Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 février 2016 saa 01:29
Yasomwe : 72477
0 0

Umukuru w’igihugu wa Mauritanie, umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagiye kugendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu.
Uwo murwi w’abakuru b’ibihugu bane hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopie ukaba uje kuvugana n’abo vyega, uko hotanguza ibiganiro bihuza abarundi kandi bidakumira vyari bisa n’ivyahagaze.
Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse kuri uwu wa gatatu, mu gihe n’abandi bitezwe kuri uwu wa kane, mu rugendo rw’iminsi ibiri bazomara i Bujumbura.
Abategetsi (...)

Umukuru w’igihugu wa Mauritanie, umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagiye kugendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu.

Uwo murwi w’abakuru b’ibihugu bane hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopie ukaba uje kuvugana n’abo vyega, uko hotanguza ibiganiro bihuza abarundi kandi bidakumira vyari bisa n’ivyahagaze.

Mohamed Ould Abdel Aziz yashitse kuri uwu wa gatatu, mu gihe n’abandi bitezwe kuri uwu wa kane, mu rugendo rw’iminsi ibiri bazomara i Bujumbura.

Abategetsi bagiye kugendera Uburundi bose hamwe ni batanu, abo nabo akaba ari, umukuru w’igihugu wa Mauritania Mohamed Ould Abdel Aziz, umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo Jacob Zuma, akaba ari nawe azoba arongoye umurwi w’abo bakuru b’ibihugu, umukuru w’igihugu wa Senegal Macky Sall, umukuru w’igihugu wa Gabon Ali Bongo Ondimba, hamwe n’umushikiranganji wa mbere wa Ethiopia Hailemariam Desalegn


Kumenyekanisha

1
lea 5-05-2016 à 21:09

Nshaka amahoro mu gihugu chachu

2
Baobab 25-02-2016 à 14:43

@maoni
"Ikintu abarundi bihendaho nuko habura umuntu uhagaralira abatutsi balimo gukorerwa ihonya bwoko mumishyikirano !!!"

Ewe sha maoni !
None ga ugira ngo utwibutse ko Uburundi bwabaye monéthnique nk’Urwanda ?
Oya sha ibintu birarutana !

3
gwaho burundi 25-02-2016 à 11:17

nukuri numwami witsi ???ariko nikuber atazofpa gusa

4
NDARIHOZE OMAR JOHN MARCAIN 25-02-2016 à 09:24

Nibaze Vraiment !Ibimaramare Vyice Bamwe Bihay Amabarabara Ngo Ntibakeney Ibiganiro Vyobahuza N Abakubise Coup D’etat !Mbe Ko Uwo Bashra Imbere Yavyemeye Bizosubizwa Inyuma ?President We,umugabo Yihindukiza Mu Buriri Apana Mwijambo !Nturemerw Nuwo Mugwi Wawe Ngo Wanke Ibiganiro !Wibuke Ko Wofuma Ubura Ico Usezerana Hako Usezerana Ntushtse !Ntusubiz Inyuma Ibiganiro Kuko Na Wewe Urafis Umuryango !Wumv Impanuro Kuk Agasozi Kintahanurwa Kahiye Abagabo Babona !

5
INTAGOHEKA 25-02-2016 à 09:06

EWE IRIBUKA SHA NAWE GULLY MUFUS UBWENGE BUKE BARAYAMAZE NGO ZIKONWA ZIROHA KANDI NGWAMASO YIBIKERE NTABUZABAVOMA NAMWE NDABABWIYE POLE SANA KUKO MANDA YANYU NTIRAGERA MWE NIKAMA TU CAYI NKUKO MUTAMA YARIVUMEREYE MUZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA

6
Kegis 25-02-2016 à 08:16

MUBAHE IMIKEKE BIRIRE, MUBAVUGIRI INGOMA BATAMBE BATARIKE, MUBAHE N’ AKAVINYU BANWE BACE BADUSIGIRA AMA Dollars IMBERE YO GUTAHA.

7
GERMSON 25-02-2016 à 06:55

uburundi bwacu ?/bwanyu ? bw’amata n’ubuki ?/bw’amarira n’ubukene ? yemw abasenga dufis akazi ! ivyiza biriho n’ibibi biriho !

8
Mateso 25-02-2016 à 02:31

Abo bavuga ngo abanyagihugu ngo twarushe niyivuge wenyene kuko ibice 99,4 twiberey mu mutekano wumusesekara.nutwo duce 6 nudu cartier nuwo mugamba wanyu mwahungiyemwo ikimbabaza nabana banyu na benewanyu muriko mutesha ishure burya Nkurunziza Muzomushobora Ndavye Uko Vyatanguy Politque Yayutse Nababatumye Batekereje Rero Hako Mwoguma Muturatura Murabe Aho Muhagaz Aho Mugahinga Ngama Manda Nawe Atayuzi Isokor Ww Ufis Agatima Kukwiyumvira Mweger Imiryango Yanyu.

9
kabizi 25-02-2016 à 00:27

None ga banyarwanda ko mudutukira umu presida wacu akunzwe n,abarundi barenga 85% murashak kuduha inde adutware ??? peter nkurunziza urumugabo w,abagabo atagir ubwoba,,,,, ramba ramba

10
maoni 24-02-2016 à 23:03

Ikintu abarundi bihendaho nuko habura umuntu uhagaralira abatutsi balimo gukorerwa ihonya bwoko mumishyikirano !!! niba ntawe iryo honya bwoko lizahinduka ikidandazwa !!! none mumishyikirano nihaboneke umuntu ahagaraliye abatutsi , kandi koko nibyo nibo benshi nkurunziza amaze kwica !!!

11
umve !yeee ! 24-02-2016 à 22:29

nibabavugirize yemw mungagara nanyakabiga !bameny k rutitaha knd k tubishoby kwivuna za 5mill zije

12
Nimubona Claver 24-02-2016 à 22:00

Reka Turindire Twunve Ico Decideur Azobabwira.Kuko Twarikukiye

13
nkdn 24-02-2016 à 21:50

uraberewe peeeee ukwiye kuguma kwivora urabona uko muberewe

14
CYRIAQUE 24-02-2016 à 20:44

NKURUNZI URUMUGA WABAGA URINTAKUGWA KWIJAMBO WEMEREYE ABARUNDI IRAMBIRE ABAZA MUBEREKE KUBURUNDIBUGENDWA ABANGUSHIBAMARAMARE IRAMBIRE

15
Eric Buhema 24-02-2016 à 20:36

Haa ! ! ! Turindire Turabe Nabo Ko bobitunganya Bikaja Muburyo Abarundi Tukava Murizi Ngorane Turimwo.

16
BIGIRIMANA CYRIAQUE 24-02-2016 à 20:33

AHOTURUSHIMA UKO ABOBAPRESIDA BISHIKIRA MUBURUNDI BIRABIRE ABOBANGUSHU BIRIGWABAMAMAZA NGOMUBURUNDI BIRACIKA KANDI ABENEGIHUGU DUTEKANYE TURYATUKARYAMA ABAVUGA AMAHONYABWOKO IVYONIBIHEMU VYIGIHUGU BAFISE IVYIYUNVIRO BISHAJE NTIBAKUNDA UBURUNDI NABABUBAMWO NAHOBOKWITO NTAWUZOBATORO UWAGUMWE MUMUGIHUGU AZOTOGWA UWONINTARE NIBAGERAGEZE TURABE ICOBAZOGERAKO BAMARAMAYE NAHO BOTWAZA ZEBIYAIBITA NTIBIKUNDA MUBURUNDI NIBAZETWUBAKE IGIHUGU

17
AUDACE NIYOMUREZI 24-02-2016 à 20:31

EMWE NIBAZE ARIKO BAMENYE KO NKURUNZIZA ARI UMWICANYI KANDI UMUNYAMANYANGA

18
J.Marie 24-02-2016 à 20:26

Jewe Nunva Arivyiza Kuko Inkurumbarirano Irutwaniyo Wiboneye

19
Iribuka 24-02-2016 à 20:14

WEWE WIYITA NTAGOHEKA EKA IZINA NIRYO MUNTU NDIBUKA KO IMBURAMUTIMA Z’IBINWAMARASO ZIHEJEJE GUSHIRA MUNGIRO IHONYABWOKO RY’ABATUTSI,IZOMBURAKIGOGWE Z’ABICANYI ZACIYE ZIBUMBIRA HAMWE MUKARWI KAGENDA KICA GATEMA GATONGORA GATURIRA KIYITA INTAGOHEKA ,NAWE URUMWE MURABO, ARIKO NKUBAZE INYUNGU UMAZE GUKURA MUMARASO NIYIHE ? CANKE URI MURI ZANTERAHAMWE NKURUMBI YATUMAKO NGO ZIMUFASHE KUBANDANIRIZA AHO BAGEJEJE 1993,UWO NKURUMBI UVUGA ARUTA WEWE UR’UMUCANGERO WIWE,ABANDI KURAMWO,

20
Baptiste 24-02-2016 à 19:56

Barakaza Muburundi Igihugi Camata Nubuki

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha