Accueil > Inkino > Natalia Trukhina : ’’Nakoze rimwe gusa amabanga mpuzabitsina ntivyandyoheye’’
Natalia Trukhina : ’’Nakoze rimwe gusa amabanga mpuzabitsina ntivyandyoheye’’
lundi 22 Ruheshi 2015
Ku myaka 23 gusa, Natalia Trukhina amaze kuba uwa mbere amaze kuronka imidari myinshi mu banonotsi bo ngaho mu gihugu c’Uburusiya, mbere no mu mahiganwa mpuzamakungu.

Natalia yamenye ingabire iri muri we afise imyaka 14, yakuze akunda imikino y’inguvu ; na canecane iyo kugwana ;ico gihe agifise imyaka 14 yapima ibiro 40. Uwo mwigeme kubera ingene yakuze n’imyimenyerezo yagira, vyatumye aba umwe mu bigeme bakomeye kw’isi ivyo navyo bituma abagabo benshi batamwiyumvamwo.
Natalia Trukhina apima cm168 ibiro 92 amaboko cm 50 , amaguru cm 80 ashobora guterura ibiro 240 gushika ku 300. Haheze umwaka umwe gusa Natalia atwaye imidari ibiri y’isi(record in armlifting),uwo mwigeme ubu aza ku rwego rwo hejuru mu banonotsi b’i Buraya, kandi biboneka ko no mu myaka akiri muto.

Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru deall mail aon line co ngaho mu Burusiya, avuga y’uko atawohirahira ngo amuhangare mu kumukengera canke kumutuka uwariwe wese yomwivuna. Kuri we avuga ko yumva ikibazo co kuzokwubakana n’umugabo ataco yiyumvamwo, ahubwo yumva guterura ivyuma arivyo bimuryohera kurusha kuryamana n’umugabo canke kwubaka.
Amafoto yiwe kumwanya kumwanya araja ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye, nk’uko bisanzwe harabashima ibikorwa vyiwe n’ababigaya ariko wewe yafashe intumbero yo kutazosubira ku za arishura ibibazo vy’ikibiriraho(en ligne direct)kuko abamutuka bihora bishika akamena inyabwonko yiwe canke ngendanwa yiwe kubera ishavu ry’ivyo bariko baramubwira.
Natalia Trukhina aheraheza avuga ko gukunda nawe arakunda ariko yemeza ko kuva abaho amaze kurangura imibonano mpuza bitsina rimwe , naho nyene yasanze ataburyohe na bumwe burimwo akaba yahisemwo kugira abahungu b’abagenzi bagirana ikarashsishi, atari abahuza ibitsina nawe.




Bill Nkurunziza
Messages
22 Ruheshi 2015, 15:17, par RUPANDE
MB UGWO UBONA HARI UWOGWUBAHUKA? UGWABIRIY NABI NTIGWOCA RUKUNIGA? YAMARA RURABESHA RWOBISHAKA HOHO BOGWABIZA NTIBOKANGWA NIVYO BIGUVU,BAC,UMUGANI NGO AKARYANA NTIKARYAMANWA
22 Ruheshi 2015, 15:22, par Bucumi
Nakomeze kuko ikintu ubona ko kigutunze nico ushiraho ubwenge. Abagabo ngo n’ibica?ngaho abakunda kurongora,harigihe muzohura na nyamusi.
22 Ruheshi 2015, 15:51, par Claude
Ubutunzi Azoburonka Mgabo Ntaho Bwoba Bushimikiy Kuko Ntazoronka Abo Babusangira
22 Ruheshi 2015, 15:52, par Claude
Ubutunzi Azoburonka Mgabo Ntaho Bwoba Bushimikiy Kuko Ntazoronka Abo Babusangira
22 Ruheshi 2015, 16:00, par Gashema
one in the world among girls, kabisa!
22 Ruheshi 2015, 16:22, par BLAISE
UYU MUKOBWA NI DANGER, NDUMIWE.
22 Ruheshi 2015, 16:41, par nkurunziza
ni garave
22 Ruheshi 2015, 17:14, par david
ndabona yaranamaze kwibera umugabo ntakiri umukobwa nakomeze sport ariko igihe atazoba agifise izonguvu yiyumva azobona ko yigize ico atari abona abandi bishimana n’abana babo wewe atawe afise
22 Ruheshi 2015, 17:51, par Jeremi
Kananira abagabo ntiyimye,ngurwooo!!!!
22 Ruheshi 2015, 18:12, par Chretien
Arahiriwe nkuko avyiyumvira ariko numuhombe muri vyishi atiyumvira.
22 Ruheshi 2015, 19:01, par Kwitora Dieudonné
Jewe Ku Kubwanje Nu Mva Yuko Adakomey
22 Ruheshi 2015, 20:22, par Jean D,arc
Mbe Ngo Nzi Abagabo Bararinda,ni Nde Yotwara Uwo Yigiz Idayimoni?Ahubwo Baramubenga Kuko Nigikoko.
22 Ruheshi 2015, 20:24, par noël
Ahubwo Aravyarumwana Azocamwigisha Itize
22 Ruheshi 2015, 22:26, par MUNEZERO
UMUNTU.ATERURA.IBIRO240.NINDEYOMUSHOBORA.
22 Ruheshi 2015, 22:38, par racha
Mana yanje je ndumiwe pe, ariko ubwo nubukomezi gusa ntakandi karimwo? Nagira ndamugire inama arakwiye kuvyara akana nakamwe naho yavuze kwamabanga mpuza bitsina atamuryohera kugira aronke uwuzomusukako utuzi kumko ndamubona ejo yashaje bidakunda nukwo yiyagaza
22 Ruheshi 2015, 23:34, par nkoko
Ngira niwe yigishije peter!!
23 Ruheshi 2015, 04:42, par Uwamahoro
Jewe numva yahisemwoneza kuko umubiri ningoro yImana suwogusamba n’a. Gumirizaho niwabishaka uzorongogwa hageze . Uwaronse igikombeni nde cukoyasanze bimuryohera.
23 Ruheshi 2015, 05:04, par OMAR
AHUBWONYENEARAVYARAUMWANA
23 Ruheshi 2015, 07:25, par jean claude
uwo yigize intambwe ubona womwinjiza munzu yawe utisema?
23 Ruheshi 2015, 07:47, par Ngogas S Ntuye
Hewe uwo ntawamurongora abandanye sport yironkere imidari.
23 Ruheshi 2015, 09:03, par MINANI Evariste
Hari natihebeye sport canke nayo mabanga akabaryohera ariko abana ntibabaronke ni mumureke agire ico umutima wiwe wifiza.Abo basangira ivyo yarondeye ntazobabura kuko "agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru" nakomereze aho.
23 Ruheshi 2015, 20:36, par nkurunziza
uwonabandanye ivyiw abagabo barasezeranye
24 Ruheshi 2015, 08:39, par joel
kashoboye sport ananirwa nokuvyara gute ntavyazi ahubwo
24 Ruheshi 2015, 18:18, par Désiré
Kuba Akunda Sport Kurut, Ibind Vyose Bibaho Muga Ararab Neza Kubijanye Na Trouble De La Sexualité Kuk Bensh Banda Sport Barubakana N,aband Kand Neza
24 Ruheshi 2015, 18:29, par Ededy
Ndunva akomerewe.ntakintu nakimwe gifise akamaro nkokubaka urwawe.
24 Ruheshi 2015, 19:23, par GERVAIS
Uwomuntu arakaze cane.
25 Ruheshi 2015, 01:44, par Nice
Uwo mubona ari umukobwa?
25 Ruheshi 2015, 02:29, par Habibou Toure
Uwomuntu nidanje du kwarenzegose none kwavuga yuko ukubaka atakamaro yibaziki? cambure ahendwa nuwomubiri wiwe Imana izobimubaza ok mubi
25 Ruheshi 2015, 04:59, par Nduwimana Donatien
Ntamunezero ur mukubaka,niyibandanirizw impano yiwe
25 Ruheshi 2015, 05:01, par Nduwimana Donatien
Ntamunezero ur mukubaka,niyibandanirizw impano yiwe
25 Ruheshi 2015, 15:14, par josty
mana we!nanzi ngo abahungu bararongora haruwotwara ico gisigo?ipu da!!!ntabeshe ngontiyaryohewe uwomuntu yamugiranye ubwoba!ahubwo yarabuze uwumutwara narek kubesha!!!ahubwo umuhungu niwe ataryohewe!!!!
25 Ruheshi 2015, 16:32, par KAZATSA
NIMBAYACIYAMENEKUBUSUGI KAND UMEGA HARABAVYE
25 Ruheshi 2015, 16:33, par KAZATSA
NIMBAYACIYAMENEKUBUSUGI KAND UMEGA HARABAVYE
7 Mukakaro 2015, 22:07, par pierre
haaa!!ndatangaye uwo muntu amezuko hari umugabo yomutumbera?uyo mugabo yohava asanga ariwe ategetse.
8 Mukakaro 2015, 23:40, par Melchior Ndikuriyo
nimuduhe ifoto igihe Natalia Trukhina igiheyakora amabanga mpuzabitsina.
21 Mukakaro 2015, 20:01, par Ndikuriyo Melchior.
twagire tubasabe ifoto yiwe arigusa arikwarakora imibonano mpuzabitsina.
23 Nyakanga 2015, 16:07, par #drinkerman
Birakabona ataryohew kk iyaryoherw yaca amwabirirako atanah yomupresenta
2 Gitugutu 2015, 11:44, par Ndayahundwa raymond
Ivyo agirasivyo kuko azohavayibarukagute jeho mbona atanumugabo yomutumbera kuko arateye ubwoba
18 Kigarama 2015, 17:56, par MAJAMBERE DIEUDONE
MBEGA NIRYA UMUNTU YORANGURA AMABANGA MUZABITSINA
6 Ruhuhuma 2016, 08:04, par Pierre Gatini Afende Mwotsi
Ha Uwo Sumuntu Nkuwo Hari Umuhungu Yomwitega?Umuntu Umengo Nigisizimwe Sha Naje Ndagikunda Duhuye Nokwiruka Kuko Condya Ndarinzi Ngo Nurugabo Ahubwo Gikwiye Gupfa Ubona Atari Urugesera?Ishwi Da!!!
26 Ruhuhuma 2016, 12:38, par kundwa
icogisigo ngo kwubaka ntakamaro narabe iyo arwa iyo se na nyina batagira ayo mabanga abariho?
9 Ntwarante 2016, 20:22, par Nkurunziza Ge’rard
Twashaka Ifotoy,iwe Ari Gusa Ariko Imibonano Mpuza Bitsina.
10 Ntwarante 2016, 23:16, par Nyandwi Berchimas
Twashakaifotoyiwearigusa
29 Ndamukiza 2016, 21:21, par Mathien
Uwomukobwa Arakujwe? Aremerako Imana Ibaho?
2 Myandagaro 2016, 19:49, par Christ Rafael Cheguevara
Buri muntu wes ningabirano yiw plz
Kiranz Ncut Kub Mumbwi Umunt Nab Ngo Nigising
24 Ntwarante 2017, 20:15, par Irakuze Egide
Nukuri Birahimbaye Cane Yaba No Mu Burundi Bimeze Bityo
10 Ndamukiza 2017, 20:37, par claude
JEW NDI CLAUD HABAY UMUKOBWA umusi umwe turiko turayaga nkamubaza akanka kunyishura ariko tuvany nzambona anyandikiy sms yinyishu yibibazo namubazij nuwund musi bigenduko iconamubaza yampinyishu kurifone none mwumva nofatiki cank mumpanuy iki