Accueil > Amakuru > u Burundi > Pacifique Nininahazwe:’’Abatowe kuri uyu wa 29 Ruheshi ntibazoserukira (...)
Pacifique Nininahazwe:’’Abatowe kuri uyu wa 29 Ruheshi ntibazoserukira twebwe’’
mardi 30 Ruheshi 2015
Amashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike asanzwe ari no mu runani rwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ararahira akarengwa ko abatowe batabaserukira.

Pacifique Nininahazwe umukuru w’ishirahamwe FOCODE asanzwe ari no mu runani rw’amashirahamwe yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi, avuga ko abatowe bazoserukira Petero Nkurunziza, bo bitabega. Avuga ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Ruheshi, bategerezwa kwitabira imyiyerekano yo wiyamiriza ico kiringo, nayo ku wa 1 Mukakaro, bakazogira ikigandaro, aho bazokwibuka abasirikare b’Uburundi baheruka kurwa mu gihugu ca Somaliya, ku babo bamaze kwicwa kuva imyiyerekano itanguye yo kwanka ico kiringo ca gatatu, hamwe n’umusore yitwa Patrick Payton Ndikumana, aheruka kwicwa kw’iJabe, hasigaye umunsi umwe gusa, amatora akaba.
Twobamenyesha ko amatora yabaye mu gihugu cose, ariko bamwe bakaba bagenda bafise ubwoba, aho hari n’abatoye bagaca boza intoke, abandi nabo bakavuga ko bagumye biryamiye kuko ayo matora atabega, eka n’amakungu akaba atanguye kwiyamiriza ayo matora, aho yaba Ubumwe bw’Afrika, Ubumwe bwa Buraya na Amerika bose banse gukurikirana ayo matora.
IGIHE
Messages
30 Ruheshi 2015, 11:27, par Niyongabo
Ewe mana uburundi bwacu burapfuye dutabare
30 Ruheshi 2015, 11:30, par james
bazoduserukira nyene!!! havuyemwo wewe namusaga nyakabiga jabe cibitoke nangagara urikijuju paci uriko wiyeza kuntwaraniheto zigihugu?banz ugandarire bamwewica kuri kaminuza .
30 Ruheshi 2015, 11:42, par nyandwi
ewe pacifique uritwenga,ati ntibazoserukira mwebwe.wewe urimwo bangahe?ko wiha icubahiro ukamenga urakomeye gose?abo bazungu bababirigi na amerika muhendana kubera utwo duhera baguha bazoteba baguhinyure.concours national ,test 10eme vyose vyarabaye uubona.amatora arabaye ukanuye amaso.ngo imyiyerekano,wewe ninde yigeze akubona na vital na mbonimpa ko mwavuga ngo muzoja imbere.daga ngo umutekano wawe ntukingiye,kubera iki utinya gupfa kandi uriko wica canke wicisha abandi.ndazi uzoheza nabi.wahora ubesha ngo ufise9millions none warabuze na5000.ese ntiwosaba ikigongwe.abo basoda nabo uvuga uzunamira ko haheze une semaine uvuze ngo nta nyungu y,igihugu bakurikiza,kumbe wewe ukunda gusa abapfuye uwukiriho ntimubonana.imana ibakire mu bwami bwayo nayo weho nugucangacanga ibintu kuko warataye umutu.
30 Ruheshi 2015, 11:47, par Sawa
Twarapfuye Kuyitaba Kuko Twatinye Ko Hoba Uruhigi Gwabatayitavye.Kandi Urunani Amizero Y’Abarundi Ruri Kw’isonga.Ariko Bazotanga Faux Rapports Ahandi Ho Nibategure Amatora Meza Cdd-fdd Tuyisezerere Atacamira.Narayo Nshimye Test Kandi Aba DD Barafise Ico Bazotinya.Rwasa Agorore Ikoti Turinyuma Yiwe.
30 Ruheshi 2015, 12:05, par JEAN
NYANDI JAMES MURIGWARUDUBI NKABASHOBUJA ARIKO MURIKOMUKURIKIRUBWIJE MWA.NDYANDYA.MWE MWABICANYIMWE MWABISUMWE MWIGIRA SURIVU SHA UBUHO SIBIMWE VYAMBERE RINDIRAMAKUNGU ABAHAGURUKIRE MURABE NYAMBAZOTWARA MWEBWE2GUSA SHAA IGIHE KIRAGEZE ABO MWACURANGUJE BARAKWIYE MWANTUMVAMWE ZABA.DD PITA WARASE KWUMVA IMPANURO ZAVUYE HENSHI YAMARA UGIYE KUBONA KO BAGUHENZE PACI KOMERA TURIKUMWE NAMWE
30 Ruheshi 2015, 12:06, par james
wibagiyeko uri wamwunguwarwa ruyuzi uragawe utimanitse barakumanika abanababandi watayemurudubi.uwuzoyitangura izoher iwe yongere iherere iwe Paci nibazako wavyiboneye? jewiconoguhanura sabikigongwe abavyeyi wahekuye kuva ukirikuri kaminuza hamwenabo uherutse gusukamumigumuko kuk umwanya uracahari.
30 Ruheshi 2015, 12:06, par james
wibagiyeko uri wamwunguwarwa ruyuzi uragawe utimanitse barakumanika abanababandi watayemurudubi.uwuzoyitangura izoher iwe yongere iherere iwe Paci nibazako wavyiboneye? jewiconoguhanura sabikigongwe abavyeyi wahekuye kuva ukirikuri kaminuza hamwenabo uherutse gusukamumigumuko kuk umwanya uracahari.
30 Ruheshi 2015, 12:15, par karuzi
karuzi
30 Ruheshi 2015, 12:19, par Nijimbere
Mbe Pacifique Aho Uroha Inzirakarengane Ubahendesheje Uduhera N’ibiyayuramutwe Nawe Amafaranga Wujuje Imifuko Ni Kuki Utabaja Imbere Mu Migumuko Cankeko Ufise Abayoboke Abaraye Batoye Bavuye Hehe Urazi Hamwe Boturekura Natwe Abenegihugu Imyiyerekano Yomara Umusi Umwe Gusa,
30 Ruheshi 2015, 12:22, par Nkwavu Venant
Ntituyemera namba.amatora adatunganijwe neza.ngoyitabwe nabose,wumva yokwemerwa gute?nibaganire hama hategurwe amatora meza.yitabwe nabose atagahato kagiyemwo.ibihugu bidufasha vyohagarika infashanyo sihamwe dutangura kwicana twongera twiba?dukeneye amahoro mugihugu cacu!MANA tabara abana bawe nigihugu cacu!
30 Ruheshi 2015, 12:29, par Mumpe
Emwe abanse kuja gutora nabatutsi gusa nubu nuze urabe kuntoke twese turirabura mugabo abahima baranse ngo bocafuzwa nirangi da!
30 Ruheshi 2015, 12:32, par PETIT
AHUBWO AMERICA NIFATIREUBURUNDI INGINGO RUHASHA .AKARORERO YUGARANIRE MU M’ABANKI AMAHERA YABO BATEGETSI.CANK IFAT IZINDI NGINGO RUHASHA.
30 Ruheshi 2015, 12:53, par JUSTICE KURIBOSE
Mutama Pacifique ni turem kuk Herode,etats-unis d’Amerique ntizigenda zitamugiz kumw zagira KADDAFI,MBEGA UMUNEZERO!
30 Ruheshi 2015, 13:03, par Ntwari Jean
Ewe Nyandwi Uri Ikigugu Mbe Ko Ari Abarundi Muzoca Mubashira He?
30 Ruheshi 2015, 13:05, par kaganikeza
abantu murazi kwidigadiga!!akagaye kakuzuye kararenze!!ubu rero abenegihugu batoye uriko ubagwiza n’ubusa!!wewe narakurahiye,naho wogira umugambwe ntajwi woronka kuko uriyemera rwose kuzi ubwenge naho shwi.gabanye les émotions ugaruke kwusi sha!agakomyekose ngo ntuzovyemera!!wewe urigiki?canke warasaze ntiwabimenya!!urumogi rurakagukoze hewe!ubu rero maniestation zanse,coup d’etat birakunanira,grénade uraneshwa,none ngo ntuzemera amatora!!ntibitangaje ko akanya kose uguma witoza utunyoni kubitajanye na politik:ngo ndabira amarori présida yambaye!usigaranye ikirwanisho c’ibihuha gusa nuko nyene waneshejwe muga utemera!tera igere ryanyuma!!witwa Munoho Troubles
30 Ruheshi 2015, 13:12, par fidelité
Mbega mana yanje,ivyo avuga ni ibiki,kuva ryari amatora y’umuhutu yigeze yemerwa n’umututsi,on t’emmerde pacifique,rya ivyo mu buhungiro unume,akazoja mw’i barabara mwino minsi kitonde turasya,ayo makungu yatanguye kubahinyura ,un envoyé special wa RTBF yavuze kuri TV5 monde ko amatora yagenze neza malgré l’abscence des observateurs etrangers,mbe abo bagiye gutora nubwoba ni bande,sinzi ko ari jewe jenyene pacifique asigaya asara,hari uwoyabonye bakwega ku kiziriko,abo baja kwoza intoke après les elections est ce que ni ikosa rya nkurunziza canke batinya repression yanyu pacifique,nta mu dd numwe yakaravye après le vote,c’est une fièrté d’aller voter,abatowe ba représenta ababiyumvamwo kandi turabakunda tuzobakingira abansi nka we,uracavuga imyiyerekano ko uri umugabo ja mw’i barabara,ariko nibagiye we wibereye kigali gufata akayaga mu ma euro y’abazungu ariko azohera,twaraye dutoye kandi turabandanya,ibimaramare bibasye.Mbabajwe na Rwasa yabumvirije akaba adashobora kuja kuba mu rwanda ,le pauvre abanamarimwe ntazopfa asubiye kubaja imbere
30 Ruheshi 2015, 13:47, par VITAL
MUVUGA NGO ABARUNDI BOSE BARINYUMA YANYU? MWARAYE MUMANGAYE MWARABONYE IBITIGIRI VYITAVYE AMATORA? AHUBWO URUMAGUZA NTIWARUKWIYE GUSUBIRA KURYOGORA
30 Ruheshi 2015, 13:59, par mahoro
Mwabene gihugu cuburundi nagomba ndabasabe abankundira munshigikire mbega ko mbona abahutu nabatutsi twese tuva amaraso mubona ari ryari hazoba intwaro abarundi bose bemera akarorero abiyamiriza ikiringo ca gatatu bati imbonetakure ziradutoteza uravye ntabwo biteguye kuba mugihugu kirimwo imbonera kure imbonera kure nazo ziti abo baraturenentaniriza none niba imbonera kure ari 50% abandi bakaba 50%isigaye mwumva ari ryari muzokeubaka igihugu kitarimwo umurwi umwe murabo? Ico mbona indongozi zimwe zimwe zivuga ziti mwarwaruka numuhaguruke mupfe ariko ivyo dushaka tubishikeko mbega ugira hari umwana wiwe azoba arimwo haba namba nimuze turengere ivyatubayeko turondere uko twushishikara kubana duharabire ihinduka mugihugu tudakoresheje kwiyahura imana niyo izi kubu kacu na kazoza tugiye hamwe mukwihanganiranira izodushoboza gutsinda ba nsumire inda.
30 Ruheshi 2015, 14:01, par Dukuze
Twese turiyamiriza ayo matora aho umurwi ceni usigaye uhatira amajwi kubavuye mwihiganwa ngo bikunde basubire basambure imigambwe yabo mukubahendesha ayo majwi.
30 Ruheshi 2015, 14:09, par espe
Paci asigaye ameze nk’umukinyi wa ninde!!! Karamubanye kabisa
30 Ruheshi 2015, 14:13, par NIYONGABO JOSEPH
Uko bigenda kwose, inzira bizofata yose, Imana niyo ifise programme y’igihugu. uwo itateguye ntashobora gutwara igihungu. Mirinde gutukana kuko mupfa isi kandi ari espace de transit ku muntu uwo ariwe wese.
Mana turahaye icubahiro programme wateguriye igihugu cawe!
30 Ruheshi 2015, 14:18, par john
Naw uzotegur yiwaw twebwetwarahejej abuhamagarir mumigumuko harimwo sowaw:nyokowaw:bennewanyu canke bashikaw?wwe warihavy ngurahunz mbe wombarir imiryango imazekuburir muriyomigumuko abumaze kugarukirako?ucungururimi gwaw twarwguhinyuy
30 Ruheshi 2015, 14:18, par hermes
Abazungu bobo uwutabazi arabarirwa.Kadafi arapfuye none ubu Libia igezehabi.
Mwebwe mwakoze amaki kuri universite?Igihambaye sugushusha imitwe y’abarundi
ahubwo nukuraba iyo ujyana abantu mu mvugo zituma umuntu abona neza ikiri imbere.Abarundi barakunda ibintu vyagusa bahawe n’abazungu.Umuzungu azoba uwambere mukukwica mu mutwe wawe.Emwe nawe nyene ura keneye :EDUCATION.
30 Ruheshi 2015, 14:18, par hermes
Abazungu bobo uwutabazi arabarirwa.Kadafi arapfuye none ubu Libia igezehabi.
Mwebwe mwakoze amaki kuri universite?Igihambaye sugushusha imitwe y’abarundi
ahubwo nukuraba iyo ujyana abantu mu mvugo zituma umuntu abona neza ikiri imbere.Abarundi barakunda ibintu vyagusa bahawe n’abazungu.Umuzungu azoba uwambere mukukwica mu mutwe wawe.Emwe nawe nyene ura keneye :EDUCATION.
30 Ruheshi 2015, 14:21, par MASO
Heeeee!
Yewe Pacifique , ushaka baguserukire gute ? Kandi ufise ubushikirizi bwawe ?
Nta nzu yubakwa muyindi , kimwe gusa imwe irabomoka . Wewe rero bandanya uyo mugambi mubisha , widoge , ureke twe dukeneye amahoro , mwa kino gihugu turuhuke .Ni wiserukire kuko urabishoboye uta akanwa bigenze gute muga?
30 Ruheshi 2015, 15:44, par Gahanga
Komera Ubutegetsi Bwa Nkuru Twize Bugiye Kurngira Vuba Cane Kko Kananira Bagabo Ntiyimye Mukomere Kuba Intwari
30 Ruheshi 2015, 16:01, par SINZUMUSI Joseph
Ni ukuri Pacifique akwiye kugira amatohoza kuko mu Burundi, nta muntu n’umwe akimuha nirwere. Ivyo avuga ni ya maraso y’abantu igihe yari umu sans échec akimukurikirana. Bibiliya iti Abanyakibi bahunga atawubirukanye. Icompa Pacifique irya Commission Vérité et Réconcilioation igatangura vuba. Twebwe turafise ivyemezo bikwiye ko ariko aratera induru kugira ngo azoce atakambira amakungu ngo baramutoteje. Menya gusa ko ibirego vyawe biriko biregeranywa.
Abo wishe barakwiye, ntuzosubira kuko Amakungu uvuga ntazokwemera kuguma yizigira inkozi y’ikibi nkawe.
Mbega uwogereranya Nkurunziza na wewe, ubona arinde yokwagirizwa vyinshi?
Abo bose bariko barisuka mu masase, si abo uhenda? Rindira burya imisi y’igisuma ni 40 gusa; ni wabona bitagutekurukanye uzoce umenya ko abarundi ari nkawe bose.
Mu misi ya vuba ivyawe bigiye gutangazwa.
30 Ruheshi 2015, 16:26, par Nsengiyumva Désiré
Vyose Bizokunda
30 Ruheshi 2015, 16:39, par minani
Ewe pacifique sha warahinyutse. Ukiri muri secondaire, abahutu warishe uraruha, ugere muri universite uti sindahimba, urica uraruha. Ubu naho witwaza ngo 3è mandat, akagwi musanzwe mukorana ububisha ukaroha mwibarabara wewe n’umuryango wawe muca mufata za visa zanyu muritumurira ako kagwi nako gasigara karica abahutu bamwe kakabaturira bakanura abandi kakabarasa nk’uko mwabikoze mugisagara ca bujumbura mu myaka ya 93, 94, 95, 96. Aho simvuze imiduga n’amazu vy’abahutu ako kagwi nyene katuriye. None ubu amaraso y’abahutu nturayahaga? Wewe none wibaza ko uzobica ukabamara? Gerageza urabe, ariko umenye ko amase yakera atagihoma urutaro. Twebwe aburundi dushaka amaho, aribo twebwe twaraye twitoreye indongozi nshansha tuzokuvugutira burundu !!
30 Ruheshi 2015, 16:46, par ezechiel
ahubwo ntukomeye twe ntitwatoreye abanyamahanga we ko washimye abazungu tuveko mugabo imana niyonkuru muzotangara.mbe kowagze amahirwe yokuvugra kwiradiyo wibaza twe ntacodufse tubona ahubwo nuko coup d’etat yawe utayirose turazi kushaka nawe ubu president ariko suko buza ucunze nabi ntaco uzovamwo burya abo sincuti zawe
30 Ruheshi 2015, 17:35, par Avec
Pasifike, wotubarira igihe wigeze wenera reta urongowe na Nkurunziza kuva agiyekubutegetsi? Murazokwemera mutwarwe cankemureke mwaraye mubonye komurababeshi ngomurafise ababumvira mutegeka nkibipupe ariko abarundi barayebaberetse komutabasuvya ubwenge ahobasidukanye niyonka mukuzakwitorera indongozi.
30 Ruheshi 2015, 17:39, par Ninziza
Paci uringabo ntibaguce intege ww ntabwoko uharanira guko uraciye ubwenge ivyo vy’ubwoko abantu bakibikorerako nabantu badashaka k igihugu cacu kiva mungorane kigatera imbere nimuhumuke amaso mubone kuko igihugu nicacu jw ndu muhutu ariko pita nako kagwi kiwe bashaka gusubiza inyuma igihugu cacu sindashigikiye nyamba barabuze uwundi yoserukira umugambwe wabo nibabise ababafise ham ingorane zihere uwo mutima w’ubukoko ntaho uzobashikana atari mu muriro udahera knd umwe yese azobazwa ivyo yakoze ham twese dufise imyama amaraso bisigura ko namwe mutazorusimba mukomeze gusesa amaraso muzicuza guko amaraso sikintu cogufyinako azobahumira jewe ico mbona mutama Pacifique n’uko mwokomeza gukura abarundi mukaga ariko ivya manifestation bakavyihoza guko mbona ingwe zaratwinjiranye Ubu mukombozi yarangajwe azira ukuri avuga n’abandi impunzi zirigwa ziricwa n’inzara batabuze ico bafungura mugihugu cacu vyuzuye sh muzobazwa vyishi mutagiriwe ubuntu ngo mu menye Imana y’ukuri ibahindure!jijuka barundi umwansi n’uwushaka k igihugu cacu kidatera imbere subwoko
30 Ruheshi 2015, 17:53, par blaise
ewee mutama wagerageza mbega abo baguma baca imigani ngo umwungu wagwaruyuzi nibareke ibintu vyamoko kuko twese tuisanze uko ntanumwe yiremye abavuga ngo ngagara nyakabiga musaga ngo nibo bagiz manifestations ntibaz guharura bu terre kinama kanyosha buja rural barimwo
30 Ruheshi 2015, 17:54, par blaise
ewee mutama wagerageza mbega abo baguma baca imigani ngo umwungu wagwaruyuzi nibareke ibintu vyamoko kuko twese tuisanze uko ntanumwe yiremye abavuga ngo ngagara nyakabiga musaga ngo nibo bagiz manifestations ntibaz guharura bu terre kinama kanyosha buja rural barimwo
30 Ruheshi 2015, 17:58, par Nsh.Ch
Ayomatora Ntabaho Ni Kuyasubiramwo Rwasa Ntawundi Twizeye Atr Wewe!0k
30 Ruheshi 2015, 18:46, par mutabazi
Uwo mugabo atera umwaku iyo urebye ifoto ye mugitondo wirirwa utariye. Mutubabarire mufute ifoto yuwo mukoshi
30 Ruheshi 2015, 18:53, par rutumo jean
ico kibwa yatay abatutsi mu rudubi none avuga abatow gute? none ko cari cavuz ngo ntibatore ukwo sukumaramara ubu iyo mbwa ntabona ko abarundi bumutima tukiriho niwe yavuz i lahe natwe tuzomushirayo
30 Ruheshi 2015, 19:57, par Nijimbere Nkurunziza
Ewe Nkurunziza Uraturiye Aho Ntiworeka Ababishoboye Bakitwarira!
30 Ruheshi 2015, 19:58, par john
Wew urakomey canke urusara,mbekubundabunda ubura kuja ahabona iyombwakaz yaw nubwo bubunda bwaw buzane abe aribw buja mwibarabara.
30 Ruheshi 2015, 20:23, par Nijimbere
Turamukeje Mutana Imana Iramubona
30 Ruheshi 2015, 20:26, par KIRENGE
MWESE MUSHAKA KURYA
GUSA!!!TWARABIHINYUYE
PEE!!
30 Ruheshi 2015, 20:35, par nishishikare jean-fils
ntakindi conezera ataruko nobona Pacifique arimbere yabo atuma imyiyerekano,apana kuguma atuma abantu bibigugu mwibarabara,la communauté internationale compte sur le nombre des morts des interculturels pas sur le nombres des voyous remplis du chanvre,kandi akimenye kuko agumye akora uko azoba ariko yerekana KO harinyungu ashaka kuko NDADAYE ntiyigeze yinyegeza abamenja nagato,RWAGASORE ntiyigeze atinya nagato abamenja ngo ahunge,ariko kubera ashaka kwigarura igihugu akoreshejwe nabazungu kubera kubera yamenyeye gusega yarahunzeee!!
30 Ruheshi 2015, 21:22, par kiramvu
uwomugabo peter mbona afise amatwi manini mugabo yaras kwumva none dukoriki? icotwokora twosaba amakungu akarungika abagaga karuhariw bakamutuvurira akumva (emwe namaso nikimw)
1er Mukakaro 2015, 00:01, par Eric
Mr Pacifik we ntagihugu ukunda iyo ninda yawe gusa numuryango wawe .
1er Mukakaro 2015, 00:22, par janvier
Ndakeje abarundi bose base amatora kk twgiye gutora tutagiye kwiri kugira turonke ikimenyetsi ntibibe nka oho kugusaba Katanga muntu bagusaba agakarata kitora bashka kuraba ko watoye kubisazwe amatora ntitabwe nka hose kk nabitavye batatoye bafa kubishra mumasandugu bakavuga batagira uwo batora ubiravye amakara yabaye ipfagusa uza ubwakabiri kubatoye aho nari mpereye niboneye nuko twasanga bigaragar bisigura ko abarundi batatoye kand yitabwe nabake
1er Mukakaro 2015, 00:31, par mutabazi
@Rutumo Jean. Ndagushimiye ibyiyumviro byawe. Pacifique ni ingegera imwe imeze nk’isiha. Yabeshye abatutsi ngo bajye mwibarabara ngo amakungu ari kumwe nabo none abatutsi bose bamubonye bamukaranga mungunguru y’amamesa kuko yabahemukiye none impungure (impengeri) zikaba zibamereye nabi mu makambi mu Rda. Ngo yari yizeye ko intagongwa iziruta zose Kagame azatera uburundi akivuna Nkurunziza none Kagame yahiye ubwoba kuko azi ko abakunzi b’amahoro bazamuhereza umuti wa Mperezayo
1er Mukakaro 2015, 00:38, par mutabazi
@Rutumo Jean. Ndagushimiye ibyiyumviro byawe. Pacifique ni ingegera imwe imeze nk’isiha. Yabeshye abatutsi ngo bajye mwibarabara ngo amakungu ari kumwe nabo none abatutsi bose bamubonye bamukaranga mungunguru y’amamesa kuko yabahemukiye none impungure (impengeri) zikaba zibamereye nabi mu makambi mu Rda. Ngo yari yizeye ko intagongwa iziruta zose Kagame azatera uburundi akivuna Nkurunziza none Kagame yahiye ubwoba kuko azi ko abakunzi b’amahoro bazamuhereza umuti wa Mperezayo
1er Mukakaro 2015, 05:52, par Mutanga E.Niva
Icombona abarundi dukunda igihugu turacahari. Abobanka amatora nabo nuko bamenyereye gutwara batatowe. Nimba uwa 93 baramwishe bakamuherana, uwuwe azobakora.
1er Mukakaro 2015, 08:13, par Eric
badaserukiye wewe bakaserukira jewe ingorane irihe? nizere komubagutumy ntarimwo . henda abo kumusaga, nyakabiga, Cibitoke, mutakura..... inyuma yavyose uzobona ibizokurikira.
1er Mukakaro 2015, 08:19, par Eric
badaserukiye wewe bakaserukira jewe ingorane irihe? nizere komubagutumy ntarimwo . henda abo kumusaga, nyakabiga, Cibitoke, mutakura..... inyuma yavyose uzobona ibizokurikira.
1er Mukakaro 2015, 08:30, par Lizer Flo Platinmz
Nashaka Kuvuga Amatora Yo Kur Uwu Wa 29 Atanezereje Benshi Nkuko Vyahora Co Kimwe N Abayitavye,ico Nosaba Abanyepolitike Nibicare Hamwe Kuk Igihugu Si Rwanyu N Icacu Cank Ntitubatore!
1er Mukakaro 2015, 08:31, par Sylvère
Je nza ndimwibarabara,aboturikumwe barenga gato ijana,ayo samatora ni komborewa.
1er Mukakaro 2015, 09:11, par Kelly
Mbe wamututsi aho udashaka abene gihugu ntibitorer indongozi urabagaba?hamagarir umudyango waw umj mwibarabara twebw uturek ubwok bwiwanyu nibubi mbe wew kutaj imber yabos uraza urabesha abatutsi biwanyu tweho twaraguhinyuy neneho ahubwo wew uri kijuju ukwiriy umugoz uw guherayo rer amator yarabay nez mumutekano
1er Mukakaro 2015, 09:54, par Peace Bigenda
Abarundi turanyotewe uburongozi bwiza
1er Mukakaro 2015, 10:37, par k.manase
igitangaje kurusha ibindi nukuntu wumva
abarundi bose bavuga ngo hakwiriye kubaho
impinduka ariko ntawuvuga ninde
azabihindura,abandika ibihuha Bose bibereye
mubuhungiro binyibutsa kera buyoya
nabagenzi be bohereza abana babandi
kurwana intambara itateguwe neza kandi
ababo baroherejwe muri
Canada,France,Belgique....etc sha nimurindire
amakungu gusa ntayo muzabona vuba kandi
ntamwana wundi azongera gupfa uwawe
waramuhishe soit mushyire hamwe cyangwa
mubivemo Peter abayobore.
1er Mukakaro 2015, 11:12, par k.manase
@Mutabazi: Kagame nta "bwoba" afite kandi niyo yabugira ntiyatinya abo bana b’ejobundi bananiwe ntaho baragera niba ugirango ndakubeshya uzabaze abafaransa bari muri zone turquoise cyangwa abazairwa barindaga Mobutu, uzajye muri Angola urebe ikibuga Gen Kabale yafashe mumasaha 4 gusa ashaka gutaha cyari cyarananiye Savimbi mumyaka yose yahamaze,Ese wari uziko Congo yagize chef d’etat major wo murwanda, waba waramenye uwigishije nuwahaye kabila ubuyobozi???yewe na Agaton Rwasa ubwo yarasaga Bus ya Titanic bwarakeye atabaza amakungu kuri BBC avuga ko yatewe nabasoda barwana bakambakamba kumisozi nk’Intare ngo bishoboka kuba ari inkotanyi, ugereranye mission zagisirikare zinkotanyi Djuba na Rep Centrafrique nizuburundi muri Somalie nurangiza wandike kuri Google Kagame urebe achievment hanyuma wandike Nkururunziza, ugereranye ibihembo international yabonye nibyo Peter akura mubuhinde urebe muri wikipedia intabara yarwanye niza peter so abantu badashyira hamwe nka Gen. Nkunda na M23 ntacyo twabamarira dufite ibindi bidushishikaje.
1er Mukakaro 2015, 14:10, par ndonda
Na nubundi birumvikana ko abatowe bazoserukira abanyagihugu aribo abenegihugu buburundi, na nibo babitoreye,ntabwo rero bazoserukira ba pacifique.
1er Mukakaro 2015, 15:19, par iranzi
nukr Imana niyo yoseruk gusa
1er Mukakaro 2015, 17:46, par A
Bazoserukira abarundi sabazoserukira akarwi kinkoramaraso kaminuju mgukora ibikorwa bigayitse nkogyturira abanu. kandi ntabwo bazoserukira abanyamahanga nka MUNOHO Pacifique.
1er Mukakaro 2015, 20:15, par Ntakirutimana Lazare
TURISHA WAJUA
1er Mukakaro 2015, 21:15, par ETIENNE MESSI
AMATORA ATITABIRIWE NABOSE TWOYITA AMATORA?REKA TUBITEGE AMASO
1er Mukakaro 2015, 21:36, par SINGLE SOSO
MBE KALLY NABANDI MUSHIGIKIYE SEMUNEGEZA KO IBINTU VYADUZ IBICIRO AZOBONGEREZA KO WE YIFITIY MILLIARD 9OO HANZ BAMUBONAKURE NKUKO MWIGIRA IMBONERAKURE KUMBE MURI IMPUMYI KUMBE MURI IMPUMYI
1er Mukakaro 2015, 22:07, par Ubugaboburihabwa
UYO PETER NTAKINDI AROREREYE ATARI UKUJANWA MU BUTUNGANE MURI CPI KUBERA UBWICANYI AHAYE AKORERA ABARUNDI! NAYO AYO MATORA NIRWIWE NUMUGORE WIWE KUKO NAKARE BUCA TUMUTOZA IMINWE NARIRYA NAMAKUNGU YAMAZE KUMUKURAKO AMABOKO YOSE.
2 Mukakaro 2015, 15:14, par Nidas
Ntimutiny izombonrakure kuko umutama mugupfa aravyibuha.aho ivyankurunziza biriko birangira.woraba ivyo bakoz ngo namatora aho muri buja atawatoy mé bemeza ko twatoy mbe aho baha imigambw ititoj amajwi ni ukubriki?ha w nkurunziza hagz kutmba igihugu cicaso nicatwes
2 Mukakaro 2015, 16:42, par NDUWIMANA
AMATORA PACIFIQUE VYAKIRE UKO KUKO WEWE NTUSERUKIRA TEBWE ABENIGIHUGU.
TWEBWE ABENEGIHUGU TWABATOYE TUBAZI KANDI TUREMERA KO BADUSERUKIRA.
NKURUNZIZA MUTAMA WACU GUMA KWIVURA KUKO MU MISI MIKE TURAKWONGERA.
2 Mukakaro 2015, 18:28, par ndikuriyo
EWE PACIFIQUE URATEYE AKAGONGWE MAYINA SHA WEHO NTUSHONJE URIKO URYA AMA DOLLARS BAGUHAYE ABO BAZUNGU WIBEREYE MU MA HOTELI AHO MU RWANDA. MBE N’IBIRO VYA FOCODE WAVYIMURIYE MU RWANDA. AHUBONA HARAHO RUZOTEBA RUKABUZURIRAKO MUGATAHA. KUKO IMANA DUSENGA IRUMVA KUKO NTUSHOBORA GUHEMUKIRA IGIHUGU CA KUVYAYE KIKAKURERA NGO VYIJANE UKO. IYO CPI NAYO MURIRIMBA BURYA HARAHO ARI WEWE WOTANGURA KUYIJAMWO NGIRA HARI EXEMPLE ZIRIKO ZIBONEKA ZOKWIGISHA. SAWA OK.
3 Mukakaro 2015, 09:12, par Meek
Wew Pacifiq Watumy Abana Batiga Wiyumva Gut?President Tuzomukurira Mu Kazu Ka Matora.Abatow Bazoserukira Abarundi Bose Nimba Uri Umurundi Bazoguserukira Naw.Mudashaka Ko President Asubira Gutwara Muzomwima Amajwi Abamushigikiy Bayamuh Duc Turaba Uwarons Meshi.Ushaka Guhindura Ubutegetsi Bicishe Mu Matora Tuguhe Amajwi Bikenew.Vyerekana Ko Ata Matora Ushaka.Ok
3 Mukakaro 2015, 11:32, par yaya
@Mutabazi, fasha Kagame hasi, rwana n’ingorani z’igihugu cyawe. Ndakubwiza ukuri u Rwanda ntirukeneye kurwana n’u Burundi, imbunda n’amasasu twakoresha ntacyo twakuru mu Burundi tubigaruza. Gusa nimwibeshya tuzohereza Dasso(Local defence force) abe ari zo zibaha isomo
3 Mukakaro 2015, 21:27, par Munywero
abantu bamye bagirwa n’abandi mukubaha impanuro bari bakwiye kuraba icotuma amatora agomba kugenda araba yemerwa n’abeshi(Amakungu,abantu)atari umugambwe canke akarwi k’imigambwe.
4 Mukakaro 2015, 22:01, par Moustapha de gea
None,abo ba Ininahazwe nabandi baserukra amashirame muvya politik biyamiriza ikirngo ca3 gt,abanyagihugu bacemera erega ababatamkeneye ntibarikumtora.batra uwundi atari P.Nkurunziza,kwabanyagihugu bakimwemra nibamurke abandany abarongora,barke kugumura abanyaghugu bu Burundi.
7 Mukakaro 2015, 15:55, par Claudine
mbega wewe urinde uvuga yuko abatowe ngo "ntibaserukira twebwe". wewe uri igiki, hari ico wamariye abarundi? raba ingene wishe abarundi mu migumuko wateguye ariko abana bawe birereye iburaya bariko bariga, nta nkoho bumva hanyuma ngo iki? haga neza izo dollars, uzozidahwa umusi uri izina!!!
7 Mukakaro 2015, 16:23, par Claudine
mbega wewe urinde uvuga yuko abatowe ngo "ntibaserukira twebwe". wewe uri igiki, hari ico wamariye abarundi? raba ingene wishe abarundi mu migumuko wateguye ariko abana bawe birereye iburaya bariko bariga, nta nkoho bumva hanyuma ngo iki? haga neza izo dollars, uzozidahwa umusi uri izina!!!
30 Mukakaro 2015, 11:02, par NIBOGORA Elie
IGIHUGU NI ICA BOSE S ICO UMUNTU UMWE N UMURANGO WIWE GUSA KANDI BURYA NTA CIHISHJE IMANA ITABONA JESUS EST VIVANT POUR TOUS LES CROYANTS
24 Myandagaro 2015, 17:34, par bizoza
pacifique Imana Iguhezagre Atarikindi Watabara Abarundi Abo Nako Bareke Erega Imbonerakure Ushize Amata Mugikonbe Ukazibaza Ayomata Asagute Ntibazi Koyera Bazikoyirabura Komera Mutama 2ri Inyuma Yawe
26 Ndamukiza 2016, 18:07, par Emima
Urumugabonyawe Uvuga Ukuri Hezagigwacane Ni Mana Ntabutware Bwabo Nabangushi Baduteye Nubukene Ntanico Batumariye
26 Ndamukiza 2016, 18:08, par Emima
Urumugabonyawe Uvuga Ukuri Hezagigwacane Ni Mana Ntabutware Bwabo Nabangushi Baduteye Nubukene Ntanico Batumariye