IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muyinga : Imiryango 70 yahora mu buhungiro yatahutse

Muyinga : Imiryango 70 yahora mu buhungiro yatahutse

lundi 1er Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Imiryango igera kuri 70 mu yiharurwa mw’157 yari yahungiye mw’ikambi y’impunzi y’i Nduta mu gihugu ca Tanzaniya, yatahutse. Iyo miryango ni iyo muri komine Mishiha, mu ntara ya Cankuzo. Abajejwe intwaro muri iyo ntara basaba n’abasigaye mu buhungiro ko botahuka.

Abo bahuhungutse bavuga ko batashoboye kwihanganira ubuzima bubi buri mu makambi y’impunzi muri Tanzaniya, maze bahitamwo gutahuka. Iyo miryango ivugana na VOA yamenyesheje ko yakiriwe neza n’ababanyi hamwe n’abajejwe intwaro kuko bavuga ko babafashije gusuzuma n’amatunga bari basize.

Mu ntara ya Muyinga, abejwe intwaro basaba ko n’abandi basigaye botahuka kuko muri komine Mishiha, ata bibazo vy’umutekano bihari, nk’uko bishikirizwa n’abo bajejwe intwaro.


IGIHE

Messages

  • Karibu nibaze bubake igihugu cabibarutse mubuhungiro ntavyiza biriyo atarukurwara ukabura uwuguha amazi

  • Natwe turino murwanda turakeneye kwitahira tuboneyeho nogusaba ababishoboyebose babwire HCR nurwanda batangaze bati turatanze uruhusha uwuzoza atashaka kwitahira Burundi azoze aratumenyesha Rwanda hazocahasigarayo bake canke ntanumwe yosigarayo, kuko kugerubu mengo turafunzwe ugize uracafatirwa hanze yinkambi bacabakubwira ngo waritorotse wisubirire iwanyu kujagutangura kuvugaguzwa shaaa?

  • Bobo Bararoswa Uburenganzira Bwo Gutaha. Tweho Nibadusabire Nti Tuzohave Turwa Murwand.

  • nivyiza cane nibata huke kuko mugi hugu ntakibazo kuri twe bwe bato bata gwani ubu tetsi ibazokiriku kurabontavuze

  • nivyiza cane nibata huke kuko mugi hugu ntakibazo kuri twe bwe bato bata gwani ubu tetsi ibazokiriku kurabontavuze

  • Twebwe turazi kobahenzwe noguterwa ubwoba ngo Nkurunziza niyitoza tuzokwica abarundi dukuzako bamaze kuvyumvaguryo ntakundi barirutse kandi ntibihenze urevye Pacific N intumwa ya Kagame abarundi yicishije barenga 450 ucubona kobaribiteguye kwica bakuzako ariko abajejwe umutekano biburundi kubera aribabitumwako barakoze batiziganya barababwira bati gezaho.
    Uburero tunyotewe guhangana igihugu kugihugu ndavuga Rwanda maze babasifuzi babamenyeshamakuru baribarungitse navyabihugu igihe vyarivyateguye gutereka kubutegetsi abazoba ibikoresho vyabo bazoze barabe Kagame na Nkurunziza ukuntu H E Nkurunziza azojubita impaga abanyarwanda bakabohoka bigashirwa mumvyino nomubisiki nomuvyivugo.
    Ivyo bizoba vyasebikunze ariko icobibuza nibiganiro kugihugu cuburundi nurwanda.
    Abarundi nabanyarwanda twiteguye guhitamwo kimwe mugusekurana canke kuganira.

  • @. we ninde yakubwiye ko u Rwanda ruganira nintumva? barakubeshye nimuza neza muzaganira nu Rwanda naho nimuza nabi muzakabona u Rwanda nigihugu cyigenga ntampamvu yo kwinga muzabaze FDLR canke abafaransa bazababwira .

  • Uwo muntu avuga ngo arafunzwe mu Rwanda ni nde? Yaravuze ko ashaka gutaha baramwankira?
    Nabe areka kubesha. Nubu nyene navuge ko ashaka gutaha arabe ababimubuza. Nta soni? Ni nde bobohera mu buhungiro adashaka? Uwo ni umubeshi, si yo ari, uko ni ukugomba gutyoza abantu gusa.

  • nibab bagumay kuk ntawuhung amahor abw mber bakwiy kudusab ikigngw.

  • Nibatahe Bafashe Abandi Kwubaka Igihugu Camavukiro

  • Nivyizakubabagarutse.Nakarebaribahunze,amahoro

  • EGONIBATAHUKE KUKO AMAHORO NIYOSE MUBURUNDI KARIBU TUZOBAKIRANEZA .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.