Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Karaveri MBONIMPA yahawe agashimwe (Amafoto)
Petero Karaveri MBONIMPA yahawe agashimwe (Amafoto)
jeudi 5 Rusama 2016, par
Umukuru w’ishirahamwe APRODH (Association pour la protection des droits humains et des personnes détenues) Petero Karaveri MBONIMPA yashikirijwe agashimwe kitiriwe intwaro rusangi (Démocratie) hamwe n’agateka ka zina muntu.
Ako gashimwe yagahawe n’inama nshingamateka ya Wallonie-Bruxelles, abagize iyo nama nshingamateka bose hamwe bakaba bahurije kuri Petero Karaveri MBONIMPA ko ariwe yohabwa ako gashimwe kubera ibikorwa arangura mu bijanye n’uguharanira agateka ka zina muntu.

Ibahasha igizwe n’amafaranga y’amanyaburaya ibihumbi cumi (10.000 euros), ni ukuvuga hafi imiriyoni 23 z’amafaranga y’amarundi, niyo yashikirijwe Petero Karaveri MBONIMPA, ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu, imbere y’abagize iyo nama nshingamateka ya Wallonie-Bruxelles
Amafoto




IGIHE
Messages
5 Rusama 2016, 09:32, par Ruduha
Uri umuntu w’umugabo.Komereza aho.
5 Rusama 2016, 09:44, par maya
Ni sawa kweri arabikwiy
5 Rusama 2016, 09:47, par maya
Urabikwiy kweri felcitation
5 Rusama 2016, 09:48, par maya
Felcitation mutama
5 Rusama 2016, 09:53, par rwasa
Tabara,tabara igihugu kiriko kiragurishwa nababagabo bomuri societe civil! raba uyu yitwa MAGI muragaba kuki ubwo buzungu buhagashimwe abobicanyi bagiye banyoye amaraso yabenewabo,muguturira abantu mumapine!nogukuramwo imitima mubantu bashigikiye leta iyo mitima bagaca baja kuyirya,twarabahinyuye bandanya mwasama hama ubwo buzungu bucira mukanwa muzitembana mwenyene iyo nimpanuro!
5 Rusama 2016, 09:57, par karenganyo
arabikwiye abazungu ntibarenganya arabikwiye
5 Rusama 2016, 10:31, par Eme Je
Komera
5 Rusama 2016, 10:36, par tari
Uwo mutama imana ikomeze kumwongerera umugisha no kuramba kuko igihugu kiracamukeneye nivyiza Ko umuntu yoza arahemberwa ico yakoze nawe arabikwiye ico nikimenyetso cerekanako umwasi aguciricobo imana igaca icanzo ayo makungu nayo noyabwirako atoza aribuka mbonimpa mukumuha udushimwe gusa ahubwo yoza arafata nkankama ivyayabwira kubijanye namarorerwa nkurunziza ariko arakorera abarundi harimwo nicokorwa mukubatabara ahonaho akaba adasiba gusemerera asaba amakungu koyorungika inteko mumaguru masha zoza gutabara abarundi mugabo basa nabakomeje kwica amatwi nimwa mumwemera koko Atari kuzindi nyugu zihishe inyuma mwongovye kumva akamo kiwe kuko ikimuraje ishinga gushikubu sudushimwe ahubwo nuko agateka kazinamuntu Ko garukirwa mugihugu ciwe kuko karageramiwe cane nankurunziza
5 Rusama 2016, 11:22, par KAMOSO
Bamushimiye Kuvyo Bamutumye Ntagitangaza Kirimwo Vrema Kwazubwenge Aragaruka Iburundi Turabe
5 Rusama 2016, 11:49, par MUYAHUDI
UWOMUGABO NDAMUKUNDA NIMVUGAKURI YARATABAY ABANTU BENSHI YESU AMUJIMBER
5 Rusama 2016, 12:29, par None?
Yewe nubundi baramuhemukiye kuko ayomafranga arateyisoni kumuntu yariyiyemeje gutanga igihugu ciwe! Kuko kw’Isi nzima sibeshi wobona bemera gutanga igihugu cabo kubwinyungu zakavantara, ayabaribikunda twese abarundi twariguhagurukira icarimwe tugasabako bongereza ayomahera nimiburiburi bagakwiza umuriyoni wamafranga yamanya Bulaya. Nayo ayo adakwiye nogukoresha inzu umwaka ukwosukumwikura? Yemwe iyoyamenya karutwobazoza baramuha nukuri ntabayaremeye guhemuka, uziamaphoto yirirwa ararondera muri Congo yimivyimba yabantubishwe mugihe cintambara ya m23? Arinavyovyavuyemwo agazema kogutuma uburundi bupfisha abantu majana namajana!!!???
5 Rusama 2016, 12:53, par Nzorubara
Komera mutama nibitarivyo uzobihabwa imana ikuzigame ukora ibikorinka
5 Rusama 2016, 13:18, par turaje
@kamoso none yoza muriryo shamba ryuzuye abicanyi aje gukora iki? azoza nkuko peter yaje avuye mukibira nyene uramutegera uzomubona kd vuba cane
5 Rusama 2016, 13:35, par Joseph
Yo Murabona ubugome bwa bazungu, none aya Mahera uyo mutama azoyakoresha iki ko ari makeyi cane gwose, sinibaza ingine batekereje kumuha aya Mahera ataguze nikinga :umuntu bita ka aharanira uburenganzira kiremwa muntu,nibaza ko uyu mutama atigeze yishima nagatoyi,Gusa abanya Africa dukwiye kubamenye ko abazungu nta terambere batwifuriza nka abirabura :
5 Rusama 2016, 15:01, par didy
Ako nakumiro ariko yarahenzwe aracakoronijwe nizombwa zababirigi batwiciye Rwagasore ariko ukuri kuzoteba kuje ahabona nkansaba benewacu mutaravye ubwoko tukarwanira igihugu cacu ntigisubire gukoronizwa
5 Rusama 2016, 15:37, par Kamaramaz
10.000euros oh my God !! hanyuma ngo yaharaniye Democracy ahembwa urusenda , democracy yabuliyemo umukwe numukobwa we , akabuliramo abahungu babili ???? akicisha abantu bali baziranye ngo ali muli democracy none bamuhaye ubusa koko PARLEMENT KWISI NIBWO ITANZE IGIHEMBO GISUZUGULITSE !!!! amafaranga atagura numuduga !!!!
ABABILIGI NAKAMARAMAZA !!!!
5 Rusama 2016, 16:17, par iradukunda
Rwasa, nawe wiyita Joseph ni ryari muzova mu vyiuynviro bicuritse, haragowe ababavyaye nababitezeko urukiza Pierre Claver Mbonimpa na Magi n’ intwari ni bo Bashingantahe n’ amakumgu arabizi , rero nimureke gufata iciza ngo mucite ikibi naci ngo mucite iciza muragowe kandi ikibi camye kineshwa imyaka yose none mumisi iheze ko Peter yamaze igihe asohora n’abana mu mashule ubuzi bugahagarara ngo avuye gutora ubushimwe butagira insiguro , ubona vyararetse ko bamwiyamiriza, kora iciza uzoshimirwa muve mu bwije abantu nkamwe mukwiye kwikebuka kugira africa ikire
5 Rusama 2016, 16:57, par KIRIJANA
UKABURAKWI HOFORA NIMURYE MUZOYAZIRA
5 Rusama 2016, 18:27, par Ngoma
Nanone bamuhemvye make. Uwagurishije umuryango wiwe hamwe nigihugu ciwe.
Ayo ni nkamwe bagurisha yezu ngo bamubambe.
5 Rusama 2016, 20:27, par Zoe
@ None uno mutama nubwo bamuha ubusa arasumba Nkurunziza inshuro ijana, we aharanira agateka kamuntu ariko Nkurunziza wanyu yamaze abantu, burya igikuru samahera, igikuru ni legacy uzasiga kuriyisi kuko twese tuxoyivaho dutahe.
5 Rusama 2016, 22:03, par Dondi
@Joseph: « aya Mahera uyo mutama azoyakoresha iki ko ari makeyi cane gwose»
Uvuze ngo ni makeya? None mwongerezeko ayo ubona amukwiye ko wumva uyagaye.
6 Rusama 2016, 01:42, par NYISHU Orginal
Mutama,ukwo ni uguhemukira ubusa!!kudandaza abo mwonse rimwe kw’ayo mafaranga?Ariko urayarya uri menge!Abazungu bo ni nk’INZOKA ZO MU NDA.Bura "GUKURA AMABOKO MU MPUZU UGAKORA" ngo uzoguma uhabwa gusa na we udatanga ukamengo uri NTAHONIKORA.Va ibuzimu uje ibuntu nyabuna wemere "INKURUNZIZA" kuko arirwo rukiza rwawe.
6 Rusama 2016, 01:47, par NYISHU Orginal
Mutama,ukwo ni uguhemukira ubusa!!kudandaza abo mwonse rimwe kw’ayo mafaranga?Mbe uwakunze amafaranga akagurisha YEZU KIRISU UMWANA W’IMANA ubu ari ateye hehe?Yoba yaciye agura INDEGE?Ha!! urayarya uri menge!Abazungu bo ni nk’INZOKA ZO MU NDA.Bura "GUKURA AMABOKO MU MPUZU UGAKORA" ngo uzoguma uhabwa gusa na we udatanga ukamengo uri NTAHONIKORA.Va ibuzimu uje ibuntu nyabuna wemere "INKURUNZIZA" kuko arirwo rukiza rwawe.
6 Rusama 2016, 07:48, par morodikayi.
Ndamukeje cane gose kurako gashimwe yaronse,uwo mushingantahe wukuri nijambo, ni bindi Imana izobandanya kubimusukira. na yubwo bugabo bwa CDD FDD ngo bamuhaye makeya, murabo ,harubwusanga butarayakoza muminwe, usanga bwiyaga rugatuma, butuzwe nimpekenwa zibijumpu gusa. umushingantahe, Karaveri Petero, mubagabo aba CDD FDD bangana umumiriyoni 1000 000, arabasumba incuro 100 00 kubikorwa vyiza ya koreye abarundi ntabwo muzigera mubigerako atarukwica nokurara kumugono abantu, murondera ivyo musahura ntabindi muzi.
6 Rusama 2016, 12:53, par Kanyosha
Uyumutama bamuhaye ibihumbi cumi acayibuka amabiyakoreye igihugu nabarundi benewabo aciye arira kuko muriwe haryarimwo aratejereza atingaha ninakuramwo ayogushira muriwamufuko wokugura za grenades zogutera abarundi kugira dukoneze kunezereza Louis Michel atindazagusigatana iki? Yewe ivyomurimwo vyasebikunze bizobatera kwinovora intuntu ndingaha muzobamumbarira nawe koneza wiririra nkumwana yazize ivyobamuhaye kumbura wihorere none kwabandi babaha amahera aguze inzu wewe bikugendeyegute kuguha ubwobusabusa?
6 Rusama 2016, 16:40, par Niyonzima
Komeramutama Turagushigikiy Turinyumayaw Abagutoteza Bamaramare.
7 Rusama 2016, 16:17, par Kwasakwasa
Kwinosi kuhaba nugushinyiriza! Naweraba uwomutama ukuntu bahisemwo kurondera ukwoyobaho akoresheje gutanga igihuguciwe ! Nawendebera kugira abamutumye abemeze kwakazibamutumye agakorayivuye inyuma raba ukuntu yisiga amate kumaso ururimi agasohora nkumana wikibunduguru ngoyerekane kwafitiye urukundo abarundi , yewe ndababwira nimwasanga hariho ahantu yigeze yiyamiriza ko abarundi badakwiye gufatirwa ibihano muzoce mwemera kwaho yariko arariravyukuri.
8 Rusama 2016, 21:04, par Nsabiman J Paul
Non Ayomahera Azoyaryayamare?Biragoye
9 Rusama 2016, 22:37, par hakizimana vincent
none ko muvuga mutama wacu ngo yahemukiy igihu nuko harico mwiyagiriza yabarez mukora bituma bamuha akogashimwe?