Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Padraic Kudu yahawe amasha 48 kuba yavuye ku butaka bw’Uburundi
Yanditswe taliki ya 13-12-2015 - isaha 21:17' na Van Naris Mugisha

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwirukanye umunyamahanga Padraic Kudu ava mu gihugu kimwe ku mugabane wa Buraya bumwagiriza ko yatanze amakuru acanishamwo kandi ahungabanya umutekano w’igihugu.

Mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’Intwaro yo hagati mu gihugu ryateweko umukono n’umushikiranganji kuwa 13 Kigarama 2014,ubwo bushikiranganji bumenyesha ko Padraic Kudu yahonyanze amategeko y’igihugu muri rusangi hamwe n’ayagenga umwuga wo kumenyesha amakuru mu Burundi.

Muri iryo tangazo,ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwamuhaye amasaha 48 kugira abe yavuye mu gihugu c’Uburundi aje mu gihugu yiyumvamwo.

Mu kurangiza,ubwo bushikiranganji busaba abajejwe intwaro mu gisagara ca Bujumbura,mu ntara no mu makomine gufasha kugira iyo ngingo ije mu ngiro.

Ivyiyumviro vyanyu

Abo Bazungu Nibagende Nibobaduterera Umukoshi Igihugu

15.12.2015 à 23:02
CKIDAIDI

THESE ARE THE PROBLEM with that of BURUNDI,adds proclaiming their worst enemy woud ADVANCING ITS He does not want see him Lord VOTECORRUPTION,undo it imposes REASON FOR 48 HOURS THEY DO respect the legal pand ? why they RESPECT TO THEIR Justice it, constitutes has declared him done, return to the retention of the su Jbect alittle,GOD BLESS THIS JOUREY.

15.12.2015 à 02:10
Mpozamarira Erias

abarundi niko mwapfuye mwese

14.12.2015 à 21:04
claude

muzobamara nimba uwuvuze amabi akorwa n, ubutegetsi aca yirukanwa.

14.12.2015 à 10:31
maso

Ariko ndibaza iyo nkuru ya 2014 sivyo raba mukosore date

14.12.2015 à 09:14
jean berchmas

Ariko ndibaza iyo nkuru ya 2014 sivyo raba mukosore date

14.12.2015 à 09:14
jean berchmas

Ariko ndibaza iyo nkuru ya 2014 sivyo raba mukosore date

14.12.2015 à 09:14
jean berchmas

Genda Mutubis Twiyubakir Igihugu

14.12.2015 à 08:40
Appolinaire

NAGENDE ABOBAZUNGU NIBOBADUCANISHAMWO

14.12.2015 à 08:19
MAJORO

Muzopfa Atacomwimariye Mwagombako Naweyokoresha Ikinyoma ? Nkamwebwemwamaz Gupfamugenda !!

14.12.2015 à 07:36
Ntacomurabona !

Nyakubahwa Mushikiranganji, mbe nikuber’iki mutamushize imbere y’ubutungane imbere yo kumwirukana. Mbe nikuber’iki mutamuhaye amasaha 6 yo gutekera ubushambara bwiwe uyo mwansi w’abarundi n’Uburundi. Aribesha ntahonyabwoko rizoba mu Burundi.

14.12.2015 à 07:23
Rusakumba

Ego ntaco niyitahire iwabo ck aje mukindi gihugu iciza nuko umwuga wiwe udahagaz azowubandaniriza ahandi nakar yohavuye apfira mu burundi hagupfira mubansi wopfira mubakunzi,ark kd baranguha Na Rpa Barayugay Mgbo Nubu Ibandany Kuduhamakr Agezwho Iyowumva Naw bazobirukana Mgbo Ntibazirukana Ubuhinga Bwabo.

14.12.2015 à 06:46
Bikorimana Javan

MWakoze nyakubawa MUSHIKIRANGANJI muje MUraturabira n’abandi Banyamahanga bafise mwen’iyo nyifato batuvire MU GIHUGU

14.12.2015 à 06:45
Subiri

Nimwirukaneabobosebarikobafashamw’ivyongwary’utekanow’abanyagihugu.

14.12.2015 à 06:19
Anthony’o

Urabona ukuntu baryoherwa iyobariko barareba ama video yerekana abirabure turikoturicana ? Nagende.

14.12.2015 à 06:04
None ?

Izo nizo ngingo zikenewe kugira twubake igihugu uburundi buzobamwo uwushatse kandi yemeye kwubahiriza amategeko agenga igihugu uyo naje iwabo avugire yo amakuru hoho ntamakuru abayo ?nimurabe neza hari n,abandi nkabo nkabarya ba voix d,americ bobo mubarindirije iki ?n,abatovyi barungike baeungike batahe urya Tabita mukamusoni nawe nave aha

13.12.2015 à 22:25
big

NAGENDENTACO,AMARIYE,UBURUNDI.ARAKARUNHWA

13.12.2015 à 22:01
MAZINA

None uwurenz amategeko aca yirukanwa canke aritwarirwa mu butungane ?ningorane kweli

13.12.2015 à 21:29
bu10

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.