Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Miss Burundi 2016 : Abigeme 16 bashitse mu gice ca nyuma (Ifoto)
Yanditswe taliki ya 27-06-2016 - isaha 21:49' na IGIHE

Ihiganwa rya Miss Burundi 2016 ryasubiriye, rikaba rihuza abakobwa baserukiye intara zose zigize igihugu c’Uburundi. Iryo higanwa rikaba rigeze mu gihe ca nyuma.

Mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, abakobwa bagera kuri 16 akaba aribo batowe. Igice ca nyuma gitegekanijwe kuzoba kw’igenekerezo rya 23 Mukakaro 2016.

Abashitse mu gice ca nyuma c’ihiganwa (Ifoto)

Ivyiyumviro vyanyu

ndapfurij amahegwe umututsikazi

22.09.2016 à 17:08
eemelyne mugisaw

Mfise Ikibazo

5.09.2016 à 21:38
Manirambona Dieudonne

nne ivy babitora bisunga iki ? cnk akamaro kivy nakahe kmw gsa umututsikazi niwe always the first kumuhutukazi urumv abahutukazi nibabi

26.08.2016 à 06:48
Nestor

Kubera Iki Ari Ubwoko Bumwe Gusa Nta Muhutu Mbona ?

15.08.2016 à 07:32
Jean Bosco Nijimbere

none aba miss nabanyagihugubazobatora ?

13.08.2016 à 19:33
BARUTWANAYO Casmir

Umukobwa Yoba Umu Miss Tumurabiye Kuki ?

13.08.2016 à 06:16
Emma

richari nagir mbaze mugutora miss mwisunga imigamb cank mwisunga ubwiza

12.08.2016 à 11:44
richard

Ese Mugutora Umu Miss,muraraba Imico Nimigenzo Yiwe ?Canke Muraba Kurukoba Gusa

6.08.2016 à 13:16
Hakizimana Emile

Uwambere Azoba Umunyamakamba

25.07.2016 à 16:29
Methode

Ntabara mumbwire,
Tuzotera imbere gt nibi vyiyumviro ??
Nta bwokona bumwe buzohonya ubundi ngaha i burundi,iyo tuba turi abandi tworavye iyo tuja et non iyo tuva.
quant a nos misss, btere imbere kk niyo n’intambwe. P6

24.07.2016 à 13:09
guy landry

Ntabara mumbwire,
Tuzotera imbere gt nibi vyiyumviro ??
Nta bwokona bumwe buzohonya ubundi ngaha i burundi,iyo tuba turi abandi tworavye iyo tuja et non iyo tuva.
quant a nos misss, btere imbere kk niyo n’intambwe. P6

24.07.2016 à 13:05
guy landry

OK ! VOUS VOUS EXPOSEZ DANS UN TEL PAYS ?????? !!!!!!!!!!!!!!! QU’EST CE QUE VOUS CROYEZ ????

5.07.2016 à 12:02
Carole

ha yemwe abenedata baciyumvira ivyamoko bobo barabeho ntaravyibagira.nibamenyeko atamuhutu atamututsi kuko twese turabene adamu.

3.07.2016 à 20:57
NIYOMUGABO J.

nimunyereke miss wambere m’uburundi

3.07.2016 à 20:48
gaston

NIHATAR !!! ABANTU NABO BASIGAYE BAHAYANISHWA NKIBIDANDAZWA IYOMIGAMBI SIYO

2.07.2016 à 20:35
GITANDARA

nta muhutukazi yorusha ubwiza umututsikazi

2.07.2016 à 08:42
turaje

Asha izina niwo muntu uri Umurozi kabisa none ndakubaze sha Murozi
Ryari umuhutukazi yarushije ubwiza umututsikazi ???

30.06.2016 à 14:17
Kiboko yao

mbonamwo abatutsikazi benshi aho muhagabire !!!!!!!!!

30.06.2016 à 06:26
murozi

NDAHA AMAHIRWE UMWIGEME ARLETTE MUHIMPUNDU.

29.06.2016 à 16:53
NYANDWI Côme

Imisi y’iherezo irangwa na mwene ibi bimenyetso ! Kuki IMANA yoyo idaclassa mu kurema ?

29.06.2016 à 04:39
WEWE !
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.