Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
OPC1 Liboire Bakundukize yirukanywe mu rwego rw’igipolisi
Yanditswe taliki ya 25-09-2015 - isaha 11:30' na Van Naris Mugisha

OPC1 Liboire Bakundukize yigeze kuba umuvugizi w’igipolisi yakuwe mu kazi n’itegeko ry’umukuru w’igihugu.

Liboire Bakundukize yakuwe mu kazi k’igipo n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/27 ryo kuwa 16 Nyakanga 2015 ryagiye ahabona kw’igenekerezo rya 25 Nyakanga 2015.

Iryo tegeko ryateweko umukono n’umukuru w’igihugu,icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo,na Alain Guillaume Bunyoni umushikiranganji w’umutekano.

Ivyiyumviro vyanyu

None nkaho iyakwirikira abandi ubwambere atiriwe aracungera icocicanyi c’ingozi nkurumbi asha ndaguhaye pole papa jewe gushika kuri retour ya J.C nzokwama nduwi ragi rya Gahutu Remmy

1er.10.2015 à 10:12
Niyombare rumonge

None nkaho iyakwirikira abandi ubwambere atiriwe aracungera icocicanyi c’ingozi nkurumbi asha ndaguhaye pole papa jewe gushika kuri retour ya J.C nzokwama nduwi ragi rya Gahutu Remmy

1er.10.2015 à 10:09
Niyombare rumonge

mwamuhoyubusa

1er.10.2015 à 06:40
nikomrze

Ubon Mwobakura Tukagumamumahoro !!Tukirirakajumbu Mumutekano !!Twebw Mwakuramwarek Ntacobitwaye.Liboire Wihangane Ivyobibaho,gendawigmirekumuhan Urye Utwowasizekur Conte Ntuje Kurwana Ngonukwo Uzigufatinkoh Kuk Ndahazi Araharwa.Kwa Peter Ntaburofa Udekonye Ubutashe,kandinvyo Utamufsha Wovamwokare Ukabisa Abagshobye Wariwhaze.Pole Sana.

30.09.2015 à 19:55
Gasore Man

30.09.2015 à 19:54

30.09.2015 à 19:52
Gasore Man

none mwumva yaziziki ? ha ntakundi niyihangane

30.09.2015 à 17:38
kabura leopord murambi

NASABKIGONGWE AKABAYARAKOSHE TURIMWISI NIMANA IRADUHARIRA

28.09.2015 à 22:38
MACHOCK

MBEGA MUVUGANIRA INKOZI ZIBIBI ? KIRAZIRA KUVUGA PRESIDENT UKUGOMBA NUBWO BATOKUBONA IMANA YAMUSIZEHO IZOGUHANA.

28.09.2015 à 22:28
hindaniro

MBEGA MUVUGANIRA INKOZI ZIBIBI ? KIRAZIRA KUVUGA PRESIDENT UKUGOMBA NUBWO BATOKUBONA IMANA YAMUSIZEHO IZOGUHANA.

28.09.2015 à 22:26
hindaniro

Uwo muntu mumu hora iki ahubwo yavugiye neza ahubwo abobamubwira nabi nimbwa

27.09.2015 à 13:58
Izo mbwa

Mbeg uw mu officier bamuziz ko atabashigikiy ew peter nkurumbi ni igipfu kandi uzokwam uko

27.09.2015 à 13:42
88888

urwico ruraboneka no kumaso

27.09.2015 à 07:49
ephraim

Uyu Mugabo baramukura asanumwicanyi, umengo ni muri mu na Wa Buyoya

27.09.2015 à 07:09
Frodebu

uwo wese arwanya ko ukuri kuja ahabona aba arwanya IMANA. uyu mugabo liboire azize ko yavuganye indya mu kanwa. akwiye kumenya ic’ari co umuhutu "w’umutima" canke akaja wiga kuvuga nka willy nyamitwe... mr le président, kuki ukuri kw’ukuri kukwica ? mais,heuh... petit : "la vérité blesse" voilàtout ! ce policier devait le savoir comme il faut. mais, mr le président ce policier prie DIEU ? oui,petit...mais sa prière va au mauvais endroit ! et je suil le seul mieux placé pour le savoir...

27.09.2015 à 05:17
Côme

Uyumugabo namukurenivyo ukwasa asanumwicanyi kandi bamurabe neza nibikomagu wakabiri

27.09.2015 à 02:53
Frodebu

SHA NDUWAYO NIZINDI NKOZI ZIKIBI ZIZOKURWA MUKAZI KUKO ZIKIKA MUMABANGA MUKUBAZANRA INKOHO UBU TWARABAMENYE.NAWE PETER UMUREKE KKO UWUKUNZWE N ABENEGIHUGU ABA AKUNZWE N IMANA.NA 4EME AZOYITWARA JUSQU’AU RETOUR DE JESUS CHRIST.

26.09.2015 à 23:24
KING

BA PETERO NTIBOROSHE SABO GUKINISHWA MUGIHUGU CABO IGIH BAKIRAMUTSWA:PETERO BUYOYA UWADASHAK WES YACAMWICA NGO NUMWASAYA.IBIHANGANGE VYARAHAHONEYE.PETERO NKURUNZIZ NUMUNYAKIGONGW. UWUTARANGUY AMABANG YIGHUG YASHINZW AMUHINDURIR AKAZI ARIK AKAGUMAR MUZIMA.NITWUBAH INZEGO NIMB DUFISINDERO.TWARAZTOY,TUTAZITOY UBUZITWICAYEKO NITUZEMERE.

26.09.2015 à 22:52
Rufuku

26.09.2015 à 22:49
Rufuku
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.