Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
ONELOP: Ibiganiro vyobandanya umukuru w’igihugu ahejeje kurahira - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ONELOP: Ibiganiro vyobandanya umukuru w’igihugu ahejeje kurahira

ONELOP: Ibiganiro vyobandanya umukuru w’igihugu ahejeje kurahira

jeudi 6 Myandagaro 2015

Ishirahamwe ONELOP BURUNDI rimenyesha ko ibiganiro vyobandanya ariko habanje kujaho Reta nshasha.

Gilbert Beco Njangwa arongoye ONELOP amenyesha ko ishirahamwe arongoye rishaka ko ibiganiro bibandanya,kandi yizeye ko na Reta ishaka ko ibiganiro bibandanya.

Gilbert Beco Njangwa avuga ko ikibazo kihari ari uko,bidashoboka ko ibiganiro bibandanya umukuru w’igihugu atararahira kandi n’inzego zitarajaho,kuko abegwa n’ikibazo batoronka abo baganira baserukira Reta.

Mwomenya ko umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni yamenyesheje ko agiye kurungika umushikiranganji wiwe wo kwivuna abansi,kugira asubire atanguze ibiganiro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Eka Uri Akayabu Nyene. Leta Igiyeho Boba Bakiganira Iki? Baganira Kigugu Ingene Amatora Yoba. Kandi Akitabwa Na Bose. N, Abatari Abaja Nka Njangwa Bakayajamwo.

  • mbega ko akayabu kahora kazi ubwenge wew bwagiy he???? mbe uyo ushak k arahira yatow na nde? n, est ce pas k yitoye??? none warabony uwikinana hanyuma akitsinda!!!! mbe hoho uyo yiyita president yorahira wumv ibiganiro vyob bikibereye iki?? ndakuvumye urenga nubwo burakurengeye!!! nta jambo ry, injangwa irya imbeba

  • None Ga KAYABU Aho Abantu Birigwa Barapfa Ntacobikubwiye Wewe?? Bapfa Kubera 3eme Manda Namatora Yabaye Kungumvu Atarimwo Bose Amakungu Asemerera Ehe Njangwa Ibiriko Biraba Ubu Nimburi Yindyane Zizohitana Abarundi Batari Bake!! Irahira Ntanakimwe Rizofasha Mukuzibira Ivyobintu Girivyiyumviro Nkivyabantu Urekivyiyumviro Nkivy’inyabu!!!

  • Mumaze gushira leta kunguvu ariyo opposition idashak wumv vyob ar ibiganiro nyabaki?aho ntacuvuze njangwa ahubwo uriko uradahwa wahimvye icorimena,

  • Mbega injangwa zirahabwa micro?ayo mashirahamw ya nyakuri abayatwara bakwiy kurira bus Adolphe yuriy bakazohurira i KILIBA ONDESI

  • Eka Urikiyabu Nyene Wewe Uvugivyo Kurahira Mumatora Yabaye Amakungu Nabarundi Basemerera!! Mbe Ubona Vyozibira Rinoshavu Ry’ubwicanyi Ryavyutse Mubarundi Kubera 3eme Manda Nukutagondwa,ubukunzibw’inda,inzigo,mpemukendamuke,kwankabandi,..Sha Ntiwiyumvira Kure Canke Uri Mpemukendamuke!!!

  • Muburundi hariho abantu bazikubonakure nukuri, ibintuvyose uyumugabo avuze birumvikana kandinivyo. Komera nyakwibahwa umukuru wa ONELOP BURUNDI.

  • naho yorahira kwitariki yiwe ntakibazo bidutera hubwo muragabanya ayo madayanyu ashonjekubi nimutagure guhagarika ubwicanyi buriko bukoregwa bene burundi hanyuma mudedebe arko ayamaraso ari guseseka ntaco akubwiye ico bampa mwabanye politike mwese mwoherra mwibuyi ntasoni bibatera

  • Nimba imyaka cumi NKURUNZIZA amaze atwara inda yawe atarayuzuza muri ayo marementanya ngo ni ONELOP itazwi mbega ninde yakugize avoka du diable ? aho abarundi bapfiriye ko tutigeze twumva usemerera nkuko ayandi mashirahamwe yabigenjeje.
    Urakwiye kubona kure ugasegana ibindi ntusegane ubuzima bw’inzirakarengane kuko abantu bose bariko baricwa na Adolphe arimwo NKURUNZIZA ategerezwa ku biryozwa nayo kurahira koko birikure cane kuko ukuye kwiha amajwi ngo yatsinze ahonyanga imyivyimba y’abarundi ataco bazira ntitumushaka ushaka ko akuyobora uzosabe akazi ko mu gikoni murugo iwe kuko guhera itariki 26/08/ NKURUNZIZA azoba ategeka umugore wiwe n’abana nimba nabonye batabonye ko ata se bafise .

  • Emweeeee!!! I Burundi Bazokwama Bahoganya Nkuwo Ngaho Yavuz Iki?!?!Twebw Kurahra Cank Kureka Nico Kimwe Ntaco Bikitumariye Peeee!!!kko Abasemuzeze Twaramaz Kubameny,laki Ya Mungu

  • NYABU!!!!!!!
    NJANGWA!!!!!!
    PAKA!!!!!😂😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😂😂😂😂

  • ubu naho n’ibiki kand?ya kinamico yanyu ngo n’amatora siyo mwavuga ngo ibanze iv munzira?muratej urubwa abarundi w na sobuja basi!mudakeney ibiganiro nimubis abashingantahe babikwiye kandi babishoboye batware uburundi
    s’itongo rya ba so.

  • Myaaaaauuuu! Aho umwenyura nkaho ubonye imbeba ntasoni? Azorahiraaaa canke azokwisiba? Urya yikoreye amaraso meeeeenshi kuburyo naho yorahira azoyobora injangwa nkamwe 😺😺😺😺😺😺

  • WE,BONA,NTASONI,EREGA,MUVYANK,MWEMERA,MUZOTWARWA,MWIGUMURIRIKI,KOWE,NJANGW,KK,UBU,NTAWUTAZI,KO,ABARUND,TWITOREYE,ABAZODUTWAR,OK.

  • Eheee iki kigabo ingene gisa,eka uvuga uko usa,n’ivyiyumviro vyawe bisa nawe.

  • Waritesheje agaciro bikwiye; warikuye agashambara bikwiye; ntaco ucambariye! Ehe reka rero kubandanya wivayanga mu vyondo nk’ingurube kuko vyokubera vyiza kurusha.

  • Emmiliene Kibondo Ntitwigumuye Twakoze Ico Amakungu Yadusavye Nimba Warakurikiye Neza!! Higumuye Reta Mukwanka Kuganira Nabandi Ukuntu Bokora Amatora Yizewe Na Bose. Erega Mukobwa Nimba Utabibona Gutwara Kunguvu Ntibigikunze Wanka Wemera Na Buyoya Vyaramunaniye!!! Rekana Na Njangwa Sha.

  • Eka uri Njangwa nyene!

  • Abakera nibo bayamaze bati izina niryo muntu. uri NJANGWA nyene. ngwamanzarahire wagipfu we. epu sha urahumba mwenawe muribirofa gusa.

  • Imbere y’uko inzego nshasha zihaja dusanzwe dufise inzego zemewe n’amategeko kandi zikora.Icoza rero gitezurira abarundi biciye mu biganiro ni ciza kandi coza vuba bishobotse.Umukuru w’igihugu arahari,leta irahari,..ntacobuza rero kubwanje ko biba vuba.

  • Nibaza ko njangwa ari njangwa myene gk uwomugabw avugira nabandi bawuhevye kandi bamusuvy ijunja nijambo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.