IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Louise Mushikiwabo : Umutekano muke mu karere uterwa na poritike z’ibihugu (...)

Louise Mushikiwabo : Umutekano muke mu karere uterwa na poritike z’ibihugu nk’Uburundi

mardi 9 Ruhuhuma 2016, par egide

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, Louise Mushikiwabo, yamenyesheje ko mu bisanzwe akarere gatekanye, amahoro adakwiye ahari muri iki gihe ariko aterwa na poritike y’Uburundi yatumye haba ibibazo, mu nyuma bikagira ingaruka no ku bihugu bibanyi.

Mu kiganiro yagiranye n’abakenguzamateka b’Urwanda kuri uwu wa kabiri, umushikiranganji Louise Mushikiwabo yagize ati : «Natanga urugero ku Burundi, aho politiki y’igihugu yazanye ibibazo byarenze imipaka y’u Burundi bikagera ku bindi bihugu cyane nk’u Rwanda, kuko ntabwo turi abaturanyi gusa ahubwo ni ibihugu bisangiye byinshi, kuko nk’iyo umunyarwanda ari mu Burundi cyangwa se bari hano ntabwo wapfa kubatandukanya, ku buryo iyo bagize ibibazo natwe bitugiraho ingaruka.»

JPEG - 27.3 ko
mushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu

Umushikiranganji Louise Mushikiwabo yamenyesheje ko ibibazo vyatewe na poritike y’abayobozi b’Uburundi bitegerezwa gutorerwa inyishu, kugira amahoro yongere agaruke mu karere.
Kubwa Mushikiwabo, kugira ikibazo c’Uburundi gitorerwe inyishu, bisaba ko inzego zose zishira inguvu hamwe mu kurondera umuti.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu Louise Mushikiwabo yamenyesheje aho Urwanda ruhagaze ku bibazo vy’Uburundi, mu gihe inyandiko zo mw’ibanga z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU zagiriza Urwanda kwinjiza no kwigisha mu bagwanyi impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, mu ntumbero yo gukura ku butegetsi umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza.


IGIHE

Messages

  • Madam ntakintunaki meigeze mubesha ndabemeye ingorane zuburundi bazironderera kurekandi vyoroshe naveho arabeko amahoro ataca ataha iburundi uyumwicanyiariko ararondeka uwoyiyahurirako

  • REKA BENE WACU NIMWIBANDANIRIZE MUTEZE IMBERE URWABIBARUTSE ,MUREKE IZONJAVYI Z’IBINWAMARASO ZABUZE ICO ZITUMARIRE ZIHA KUTWICA,UBUNDI JEWE NDANKA SHETANI ARIKO UMUYOBOKE WAYO NKURUMBI NDAMWANKA KUYIRUSHA ,NGAKUNDA UMWUBAHWA KAGAME NKABA NDAMUKUNDA CO KIMWE NUMUTAMA RWASA AGATHON ATANDUKANYE NABANDI BAHUTU. NDANGIZE NIHANANGIRIZA IGIHURAMUTWE CIYITA NTAGOHEKA KIMWE JEWE SINIYITA IRIBUKA AHUBWO IRIBUKA NIRYO ZINA RYANJE BWITE NTACOTUMA NIYOBERANYA IZINA KUKO NTANGA IVYIYUMVIRO BIRASHE KANDI IVYIYUMVIRO NTANGA NDAVYEMERA NKAVYEMANGA UWUZOSHAKA ARABIMPORA ARIKO "IYAKABUMYE NIYO IZOKAMENA "MUGABO NKAKO NAJEWE NDI WEWE NKANDIKA NK’IVYO WANDIKA SINOKWIVUGA IZINA ,IKINDI JEWE NDI MUBURUNDI

  • Umunyarwanda n,umurundi ntaho batandukaniye atari ku rurimi bavuga.ingorane ziri mu Burundi ntibazidutane ahubwo badufash guzitorera umuti.

  • ndasavye nshimitse nkumurundi abonera hafi ibintu urwanda rukabandanya gusotora uburundi ruzogira ingaruka mbi kubwa politique ya empire hima bafise ntizoshoboka

  • Umunyarwanda n,umurundi ntaho batandukaniye atari ku rurimi bavuga.ingorane ziri mu Burundi ntibazidutane ahubwo badufash guzitorera umuti.

  • H.E. Nkurunziza azovako hasigaye imyaka 4.mwitegure mwese kutora uwundi muri 2020

  • yezu dutabare turahonye abarundi

  • WEWE WIYITA IRIBUKA GUTUKANA SIWO MUTI MBEGAKO UNYIS UMUHUTU URAZIKONDIWE ?URIKIJUJU KIHAGEZE EREGA KUDAHUZ IVYIYUNVIRO NIYO DEMOCRACIE KANDI IYO NGWANO YAMAJAMBO MUGWANISHA NTAMUGUMYABANGA YOTESHUMURONGO WABA MUBURUNDI WABA MUBUHUNGIRO BIRAKURABA ICOWOMENYA GUSA INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA UGIZAMAKENGA URABAZA ABO MURI CENARED NABO MUKIBIRI BAPFUYE BARIBAZA

  • Uburundi bugizwe n’abarundi , Urwanda rukagirwa n’abanyarwanda. Gusa twese turakeneraniye nk’ababanyi!! Mbe none ko Mushikiwabo atatubwiye barya basoda bakurubakuru bashatse guhirika Presida Kagame le7/2/2016 babitewe n’abarundi cank na politike mbi y’Uburundi se? Ivyabo bizobagora cane rwose kandi bizogaragara mu misi mike!!!! Ni bareke Uburundi Imana Iburongore kandi dufise n’indongozi Ziyikunda!!!! EWE BURUNDI urakaramba!! ’ BURUNDI est un don de Dieu , personne ne peut agir contre Dieu"" Ahubwo abanyaru ni bigarure bemere Inkuru Nziza""

  • ABOBANYARU NAMBAMUNTUSUMBA IBIGWANISHO NAYOUKURINDA MURABAZA KAGAME AVYIREGAGIZA ABIZI AMANZIMISI YANDIKIRA UMUKURUWIGIHUGU CACU AMUBWIRA GO GIYENABONA BAHUTUBARINTA KWISI UBAYUWAMBERE

  • Iyvo mushikiwabo avuze nivyo nibagire ningonga reta yiburundi bayihagurukire ataruko bazosanga yateye indambara akarerekose batangure kwicuza uygamugabo ngurumbi ashaka indambara nakarere kose

  • Banyarwanda mugumye itunga ryanyu rya jenocide, ntasoko rifise mu Burundi. Twabibabwiye kera ariko ntimwumva. Modèle yanyu diabolique ntiri expotatif. Urwo rudandazwa rwanyu murugumye, rubungukire, nta Murundi numwe abateye ku nyungu mukuramwo.
    Mwararondeye abo mwosangira iyo nabi yo gu provoqua jenocide, murajana ahandi atari i Burundi.Muraja ngaho mukararama mukibaza ko abantu kw’isi yose ari ibijuju, batabona, batazi ivyabaye i wanyu. Murahenda ba nyokuru banyu. Uwo muvumo uzoguma i wanyu kandi uzobahama n’uruvyaro rwanyu.

  • nkawe ibyo uvuga urabizi abakoze genocide bameze nkawe uracafite ingengabitekerezo sasa ikigusetsa muburundi niho hamaze gupfa benshi kurusha mu Rwambyaye humira reka gushigikira ntamintu yahaye ikiremwa muntu umwuka ahumeka ndetse namaraso turekene nabicanyi kiretse niba nawe uriwe pole Ntawutura kwisi nkumusozi byose tuzabyishyurira hano kwisi Imana ikugenderere Mana fasha uburundi nabarundi bararushe intambara nutumatera kumutwe nabana kwizosi abandi bafundika kuma shati nihema plz dufatane urunana twubaka Africa murakoze

  • NTAGOHEKA WE SUBIRAMWO USOME NEZA ICIYUMVIRO NATANZE,NTAHO NAVUZE KO UR’UMUHUTU AHO WAMBESHEYE,KUBA UMBUZA GUTUKANA AHUBWO NIMBA KANCAMWO NGATUKANA NIBAZE KO UBINDUSHA, MBEGA WISE UWUNDI IKIJUJU KIHAGEZE SIGITUTSI?IGITUTSI NACO UNTUKA KIRENGEJE N’UKUTYOZA UVUGA NGO niyita IRIBUKA ,UBUNDI NAVUTSE MFISE ABAVYEYI BOSE NIBO BANYISE IRYO ZINA,URETSE KO MFISE IMYAKA ITARENZE 3 IBINWAMARASO VY’ABAHUTU WAMENGA NIMBWA ZISARA VYABAGURUKIYEKO BIKABAGANDAGURA BUNYAMASWA 1993,HARI UWAHORA YANDIKA YITWA Felicite TWATANGUYE TUDAHUZA MUGABO MUMISI MIKE TWARATAHURANYE YANDITSE YARANDAMUTSA NANJE NKAMURAMUTSA ,WAVUZE KO UTAHURA DEMOCRACIE NYUBAHIRA UKO MEZE NKWUBAHIRE UKO UMEZE ,UTAHURA KO INKONA ITARURIZWA GUMYA IVYO,NANJE NZIKO IKITARURIZWA AR’IMANA GUSA NGUMYE IVYO ,ICO NDANGIRIJEKO SINANKA ABAHUTU HABA NAMBA UTI KUKI 1993 NDAKANA GATO NANYEGEJWE N’UMUNYAKIGONGWE W’UMUHUTUKAZI IKINDI HARI ABAHUTU NANKA HARI N’ABAHUTU NKUNDA HAKABA ABATUTSI NANKA NABANDI NKUNDA,MUGABO AHO TUTOHUZA UR’UMWICANYI WAPI.

  • WEWE WIYITA NTAGOHEKA IVYO 5kg VY’UMUCERI NIVYAGUHERAMWO UZOVUGA IBIGOROROTSE,NAWE IRIBUKA IHOZE IVYUWO MWNGUSHI NAWENYENE IVYAVUGA NTIVYOTIRIMUTSA UMURUNDI WUMUTIMA NGO AKWIRIKIRE UBWIJE ,UBURUNDI BUFISE BENEBWO ,URWANDA NAGWO BAREKE KURUTAKO URUKEBWE AHUBWO NKURUMBI NANYARAGASE ASANGE UMWUBAHWA KAGAME AMWIGISHE UBURONGOZI BWIZA NIYANYURWA AZOHEZA ATAHE YITWA NKURUNZIZA

  • Empire hima yabananiye ntaniyo bazoshobora kiretseko bashobora kuyigwamwo ngo bariko barayirondera.uwo mugore mushikiwabo ko yirengangiza ivyo bakoreye abakongo nubu bakiri mubuhungiro amakungu ntabizi ntiyabivuze?
    Bakubitiweyo baromoka none bagejeje iburundi basanga si congo birabata.ahubwo umutekano muke wakare kibiyaga binini ubangamiwemiwe nugwanda rurondera empire hima.ariko nibaturure bare gukoza agati munzuki nimba batagombako bakwa ubutegetsi bugahabwa abandi.uburundi ntabwo ari congo.Imana irinde abana buburundi.

  • Uwiyita Biragoye usibye umutima mubi ufise nawe urazi ko ibyo uvuga ko ataribyo. No aba jeune bo mu Nyakabiga mubahora empire hima?

  • EWE IRIBUKA SHA CUMI UKUYEKO KIMWE NTIBIBA BIGIKWIYE JEWE SINITWA NTAGOHEKA NITWA INTAGOHEKA HANYUMA NIBURUMUTSUTSI NTUNDUSHUBUTUTSI MUGABO NANJE ABITWABATUTSI BENEWACU NIBO BAMPEKUYE ICUVUGA NACO NGOWANKABICANYI NANJE NDABANKA.

  • @BARUTWANAYO, abarundi mugira akarimi weeee, ubwo se nkawe nyarucari wabimenye ute? Na Peter ntabyo yamenya none wowe buduriya wabomenye? Ibyo nibyifuzo byanyu siko bimeze

  • mwese ndevye comentaire zanyu ndeseka nsanga ntamaso mugira muri impumyi mwapfuye muhagaze,
    fata uburundi ufate nu Rwanda ubishyire kumunzani ntiriwe mvuga vyinshi nawe uriha inyishu. murakoze , politique diabetique.

  • Uwo wiyise sumurenge wavuze ngo murwanda turadandaza genocide nawe izamushikire ayidandaze atunganirwe.

  • @Sumurenga, nonese Sha ushaka kuvuga Ko Nta genocide yabaye, Erega aho impamvu ubivuga ndayizi , ugirango tuyobewe abarundi bafashije interahamwe gukora genocide? Nuko reta ya nkurunziza yatwimye izo nkozi zibibi, ubwo kandi aho mubera ibigugu mwabemereye ngo baze babafashe muhejeje muzoze kongera kugerageza kudutsemba? Sha burya si buno, ubu ho muribeshya. Ikindi ibyo kudandaza ibiziga vyabantu ntabyo dukora tubyereka abanyamahanga kugirango bamenye ko mur’ibikokobantu, mbe ubundi mwe mwadandaje uzi abantu mwiciye aho mukibira nahandi henshi, abo mutishe mubarisha amazirantoki mukabareka mwabakuyemo impuzu, Sha reta yanyu ntiva ku Mana kweli, mwakoze amabi menshi.

  • Mbega Urwanda Rwokwemera Amabi Ruriko Rurakora Akarere Ka Gd Lac?Mbega K’uburundi Butagiriza Tanzaniya,ouganda Na Congo,ugira Ntampunzi Zahahungiye?Nuwarongoreye Inabukwe Murugarama Yaramenyekanye,nabo Bahinyutse.ONU R.INa USA Batinze Barashira Ahabona.

  • Abanyarwanda mugumane umukiro wanyu Genocide (mudandaza uduhanga za Gisozi). Iryo tunga ryanyu abarundi ntibarikeneye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.