IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Maison SHALOM yegereye abarundi bahungiye mu Rwanda

Maison SHALOM yegereye abarundi bahungiye mu Rwanda

samedi 17 Gitugutu 2015, par egide

Ikigo Maison Shalom co mu Ruyigi cuguruye aho kizokorera mu gihugu c’Urwanda, akaba ari mu ntumbero y’ugufasha impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, hamwe n’abandi banyagihugu.

Amakuru dukura ku rubuga ngurukanabumenyi bw’ikigo Maison SHALOM amenyesha ko igihugu c’Urwanda cemeje ikigo Maison SHALOM nk’ishirahamwe mpuzamakungu.
Bizindavyi Pascal akaba ariwe yahawe amabanga y’ubuyobozi bw’ikigo Maison SHALOM mu Rwanda.

Mu bikorwa vy’ico kigo mu Rwanda, harimwo kugarukira n’ugufasha abarundi bagera ku bihumbi mirongo ine na bitanu n’amajana atatu na mirongo itanu na batanu bari mu Rwanda (abantu 45.355).

Ibikorwa nyezina vy’ukwugurura ku mugaragaro Maison SHALOM mu Rwanda bitegekanijwe mu ntango z’ukwezi kwa Munyonyo 2015, mw’ikambi y’i MAHAMA, ari nayo isanzwe irimwo abarundi benshi bahungiye mu gihugu kibanyi c’Urwanda.

Nk’uko tubikura ku rubuga ngurukanabumenyi bw’ikigo Maison SHALOM, ico kigo mu Rwanda kigiye kwihutira kwigisha impunzi z’abarundi ingene zoshinga amakoperative, hamwe n’ukubaronsa uburyo n’inyigisho z’ingene botanguza imigambi mito mito.


IGIHE

Messages

  • maison sharom tukuri inyuma mugufasha bene wacu mu rwanda ariko nabashaka guhunguka uze ubafashe basubire mu gihugu cy amavuko

  • Impuzi nzabarundi zahunze kubamugihugu gitwarwa numukuruwigihugu atwaye ibiringo bitatu amajambere yabasaranye mu Rwanda iyobahungiye mugukora ibikorwa vyiterambere!!! Ndabemeye mwebwe mwahunze kubamugihugu gitwarwa numukuru wigihugu atwaye ibiringo 3

  • Maison politique apana shalom urazi ivangura ryabo! utari umututsi ntibakwerekwa yemwe maggi uwomwica

  • @wacu
    Ngo bahunguke?Ahubwo we ashaka bamusangeyo ari benshi aronke la misère àvendre en europe,c’est du business,abatutsi ntaco batadandaza na benewabo barabica ngo baronke fond de commerce ya genocide nko mu rwanda.Ahubwo nohanura abashaka gutaha ko bokwinyegeza kuko ubu bigiye kuba ibidandazwa uwuzobivugira hejuru azicwa,nayo abahutu bo nimba bariyo kurayo akarenge barabamarirayo.

  • Maggy uwutamuzi aramubarirwa. Abahutu muragenda murangaje amazuru mwitonze azoyasukamwo agapiripiri.

    Abatutsi muzocuruza imivyimba gushika ryari?

  • Karasizingani amashirahamwe acuruze icitwa kiremwa muntu! Ibimenyetso simusiga biragaragaza neza ingene agateka kazina muntu gahohoterwa muntumbero yinyingu runaka zabamwe bamwe kugirango buzuze imifuko yabo ninda zabo nyamara batitayeho kugira ico bakijije ntampuwe zikibaho mwisi uwurushije inguvu uwundi niwe amukandamiza isi igeze kumperuka ndetse igeze kumusozo abasoma nibategere kuko atanakimwe kitahanuwe kitazo shika.

  • nivyiza cane,aho hose ubugez birashoboka kuhakorera ibikogwa vyiza,nayo impunzi ziri mugwanda sabatutsi gusa,nabahutu barimwo.

  • ntibitangaje buca kabiri twumve ngo na RPA yahawe uruhusha rwo gukorera mu rwanda Nkurunziza ni mubi kuko atwaye 15 ans arumuhutu ariko umututsi Kagame wewe atware ubuzima bwiwe bwose amakungu ntavuge.Toka

  • ivyiyumviro vyo kugumura vyinyegeje muri maggy birahaye bimenyekana.Hama bababwira ko aribo babuza impunzi guhunguka bagaharira! uwo n’uwambere n’abandi bari inyuma.Kazo katubikiye vyinshi mwebwe nimurindire, uwuramvye azobona.

  • Erega mwe muravuga maggy ntimuramubona neza,rondera ku ma you tube niho muzomenya neza ico ari,ni agakecuru kabi cane k’ubwishime n’ubushirasoni burenze,ni inkuku,je plains les pauvres orphelins hutus qui ont vecu avec elle,ni urupfu kaba kariko gakankama gatanga amategeko la putain katigeze kavyara na rimwe,sans oublier que c’est elle qui a tué Agnes dury kubera ama interets ,ndabasavye ntimukangwe n’ingene ahengeka umutwe twaramuhinyuye ,abahutu bari mu rwanda birabasha ntimwumva,urwo rupfu rurabahitana,kavugiye ku mugaragaro ko kagiye gufasha les rebelles mu rwanda,mwibaza ngo ni maman ,c’est ce qu’elle aimerai faire croire ,ariko benshi twaramuhinyuye la petasse.

  • Ahubwo yariguterura bose agatwara. Yemwe amacakubiri!!!!!!!

  • Ahubwo yariguterura bose agatwara. Yemwe amacakubiri!!!!!!!

  • yerekanye ko adashigikiye ikiringo ca3 ca P nkuru,.,,, mukuja gushigikira abavuze ko bahunze imbonerakure niyo atac’abakurikira bazomumesa vuba guko arabagwanije adahunze arapfa bidatevye,

  • Maison Shalom , turagushikiye cane rwose . Bwa bundi ndabonye ingene bahutu bafise amacakubiri arengeje urugero pe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.