IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ONU iratewe umutima uhagaze n’amabi abandanya kwibonekeza mu (...)

ONU iratewe umutima uhagaze n’amabi abandanya kwibonekeza mu Burundi

mercredi 9 Kigarama 2015

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rimenyesha ko ritewe umutima uhagaze n’amabi abandanya gukorwa mu Burundi na cane cane ku murwa mukuru w’Uburundi,Bujumbura.

Mw’itangazo Adama Dieng umuhanuzi mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ajejwe ibibazo vy’ihonyabwoko yashikirije amenyeshamakuru kuwa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2015,yamenyesheje ko amabi akorwa mu Burundi ashobora gutuma igihugu gisubira mu ntambara,gushika mbere no kw’ihonyabwoko.

Adama Dieng yavuze ko atewe impungenge z’ikoreshwa ry’ubwoko mu gutanga insiguro y’ibibera mu Burundi ,haba ku ruhande rwa Reta canke ku ruhande rw’abatavuga rumwe na Reta.

Yavuze ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU ridashobora kwibagira ko kahise k’Uburundi karanzwe n’amabi ,n’intambara kuva mu mwaka w’1995 gushika mu mwaka w’2003. Kubwiwe,abona ko ibiganiro bikomeye ari ntabanduka hagati ya Reta y’Uburundi n’abatavuga rumwe nayo,mu ntumbero yo gutorera inyishu ikibazo kiri mu Burundi haraheze amezi indwi.

Adama Dieng asaba ishirahamwe mpuzamakungu kugira ico rikoze mu maguru masha naho atavuze ico ryokora.


Van Naris Mugisha

Messages

  • kuvyukuri imana niduhire ubwicanyi bwabaye ndase

  • nibanyaruke bakomeshe imidiha badasibakwihagararako nagatike barinda kukagurana ururimi ntaco bipfana n’umuntu !!!

  • Jewe icombonanuko ishirahamwe ON nayandimashirahamwevyofata ingingoruhashakuriretayuburundi kuberantivyumvikanako abantubopfankindagara hari uwitwa presda amakungunamashirahamwe atandukanyenarabe icoyokorakugatekakazinamuntukabangamiwe ok

  • Jewe icombonanuko ishirahamwe ON nayandimashirahamwevyofata ingingoruhashakuriretayuburundi kuberantivyumvikanako abantubopfankindagara hari uwitwa presda amakungunamashirahamwe atandukanyenarabe icoyokorakugatekakazinamuntukabangamiwe ok

  • Jewe icombonanuko ishirahamwe ON nayandimashirahamwevyofata ingingoruhashakuriretayuburundi kuberantivyumvikanako abantubopfankindagara hari uwitwa presda amakungunamashirahamwe atandukanyenarabe icoyokorakugatekakazinamuntukabangamiwe ok

  • Jewe icombonanuko ishirahamwe ON nayandimashirahamwevyofata ingingoruhashakuriretayuburundi kuberantivyumvikanako abantubopfankindagara hari uwitwa presda amakungunamashirahamwe atandukanyenarabe icoyokorakugatekakazinamuntukabangamiwe ok

  • Jewe icombonanuko ishirahamwe ON nayandimashirahamwevyofata ingingoruhashakuriretayuburundi kuberantivyumvikanako abantubopfankindagara hari uwitwa presda amakungunamashirahamwe atandukanyenarabe icoyokorakugatekakazinamuntukabangamiwe ok

  • ororororo!IMANA IDUFASHE.GUSA:NANYUMA YA:0:IRAKORA .

  • onu ni umuvyeyi w’isi yose nkuko babivuze ni bagire ico bakoze vyihuta,ariko badakomakomye nyenicubahiro pierre nkurunziza.

  • Merci les nations unies de continuer a assister au génocide d’un peuple qui s’appelle Burundi.

  • onu ni umuvyeyi w’isi yose nkuko babivuze ni bagire ico bakoze vyihuta,ariko badakomakomye nyenicubahiro pierre nkurunziza.

  • Ahubwo nuwoya nditse ayomakuru suko warikwandika kusha ahokuvuga uti kuva muduhekuye incunguyacu ndaye komwiyibagiza mwavyorongeje agatimuntozi mwibaza kozizobirerako. Twabahinyuye

  • Uwo We Yivugira Ivyo Kuva 1995. Bisigurako Amabwa Abahutu Twabonye Kuva 1965 Gushika 2003 Ataco Vyababwiye.Nibemere Ibibabazo Vy’Uburundi Bihagaze Kubwoko Kandi Vyatangujwe N’Abatutsi Bacibaza Ngo Nibimwe Vyakera Aho Bari Barongoye Inzego Z’Ukwivuna Abansi N’Umutekano Ata Muhutu N’umwe Ari Mubatwara Izo Nzego.Aho Batatumaze Ico Gihe Ubu Niho Bibaza Ko Bodushobora?Ubu Inkoho Ntikirasira Habiri Natwe Tuzi Kuzikoresha!Nibemere Batwarwe Kandi Vyose Bizova Mu Matora Nibatsinda Bazotwara!Ko Babesha Ngo Ni Mandat Ya Gatatu None Ko Bahungiye Mu Rwanda President Kagame Ariko Arondera Mandat Ya Gatatu Mbere Ashaka Gutwara Urwanda Ubuzima Bwiwe Bwose?None Nyabatutsi B’I Burundi Bahungiyeyo Ko Bataciye Bagaruka Ko Basanze Biheze?Kuber’iki Abatutsi Aribo Benshi Cane Bahungiye Mu Rwanda?Nya Batutsi B’i Burundi Nka Ba Maggy,Pacifique,Vital,Mbonimpa.... Nibafashe Abanya Rwanda Bagumuke?Mbega Union Europeenne, USA Bagezehe Kukibazo C’Urwanda?President Kagame Hinduka:"EMPIRE HIMA NTISHOBOKA NTANIBIZOBAHO IZO NI INDOTO"

  • Ko Muvuga Ivyo muri 1995 ntimuvuge ivyo mu 1972 canke1993 murasara. ubu umuhutu yaje yambariyeko mutigiweyo murahona mumenye ko ijisho rihogwa irindi kandi ubu twese turazi kurasa mwishinga kwasama ngo nibimwe vyakera mutakiona cha mtema kuni tutawacharaza hadi mkimbilie kwa kagome nyote

  • Imana idufashe kandi idutabare! None nkabo bantu ico gi police cishe babahoy-iki? Karashiz-ingani ntihakagire Umu jeune yobonwa mugisagara.Tuje hehe none? Mana dufashe!!

  • Mbeyemwe jewe hariho ibintu vyanyobeye mwakinogihe kugezanaho nibazako ubwenge bwabantubose bize mubinyagihumbi 2 twatanguje ubwengebwabo bwajanye navyo? Aharero nshatse kuvuga uyumugabo wa ONU avugako muburundi hibihonyabwoko akongera akavugibiganiro ariko ivyobiganiro ntaheze ngwavuge kovyora bizuhuza ayomoko yavuze ashaka guhonyana!!!???

  • Mukwiye gupfa mwese murakarushwa! Urazi abatutsi ingene muri abamenja?

  • EMWE BARUNDI NIMUKANURE KUKO IVYUBU NTIVYOROSHE.ABATUTSI MWIBUKEKO MUBURUNDI MURI KURUSHI,KANDI MWIBUKEKO IMANA YANYU ITAKIRI MUBURUNDI.

  • Nimba abakeha bweng babaho,aba dd n’abamber,ntabwoko buriko burahungabanya ighugu arko nkurumbi niw vyos bivako

  • Nimba abakeha bweng babaho,aba dd n’abamber,ntabwoko buriko burahungabanya ighugu arko nkurumbi niw vyos bivako

  • UBURUNDI NI BUZE BURWA MUBIBAZO BWARA BUZE UMUGABO WIJUNJA NI JAMBO, NI BAKORE UKO BASHOBOYE BATABARE ABARUNDI BARIKO BICWA ATACOBAZIRA. NUKURI HAHINDUTSE NKISODOMU NAGOMORA,KUBIBI BIRIKO BIKORERWA MUBURUNDI.

  • Jewe iyo Abantu bibereye iwabo baguma bakoresha invugo mbabaz’amatwi ngo Ihonya BWOKO rishora kuba iBurundi bakabivuga bafatiye kunkuru zishingiye kuvyipfuzo vyabantu bamwe Bamwe bakoresha amayeri yose bakayita ukuri ari ibinyoma bivanze ugusuzugura ivyiyunviro Vy’Abandi mbe? nikubera iki? abo Banyamahanga Batokwishikira hano mu Gihugu ngobashike no bindi Bisagara atari Bujumbura babaze Abene GIHUGU babone kja gushikiriza ivyo Bashikiriza bafise i nkuru Y’invaho nayo iyo MISORE yabo nije irikarihiriz’inzembe Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe ikintu kibuze mu GIHUGU cacu ni urukundo

  • None wewe wiyita LCB ko ugerageza guhisha umwotsi inzu ziriko zirasha ivyo mukora ntimubikora kumurango n iki iitagaragara? ivyo biziga mwica mukanika kumabarabara n abo murara murahamba kubera ikibi cabahumye amaso muzi ko ntawubibona. Mbe ko uvuga ngo mu burundi habuze urukundo mwe mwarigeze urukundo? mukunda nde ko mukunda inda zanyu gusa muzohende abo bazungu batabazi ariko nabo barahaye babatahura ndibazako n Imana izoteba ikabereka ko ivyo mukora bitabereye lkiremwamuntu

  • Onu. Izimbabaza. Imisiyose. Kuvahoyavugiye ngo iratewe impungenge nikibazo c Uburundi. Ariko. Akaba atanakimwe turabona yakoze kuvabitangura. Twe Abarundi. Ntitugishaka amajambo dukeneye. Ibikorwa. Nayo. Uwokwigisha uwundi ivyamoko. Yoba atazi. Imana. Yo yaremye. Umuntu. Itaremye. Ubwoko

  • Onu yakora ariko nuko ikorera uruhandi rumwe none yabaye iyi isi gute kandi idatunganiriza Bose???kagame amaze kwica abangana iki akanabasanga niyobahungiye ariko ntihagire icivuga mbe muri Congo hiciwe abanganiki bakanavuga ko ari genocide none hakozwe iki?abapfiriye muri libiya sibo babishe ??I Burundi bibera mugisagara kimwe ngo no genocide kuki bitari hose ahubwo reka bivuge genocide nuko babonye ariyo turufu barishije ariko harigihe itozosubira kurya ndabarahiye
    !!!!

  • Murahumba onu siya banyamerica,ububirigi france gusa harabandi bayigize none aba polisi birirwa bicwa bicwa nabande? Nimureke gutabaza onu kuko mutarategura coudetemp nta polisi yaribwabarase mwarimuziko polisi yacu icikora nka babapara banyu bica ndadaye kakaba kamizwe ningoma? Nkurunziza azobahumira kuko ntawutazi ko mugomba gutwara mutatowe ivyonavyo cira birarura amase yakera ntagihoma urutaro

  • Jewejewejewe kuva65na88na72na93 mbega kotutumva hakurikiranwa iyicwaryincungu yademokarasi?mbega harabavyawe na adamu nabavyawe nigikoko?uwomunyamahangayarahenzwe nayamihimbiri idakunda igihugu abarundi bumutima bakunda igihugu turiho Ndadaye yavuzati muzokwica ndadaye ntimuzokwica bandadaye ahogufata abagumutsi babasasiye indava mububirigi numweashakakwisi itwagwa nabahima kagame ntibihendeee

  • Rekera Imana Haryo Yasezeranye Twe Dusenge Gusa Kandi Twiyeze Niyo Ishoboye Vyose.

  • JE NSIGAYE NIBAZA NIMBA LETA Y’UBURUNDI IRUSHA INGUVU ONU KOK MURI TWUMVA AMAJAMBO NTA BIKOGWA BIGARAGAZA ISHAKA RYO GUHAGARIKA AMABI ARIKO AKOGWA NABIYITA INDONGOZI Z’IGIHUGU.

  • At Desire, leta yu Burundi ntisumvya inguvu ONU noko ahubwo ONU yabonyeko ibihugu biyigize vyadendereje u Burundi bimwembere biteye isoni! Mbewaruziko amatohoza ubu amazekwerekanako nabicabantu Burundi hafi 100% cabatavuga rumwe na leta abakomanda abajagushira mungiro ubwo bwicanyi bibereye mwivyobihugu nyene bikomakomeye ngokwica ngonivyo bizotuma uburundi butwarwa nkuko bashaka ngocanke bemeze leta kubemerera ivyobashaka ngocanke iteyomuke ibindababwiye mumisi itarimyishi uzovyumva bisamirana mubihugu butandukanye vyokw’Isi babisubiramwo babivuga kandi murikazoza Isiyose izovugako yigeze gukorera kunkuru zitarizo kubicanye nibibiriko birakorerwa leta yu Burundi nabarundi.

  • ONU canke andi mashirahamwe ntaco afasha!!! reka daaaa ntimwitege ko hari ico azofasha u burundi. ayo mabi nihatagira abarundi b umutima batazohaguruka ngo bayarwanye, bafashe umuheto, ayo mabi azokwamaho!!!! akarorero mu Rwanda ihonyabwoko ryabaye hatari inteko za onu??? none iyo HE Paul Kagame atahaguruka ngo ahagarike ihonyabwoko, ntibari kwica million 3? yaara semereye, abantu barasemerera bati hagira habe ihynyabwoko onu ica ivunira ibiti mu matwi nkuko iriko ibikora mu burundi!!!!!!!! izo nterahamwe be na dd bazobamesa babarongorore.

  • Jew Mbona Unu, Ataco Imaze ,,ahoyaherey Ivugako Ihagaritwe Umutima Nibibera Muburundi , Abantu Bapfa Burimusi ,ntibona ,amasaterite Yabo Ntabibona , Nukuvugisha Umunwa Gusa, Unu ,ijejwe Umutekano Kwisi ,iburundi Abantu Birirwa Barapfa , Iyo Unu, Imaze Iki,mana ,kura Abarundi Mukaga,nayandi Baraho ,pita Wewe Ntarota ,arekura ,naho Hazozosiga Imuryo Wiwe Azoguma , Atwara ,

  • NAHO BIMEZUKO NANJE NDATEWE IMPUNGENGE NIBIRIKO BIRABA MUGISAGARA CA BUJUMBURA.KUKO NAHO BIRIKO BIRABA JE MBONAKO BINTERA UBWOBA.NONE ONU YITEGUYE GUTE KUBIJANYE N,UBURUNDI?JE MBONA IGIHUGU CAHINDUTSE I CA MAGANYA.AHUBWO IMANA NITUGARUKIRE AHANDIHO VYAYANGAYE.

  • Abarundi Benshi Turatekereje Kubiba Muburundi,ubutwabuze Icodukora,ahubwo Imana Niyo Twahaye Ikibanza Ngo Yikorere.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.