IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Musongati: Yaraye yishwe n’abantu bataramenyekana

Musongati: Yaraye yishwe n’abantu bataramenyekana

lundi 18 Ntwarante 2013

Umugabo afise imyaka 60 yarishwe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 17 ntwarante 2013 ku musozi Maganahe mu ntara ya Rutana .Ubwo bwicanyi bwakozwe n’abantu 5 aho babiri muri bo bari bambaye umwambaro w’igirikare bakaba baribitwaje inkoho.

Ubwo bw’icanyi bukaba bwabaye hari umutamakazi wo ku musozi Buhinga muri iyo komine nyene yari yaraye yishwe mw’ijoro rya 16 ntwarante 2013 .Musitanteri wa komine Musongati akaba yasavye abanyagihugu bo muri ako gace kurikanura.


Floxella Karire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.