudusambiraho kigari uvuga turabategereje nigishika cyinshi gusa muzatubabarire ntibizahere mu magambo

11.04.2016 à 08:03
dany

Imana Imwakirir,mahara Pema Peponi Mbinguni Mileleyote Amina. Muntu Wigrumututsi ! Uragaba !??! Kuko Kahisekabi Twahitiyemwo Tugatewenabatuts,nubu Twobararamwo ! Urwanda Ruriko Rurabahenda ? Iyabamwibuka Ivyabaye Ntega Marangara,tutibagiy Jenosid Yomurwanda ! Mubikunze,igihugu Tuzokibanamwo,muvyans,tugihambanemwo ! Ubu Ntakizirko C’ishinge Nikimito Muzokoresha. Nimuze Twubakigihugu Tureke Gukwirikira Cenald Itagirimigambi. Ushigikirumugabo Atagiringuvu,mugakubitigwahamwe !

10.04.2016 à 22:27
Edymond

Ivyo babahenda,uwuzimanganije Umuntu Abazimanganije Agashushok’Imana.Muragowe Mwebwe mufise ivyiyumviro bibi kukomwambaye ubusa.Nimwihane Bigishoboka.

10.04.2016 à 22:22
Nyandwi

twirinde gucira imanza abandi,umucarubanza n’imana yomw’ijuru

10.04.2016 à 21:24
bizimana samuel

Niyitahire Ahakwisi Twatse Indaro Vyompimbara Agiye Yatunganije Ubugingo

10.04.2016 à 20:09
Ok

Mwahora Muvuga Ko Ata Muhutu Yoshobora Kurasa, None Mugeze Murwanda Muhunga, Ahoho Tugiye Kubasangaho, Mwimbe Mwigera. Kagame Tuzomupongorera Ahonyene IKigari
Uwushaka urupfu Asoma Ingwe

10.04.2016 à 17:23
Xs

niba murabagabo muzibeshye mukore nkibyo sogokuru wanyu Habyarimana yakoze mu Rwanda yica abatutsi nibwo iherezo rya Peter rizoba riheze mwamihirimbiri mwe ya DD tuzabakubita mudafite ikibatabara

10.04.2016 à 15:45
turaje

Wewe wiyise mzoyihera intagoheka,uyuba waruziko igihugu Atari icana,intwari zabahutu muguma mwica mwibaza ko tutabibona,umusi urizina muzobona camutemakuni.icokinyagwanda wivugisha,wagiye igwanda uhunze none waciye uta akaranga kikirundi,ubu rero usigaye wivugisha ikinyagwanda ?.baraguhenze ngo inkondo iravoma.ubwishime abatutsi nubwicanyi mwitwaza harumusi mutazi muzo vyishurako,koko imana nimutananigwa,kuvyaha mukorera abahutu haraho bizobazwa mwebwe nyene canke abana Banyu muzosiga,ivyabaye igwanda 94 umengo ntasomo vyabahaye.muri ibitazi.

10.04.2016 à 14:03
GEZAHO

AMD

10.04.2016 à 13:18
DEAL
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.