Paul KAGAME yerekanye aho ahagaze ku bibera mu Burundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 21 Ruhuhuma 2016 saa 10:23
Yasomwe : 284274
0 0

Inyuma y’intureka zatewe n’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA, Urwanda rwagirijwe kwinjiza no kwigisha mu bagwanyi impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, mu ntumbero yo gukura ku butegetsi umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza. Abategetsi batandukanye b’igihugu c’Urwanda babandanije kwiyamiriza ivyagirizwa Urwanda. Umukuru w’igihugu Paul KAGAME yashikirije ivyiyumviro vyiwe, ku bibera mu Burundi.
Mu butumwa yacishije ku muhora wiwe wa Twitter, umukuru w’igihugu c’Urwanda (...)

Inyuma y’intureka zatewe n’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA, Urwanda rwagirijwe kwinjiza no kwigisha mu bagwanyi impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, mu ntumbero yo gukura ku butegetsi umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza. Abategetsi batandukanye b’igihugu c’Urwanda babandanije kwiyamiriza ivyagirizwa Urwanda. Umukuru w’igihugu Paul KAGAME yashikirije ivyiyumviro vyiwe, ku bibera mu Burundi.

Mu butumwa yacishije ku muhora wiwe wa Twitter, umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame yagarutse ku bibandanya kubera mu Burundi, avuga ko nk’umunyafrika, cane cane umunyarwanda, ababazwa no kuba abantu batigira kuri kahise hamwe n’ibimenyetso bihari.

JPEG - 89.6 ko
Paul KAGAME, umukuru w’igihugu w’Urwanda

Paul KAGAME yagize ati : « Buri munsi abantu baricwa mu buryo budasobanutse, ni gute igisubizo nyacyo cyaha kwihunza ibintu?»

Uwo aramutswa Urwanda akaba yaneguye kubona impunzi ibihumbi bigera kuri 75 zahungiye mu Rwanda kuva mu kwa kane 2015, akavuga ko Urwanda rwazakiriye, rurazifasha mu buryo bwose bushoboka kandi bukwiriye, ariko mu nyuma Uburundi bwagiriza Urwanda gushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza, mu guha ibirwanisho izo mpunzi n’ukurukoresha imyimenyerezo ya gisirikare.

Umukuru w’igihugu Paul KAGAME, mu butumwa yacishije kuri Twitter yagize ati : « Nta bushotoranyi na buto ku Rwanda buzatuma rujya muri ibi… nta n’igisubizo na kimwe kizabuvamo. Uwo ariwe wese wagiriye inama cyangwa wafashije abayobozi b’u Burundi muri ibi, nubwo yaba ari kure yongereye ibibazo. Ndibaza nti kubera iki?»

Paul KAGAME abona ko amaherezo y’ikibazo c’Uburundi ari mabi

« Nk’ibisanzwe, ubwo bizaba bimaze kugaragara ko ibyangiritse ari byinshi, ibibazo bizaba impamvu nta nshingano zo kurinda zafashwe, igisubizo kizaba ‘ntitwabimenye’, n’uko FDLR iri mu Burundi igisubizo kizaba ‘ntitwabimenye’ bikomeze bityo kandi ubuzima bukomeze kuhatikirira aho kuvuga ngo ntibizongere kubaho ukundi.»

Ubutumwa umukuru w’igihugu Paul Kagame yacishije kuri Twitter, avuga ku bibera mu Burundi


Kumenyekanisha

1
Qqqq 4-02-2018 à 13:11

Ese Uwo Kagame Munyumvira Ashakiki K’uburundi?Aravuga Mutama Wacu Hubwo Amufashe Kuko Uwomubaza Ivyo Yirirwa Aravugira Kuma Twitter Bizomuhame N’umuryango Wiw

2
Isaac 3-02-2018 à 12:30

Ahubwokagamentamutimagirantiyarikwitamuvyomuburundikandinivyiwebimunaniye

3
GABU 1er-02-2018 à 13:43

YEMWE NIMUZETUVEMWIVYOBIHERATAKANYAGATO YESU ARAJE GUCA AMATEKA

4
Gentle 31-01-2018 à 11:03

None mushaka iki kuburundi ? Aba nyarwanda banza mumenye kubana neza ..dore na Uganda igiye kubakurizaho... Ntaco muzotugira majooo nne c ubu ko twacecetse ivyo mubigarukanye gute? Ntimuzotubona muvyanyu basha

5
Freddy 23-07-2017 à 10:55
6
Erik 18-05-2017 à 19:54

Kabisa urwanda rurarenganwa pe jewe ndumva ntaruhare rwagize murivyo

7
desiré niyondiko 4-04-2017 à 19:51

biratangaje kwumva twarasivye iyomitego

8
tech 29-02-2016 à 09:49

Ariko iyo muvuga ngo waruzi ko ari Congo, U Burundi ntabwo twokwigereranya na Congo iraturenze kure cane, mu butunzi mu ncuti muri vyinshi...!

9
zituriza 25-02-2016 à 17:14

mwakosoye ibyanyu mukareka kwikoma u Rwanda! u Rwanda nta nyungu nimwe rufite m gutoza igisoda impunzi z’abarundi ariko kuko u Rwanda rufite Abayobozi bafite Imiyoborere myiza,Ubumuntu no kuzirikana ko ikiremwamuntu kigomba kubahwa, rukaba rwarakiriye bene wanyu bari basimbutse urupfu maze tukabafata neza, birababaje rero muti u Rwanda iratoza impunzi! turabizi ko mushaka ko bapfa ariko ntibagipfuye kuko bari mu Gihugu gifite Abayobozi n’abaturage batojwe urukundo,urugwiro ndetse no gufashanya.

10
jean 25-02-2016 à 14:41

shkurani ya punda.ejo bundi isoko ryahiye iyo kagame atabaha indege zo kuzimya isoko rya bujumbura ryose n’inkengero ntivyari bihiye?

11
turaje 24-02-2016 à 12:05

kagame arashoboye rwose haraho yakuye urwanda kd haraho rugeze kugeza umu, sasa muzakomeze musakuze mubaye abagabo nkuko mubivuga mwaza mukarenga kanyaru gato gusa tukabakirizaho umuriro , naho kwirirwa musakuza ejo abapolisi bakabica nta politic irimwo, mujye muvuga mushire no mubikorwa aho byabasawa kabisa tukabereka icyo imbwa yaboneye kumugezi. igihugu canyu kiraduma amasazi inzara izabishe mukirirwa musakuza gusa hoshi nimugende.

12
Bigirimana John Bosco 23-02-2016 à 18:24

Erega Uwo Nizina Riramuranga Ni Kagome Atari Kagame Arko Ntaco Ari Bukore Muburundi Kuva Ubu.

13
Gordienzeyimana 23-02-2016 à 16:06

Abarunditurarushenimutubabarire Kagame

14
Gordien 23-02-2016 à 16:01

Kagamerekankurunzizayitwarireyahawenabiwe Uburundiburimwo Abagaboturikwiye

15
Gordien 23-02-2016 à 15:54

Kagame Rekankurunzizawacuyitwarireyahawenabiwe Uburundiburimwo Abagabo Turikwiye

16
Gordienzey 23-02-2016 à 15:47

Kagame reka nkurunziza yitwarire yahawenabiwe Uburundi burimwo abagabo turikwiye

17
nana 23-02-2016 à 13:50

ark mubuzima sindabona abantu batukana nk’abarundi bandika comment hano simvuze bose ariko mujye mwibuka kwambarira indimi zanyu ntimuzatinda kumenya ko mwibeshye ku RWANDA rw’abanyarwanda kandi twe turaziga erega gutukana ntibiziCa kagame n’u RWANDA rwac

18
Mukobwajana 23-02-2016 à 09:49

Abarundi tureke Kagame afise ibibazo vyiwe..abarwana nabo bitwaje amoko bareke ntaho bija imuti ni negotiation erega Uburundi si izinga ry aba DD mwemera mwareka..

19
Toussaint 23-02-2016 à 08:06

Kagame teshwa womok ibibaz biber mu Burundi ntibkureba raban nugwand gwaw twebw ab RUndi tur mumahor nimb ushak guhungabnya amahor mu Burund bizokugor kand natw Abarund ntitwicay uzobon kand ntac mvuz!! ivy urko urkor uzovyishugw..

20
BARUTWANAYO Pascal 23-02-2016 à 07:46

Ewe Kagame nawe abo bazungu nabo barundi bakwoheje kwisuka mu bidashoboka, teshwa ute!! Niwibuke Ico KIRUNDO isigura uzoba ushoboye kumenya neza Histoire !!!! Reba ivy’urwanda , naho"" Uburundi Imana yaburemye Irabubungabunze kandi burimwo abagabo bafise ubugabo""!!!

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha