Accueil > Amakuru > u Burundi > Lt Gen Adolphe Nshimirimana ashingurwa unomunsi kw’igenekerezo rya 22 (...)
Lt Gen Adolphe Nshimirimana ashingurwa unomunsi kw’igenekerezo rya 22 Myandagaro 2015
vendredi 21 Myandagaro 2015
Reta y’Uburundi iri kumwe n’umuryango wa Lt Gen Adolphe Nshimirimana imenyeshako ibirori vyo gushingura Lt Gen Adolphe Nshimirimana bizoba kuwa gatandatu igenekerezo rya 22 Myandagaro 2015.
Lt Gen Adolphe Nshimirimana azoshingurwa hafi y’ahubatswe ubunywero bwiwe hitwa Iwabo w’Abantu.

Ibirori vyo kumuherekeza irya nyuma bizotangurira n’imisa izosomerwa mw’ishengero Cathedrale Regina Mundi mu gisagara ca Bujumbura,igihe c’isaha zitatu n’igice zo mu gatondo.
Mwomenya ko Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro mu Kamenge arashwe n’abantu.

Van Naris Mugisha
Messages
21 Myandagaro 2015, 13:49, par mukobozi
ndunva arisawa azohora yishorera uwicisha inkota azokwicwa ninkota peee
21 Myandagaro 2015, 13:51, par MAYUNGUZE
MURAGOMBAMUREKENTACOYARATUMARIYE.ATARIKUTWICAGUSANTAKINDINAGENDEARYENAWEYUMVE
21 Myandagaro 2015, 14:01, par MAZUNGUZENI
NAGOEMBEAGENDE.MOTO CINNI NDANIYASHENI.UNASIKIYABURIBWE
21 Myandagaro 2015, 14:14, par Mwami
Aha Bazomushira Nyabuna Niho Iwabo W’ Abantu
21 Myandagaro 2015, 14:39, par BOYKA
ISHENGERO.RIZOSOMA.MISA.RIZOBA.RISHIGIKIYE.ABICANYI.BABI
21 Myandagaro 2015, 15:17, par Dodo
Aho Ngoyagoye aribuka ivyabaye mu kamenge kuba taliyano kazi bababikira?Katorika Nawe?Musenyeri Uraraba Neza.Jewe Ubwanje Ukabikora Nzorara Nsezeye Katorika.Bireke Mukozi W’ Imana.
21 Myandagaro 2015, 15:29, par Ngoya
Àhubwo bazomuhà mba canke nukumuta kuko ico ushinguye urasubîra kubikura urya shetani niwe amufise sinzi uwuzosoma imisa kwazoronka amajambo akoresha
21 Myandagaro 2015, 15:53, par Bar@c
Mbega Gatorika Yibaiy Ababikira Bayo?
21 Myandagaro 2015, 15:53, par mvuga ukuri
ndazi abakwikuriyeho nibo bazoza gushinyagurira umuryango waw ngo barababajwe nurupfu Gwiwe umuryango wiwe wihangane wahekuw nuwutobahekuy abo ntabandi atari petero nkurunziza na ndakugarika
21 Myandagaro 2015, 15:59, par kegis
MISSION YIWE YARAYIRANGIJE. YARI INTWARI MU RUGAMBA.
TUZOKWAMA TUMWIBUKA MU KUGWANIRA IGIHUGU CACU.
21 Myandagaro 2015, 17:22, par Scott
Jewe numva ataringombwa ko bamuherekeza ubwanyuma kuko nawe abo yishe bamusumba mwarabaherekeje? Ahubwo yaba mwavuga ko mugiye kumuduza abapete nayoahandi ntayo mwanze nimwashaka muzorebe aho muterera iyombwa ngo ni .....sha ntaco ihora ihoze nabandi muriko mwigirwa Plan murindire umwe kurumwe
21 Myandagaro 2015, 18:08, par Louis
Imana niyo muca manza ayo majambo yo gutuka uwapfuye ni ibicumuro mkora ababuze mwihangane dusangiye umubabaro
21 Myandagaro 2015, 18:22, par Régine
Scott, gabanya ako kagayo aho umwita imbwa wewe ur’iki? Inka canke impene? Itonde twese tuva amaraso kandi umwe wese arafise umunsi wiwe,Bikomagu ntiyaraye amukurikiye.
Abarundi tugeze aho tutagisonera uwapfuye naho yoba umwansi wawe, tugeze kure n’ukuri Imana ikubabarire kuko ntuz’ivyuvuga.
21 Myandagaro 2015, 19:05, par $BIG@$
MWES NIMUVUG IRYO MWISHAKIY KANDI TWES NTAWUZORUSIMBA ICONICO KINEZERA.IMANA IMWAKIRE
21 Myandagaro 2015, 19:26, par Eliane Kaneza
EJO MUZORABE. URYA NYENE YAMWISHE, NI WE AZOVUGA IJAMBO YIGIRA KO TUTAMUMENYE. TWEBWE ABA FDD TWARABABAYE BIKWIYE. NA WE NYENE AZOJA HARIYA NYENE. IYO ABIMENYA YARI KUMUREKA AKABANDANYA AMUKORERA. BAZI KUDUHENDA GUSA. NTITURI ABANA. TUZOMENYA NATWE ICO TUZOKORA. NONEHO UMUROZI NI WE ATANGA ABANDI KURIRA. YABA MUTAVUGA IMANA, IMANA !
21 Myandagaro 2015, 19:31, par K66 K6.
Yoo Condoleanc Ni Bihangan Abasigw Biw Ntamvur Idahit Iman Izomuhr.
21 Myandagaro 2015, 19:39, par Bona
Ewe Patiri Mukuru Wa Cathedrale Eka Uratukishije Eclesia Nukuri!!! Naho handitswe Ngo ni Muhezagire Ababahama Adolphe Ntiyarakwiye Gucishwa Ngaho Urupfu Gw’Ababikira Gwaratubabaje Bitavuzwe!!
21 Myandagaro 2015, 19:40, par big
ariko ndibazako umukozi wabarundi atazo muherekeza kuko azoba arinda kuko ntabimaramare azogira kweri kandi ariwe yaweshe nyakubwa wacu nukuri ntaze yiyubare nawe harigehe vyomushikira bikitwa ko yarasewe nawe kuriropwe yokuri nosiyatire
21 Myandagaro 2015, 19:45, par Turugwane
Niho zobandi kugira ndabe koko yampfuye zobabarira ahasigaye naho bomujana kukiriba kwankuruziza tuzomuzura tumuturira ntamurundi ashobora kuvyemera
21 Myandagaro 2015, 20:03, par RUCIO
nagende iyoabandi bajakuko ntihanuka ivyoyakoze biramushitseko ahubwoyarikwankakujayo
21 Myandagaro 2015, 20:05, par RUCIO
nagende iyoabandi bajakuko ntihanuka ivyoyakoze biramushitseko ahubwoyarikwankakujayo
21 Myandagaro 2015, 20:08, par Pontien
Yemwe mutanga commentaires: reka kuvuga nabi. Uko biri kose uwapfuye n’umuntu kandi naho bamwe mu muzi nabi ntihabuze abo yagiriyeneza. Nawe ushobora kuba uri mubi, ukora ibibi ariko umuryango wawe uwuha ivyiza, kandi baragukeneye.
Uwapfuye yazibiye iciwe, icawe n’icanje biracarimwo ubusa kandi birarindiriye. Akaje ntikazira umwe. Igokwiye nukwihana ivyaha kuko uwurucira abandi siwe ntungane!
21 Myandagaro 2015, 20:50, par Mukristumurugendo
Muriyanduriza ubusa, LT Gen. Adolphe Nshimirimana siwe bazogenda gufuba, bazogenda gushira ibivu mubindi nukuvuga ahovyavuye, ndashaka kubabwirako yabumugororotsi canke umunyavyaha icogikorwa gikorwakumwe, yabawewe uriko uracurika ucuranura uwamaze gusezer’Isi nanjewe mbonako biteyisoni iyonumvise umuntu arikwa aratuka imvu twese nitwamara gusezer’Isi inzira izobimwe nukuzodushira nkaharyanyene bazoshira umuhisi Lt Gen Adolphe Nshimirimana. Kuricontitwaridukwiye kukimarako umwanya ariko nkaje niconatoranirijwe kugira nzendabwira abantunkamwe ibindikondavuga ntakurambirwa. Ndashaka kubigisha mwunomwanya kugira mumenye twebwe ngahamw’Isi ahodushira abapfuye nihamwe ntiturobanura.Ariko Imana irarobanura, nkubujewe nubwonatoranirijwe kubwira abantu ikw’Imana igomba sinshobora kumenya aho Imana yashize nyakwigendera kandi sinzi nawewe aho izogushira niwamara kuyitaba kugira igushimire kowakoze ivyigomba igihewarikiri ngahakwi’Isi. Sinorangiza ntababwiyeko bariyabakozi b"Imana basomusengera ntacaha bazobabakoze bazobabubashe Imana kuko baraheza bakavugango imvu niryorisubiye ahoryavuye Amen?. Kandibaba baziko wamuntu yagiye ku Mana murizampwemu kuko iyotuvuze ngo impemuzamuhezemwo ngo arapfuye bisigurako wampwemu w’Imana yagiye ku Mana hasigaye ibivu vyabindi Imana yabumbabumbamwo Adamu nayozampwe imana yamuhumekeramwo zibazisubiriye ahozavuye, birasaba kwamizako kuvuga ayamajambo kandi umuntu akayavuganubwitonzi nogusenga cane ubonako abayakeneye bigorana nokugira bayahumwanya wokuyasoma kukorimwenariwe bababaratwawe nokwishimira gusoma amajambo avugango Adolphe bamugandaguye, Bikomagu bamugandaguye, bateye grenade mubantu bari ahahoze isokonkuru ya Bujumbura hapfuye abantubeshi, bakumvamwenivyo vyubwicanyi nivyobibaha morale, ariko babona uwuvugango: ndagombakubabwira ivy’Imana itugombako, ivyobakacabavyitako aruguta umwanya. canke ikinyamakuru canditse umutwewinkuru uvugango: INKURU ZIVY"IMANA ISHAKA KWABANTU BAMERA, bakacabavugako ikinyamakuru kitasohoye inkuru ziryoshe!!! Harigihe uraba ivyiyumviro vyabarundi bandika ukacawibazango mbemuvyukuri muburundi baryatwitako basenga barenga 95% tubatuvugishije ukuri. Imana itubabarire. Amen.
21 Myandagaro 2015, 21:20, par jdd jean jado
Muutama mon grand frère ruhuka mu mahoro tuzahora tukwibuka wakoze byinshi byiza kandi bibereye uburundi ndetse nabarundi bose Nyagasani akwakire muntore ze.
21 Myandagaro 2015, 21:22, par Dodo.
KWISI NZIMA NTAKIRUSHA UBUKOMEZI URUPFU PE!VYIZA TWOKWITONDA.
21 Myandagaro 2015, 22:13, par Wasafi
Agaciwe Karuma Iyo Bumenya Umwe Bwari Ikindi.
22 Myandagaro 2015, 06:40, par Kabura minani
Dorphe sindakuzi ndakuzi kumafoto mbe mbaze abantu nivyiza gucira urubanza umuntu nkawr mbe nawe niwsfa nind azagucira urubanz kimwe munsenge imana imwskir nimba yagiy atihany kuk imana iradukunda kuk yaduhay inzira imwe yogushika mwijur abasigay murek kuvuga nabi
22 Myandagaro 2015, 08:20, par pacifique
bana b’Imana,iyisi nurugndo! dukorre uhoraho kugra aze adushimir!?!
22 Myandagaro 2015, 11:33, par Niyuri Evariste.
Mbega Abahekuye Uburundi Bagezehe?Intahe Nibakubite Mugahaga.
22 Myandagaro 2015, 14:14, par EDWADR
IMANA,IMWAKIRE,MUBWAMI,BWAYO,TUZOKWAMA.TUMWIBUKA,YARINTWARI,IRAGIYATURAZE,TUZORIGENDERA
22 Myandagaro 2015, 16:43, par Félicien
L’hoe est confronté (e) 2 forces concourantes mé,à chacun de choisir son côté d’appartenence! la vie et la mort,c’est 1secret divin mé qui pr les croyants en la résurection,sera 1jr dévoilé. quant à la mort du défunt Lt.Gnl.A.NSHIMIRIRIMANA,je m’épargne à dire un mot. que l’Eternel soit l’unique JUGE!!!
22 Myandagaro 2015, 20:31, par Edward
INTAMBWE IPFUYE ISUMBW NURUNYEGERI RUKOMEYE
22 Myandagaro 2015, 22:23, par Jay
Baramushingura canke baramuhamba canke kumufoba?? Ariko namwe murantangaza. Bamushingura ngo bazomurye?
23 Myandagaro 2015, 13:12, par Ntawudafa
Uwomwibuka Nuwiticiw Warabony Asase Bamwibuka Ahubwo Dushime Akiteri Yezu Nabandi Izobaturitsa
23 Myandagaro 2015, 18:51, par nyakuguma busasa
mbe munyumvira mumuri no kwa setani azoja hehe muraho habiri?
23 Myandagaro 2015, 21:51, par nkurunziza innocent
Abo Yishe Baramaze!!!Aragapfa Ahubwo Twomuzura Tukamuturira Ndabarahiye Nta Adolphe Azoronka Ijuru.
24 Myandagaro 2015, 14:30, par Adrien Nitanga
Ingero ugerako niyo bakugererako