IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Mwaro : Abajejwe intwaro basabwe gukora intonde z’abana batazwi iyo (...)

Mwaro : Abajejwe intwaro basabwe gukora intonde z’abana batazwi iyo bari

jeudi 3 Ntwarante 2016, par egide

Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO asaba abajejwe intwaro mu ntara ya Mwaro ko botororokanya intonde z’abavyeyi bafise abana bahevye amashure batazi iyo bari, hamwe n’intonde z’abo bana nyene, kuko kubw’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO, abo bana bashobora kuba bari mu bagaruka guhungabanya umutekano ku mitumba.

Mu nama y’umutekano icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston SINDIMWO yagirishije kuri uwu wa gatatu ari kumwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE, muri komine Gisozi, intara ya Mwaro, yasavye abajejwe intwaro gukomeza amahoro n’umutekano.
Iyo nama yahuje abarongoye abandi mu ntara ya Mwaro, abajejwe umutekano, abaserukiye abandi mu mirimo itandukanye hamwe n’abaserukiye abanyagihugu, ikaba yatunganijwe inyuma y’aho hibonekeje umutekano muke muri iyo komine ya Gisozi.

Ku bijanye n’umutekano muke uza uribonekeza mu mihingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi, Gaston SINDIMWO avuga ko bikorwa n’abatemera amatora, bashaka gushika ku butegetsi ataco bakoze, akavuga ko abashaka guhiganwa bokwitegurira ikiringo kindi (mandat).

Gaston SINDIMWO yasavye abasitanteri bose bo mu ntara ya Mwaro ko bokora intonde z’abavyeyi bafise abana bahevye amashure batazi iyo bari, hamwe n’intonde z’abo bana nyene kuko kubwa Gaston SINDIMWO, abo bana bashobora kuba bari mu bagaruka guhungabanya umutekano ku mitumba.

IGIHE

Messages

  • ahubwo,nibagir’utondegwababuze.ababobishwenareta.mbegahohomugiramumenyenutwacitsekwicumu,mutumarire,nimurekegutweng’ababuzababo nihaba,ibiteronarusasumantizoba.!

  • Namwebw Mwaramaz Guhamuka!!Abana Baheba Amashure Kubera Mwebwe Mwamaze Kwaguka Ivyo Bida Vyanyu!!Atanakazi Kakibaho Mwa Bagumyabondo Mwe!

  • Gaston wari wariratevye gushira mugiro ishigano sho buja Nkurubi ya guhaye yokubarura abatutsi bahunze nabasigaye mugihugu erega ya kugabiye umugabwe wa Rwagasore nkurubi abizi ivyo a gomba kugera sha vyose uzavyishura wowe na Concilia haba ejo canke umwaka uza

  • Urakoze Mutama! Ariko Wibuke Intara Ya Mwaro Ko Atakaburimbo Wahabonye,abajene Bose Bi Mwaro Bibereye Musaga;Nyakabiga;Mutakura Nkibice 81%

  • Kubiri iki imwaro gusa ni mwa ndike abavyeyi baba hunze bose

  • Bijya gutangira bica abantu mu Rwanda nuko batangiye bakora liste nyuma bamara abantu.
    Ntabuyobozi mufite puuuuu

  • Uwutagira umwana i mwaro ntazi igene bigenda mu gasumo la Mwaro, iwabo w’Imana yu Burundi.Gaston plus jamais mettre ton pied àMwaro.

  • IKIBAZO IKIBAZO!!!!!

    ABATUTSI MUSHIGIKIYE NKURUNZIZA NA GOMBA MBABAZE :
    1) MBE KO MUNAMA NSHINGA MATEKA MWAVUZE MUTI TWE NTAHONYA BWOKO RIRI MU BURUNDI, MBERE MUKANIRATA KO MURI ABATUTSI BIMENA MBEGA EMPIRE HIMA YOYO MURAYEMERA?
    ABATUTSI BAVUGA BATI IHONYABWOKO NAMWE MUTI NTAHONYABWOKO KUKO TURI MURI RETA
    ABAHUTUNABO BATI EMPIRE HIMA MBE YO IZOKORWA NABANDE KO MWE MURI MURI RETA KANDI MWEMANGA KO MUHAGARARIYE ABAHUTU? ABARIKO BAPFA MUZOBABAZWA MWE

  • Urworusasuma bazoruhere mumuryango wiwe kuko nasekuruza wiwe nasekuru ntaratwereka aho bagiye.cakabiri natangure atugirire icegeranyo cabanyabantu birarwana batumariyeko abenigihugu, burya umugabo iyo yahivyicoyimena niryavuga araribura. burya ntamyaka ijana bazoma mwutwo tubanza barimwo bishimira, harihi bihangange vyari bikomeye mukwica nokwishira hejuru unomusi barihe? nabo umusi warwo inkoko ntibika.

  • mpemuke ndamuke niko tuvyita, nibakugurire costume urye amaraso yabana babarundi mugabo impera nimperuka muko uriko uravuga kwamwatowe ntuze ibihakane imbere ya sentare kazima amajwi ariho ntiwibaze ngo nibabantu bicwa kera kakaba akamizwe ningoma ubu siko bikiri .

  • NONE BAREKE BAGNDE KURONDERA IYUBUZIMA BUSIGAYE BAREKE IVYABURUNDI VYARANSE NIMW MWATWANGAJ

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.