Umukuru w’igihugu Macky Sall yashitse i Bujumbura

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 février 2016 saa 06:52
Yasomwe : 28827
0 0

Umukuru w’igihugu ca Sénégal Macky Sall , umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo w’ejo kuri uwu wa gatatu.

Umukuru w’igihugu ca Sénégal Macky Sall , umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo w’ejo kuri uwu wa gatatu.


Kumenyekanisha

1
HAVYARIMANA 28-02-2016 à 15:03

NONE KO ATAMAFOTO

2
nshimirimana anatori 25-02-2016 à 21:00

turamukeje imanimujimbere

3
Havugimana 25-02-2016 à 17:32

Icipfuzo canje nuko abo bakuru b’Ibihugu baje kugenderera Nkurunziza bosiga basavye abarundi bose bahunze guhunguka, kuko ata honyabwoko ry’abatutsi basanze mu Burundi, hanyuma bongere basabe ko ibiganiro vyonyarutswa kuko nta kuguma hategwa grenades mu masoko n’ububari bidahonyozwamwo ikirenge ca Nkurunziza, c’est vraiment archaique comme solution de la crise politique en cours. Il faut que les burundais évoluent avec le temps, kuko ubwicanyi muri politique buhamagara ubundi kandi si bwiza namba mu basangiye Igihugu. Vyiza rero nukwitwara nk’abantu civilisés, tukamenya gusonera uwo tutiyumvira kumwe muri politique twibuka na cane cane ko umunyagihutu yipfuza igihe cose gutwagwa mu mahoro. Tubandanye rero duterera ivyiyumviro vyubaka abarundi n’Uburundi tureke kwisenyerako k’impene.

4
NYABA 25-02-2016 à 11:33

ABO BAKURU BIBIHUGU NIBAGANIRE NA PRESIDA BANAMUSABE ABAPFUNGWA YARAYE MEREYE IMBERE YUMUKURU WISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU KWAZOREKURA ABAREKURE EJO ARIYOMUKIRE NAMWE MWITABIRE IVYO BIRORI IVYO TWARABIHIYE NA RWASA YARAMUHENZE NKUKO AREKURA BAKE CHANE GRWOSE

5
ernest 25-02-2016 à 09:47

Gushikaho simbarwa nkico bazaniye abarundi kuko gushika vyonye igikuru nuko bafasha abarundi kwitura uwomutwaro ubaremereye watumye basigara bipfumbereje kandi baribafise ababo none batakigira ikibahoza

6
INTAGOHEKA 25-02-2016 à 09:25

WEWE UKUNDA KWIYITA IRIBUKA NABANDI BAGUMA BISHIKANA NAWEWE NIYUTISHIKANA UZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA NKURUNZIZA NUMUGABO WIJUNJA NIJAMBO WANJA WEMERA NUMUGABO URAVY UTUGABO TWAHUNZE NINTARE YIBEREYAHO

7
ani 25-02-2016 à 09:10

,Emwe nibeze amosonindabirorere.

8
Kegis 25-02-2016 à 08:10

Utwo dufoto ni twiza PEE !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha