Reta y’Uburundi yagiriza Urwanda guha indaro imirwi itera Uburundi

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 24 Kigarama 2015 saa 05:46
Yasomwe : 61281
0 0

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Nyamitwe ariyamiriza irungikwa ry’abasirikare b’Ubumwe bwa Afrika mu Burundi.
Mu rwandiko Reta y’uburundi yarungitse ku cicaro c’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kw’igenekerezo rya 22 Kigarama 2015,umushikiranganji w’imigenderanire amenyesha ko Uburundi ari igihugu cikukiye kandi cigenga kandi umukuru w’igihugu imbere yo kwinjira mu mabanga arahira ko abasirikare mva makungu binjira mu gihugu ku ruhusha bahawe n’umukuru w’igihugu. (...)

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Nyamitwe ariyamiriza irungikwa ry’abasirikare b’Ubumwe bwa Afrika mu Burundi.

Mu rwandiko Reta y’uburundi yarungitse ku cicaro c’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kw’igenekerezo rya 22 Kigarama 2015,umushikiranganji w’imigenderanire amenyesha ko Uburundi ari igihugu cikukiye kandi cigenga kandi umukuru w’igihugu imbere yo kwinjira mu mabanga arahira ko abasirikare mva makungu binjira mu gihugu ku ruhusha bahawe n’umukuru w’igihugu.

Reta y’Uburundi isaba ahubwo ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika kurungika abasirikare mu gihugu c’urwanda rwagirizwa na Reta y’uburundi guha indaro imirwi itera Uburundi.

Muri urwo rwandiko, Reta y’Uburundi imenyesha ko bizwi neza ko ibitero vy’iterabwoba no guhungabanya umutekano w’Uburundi biza bivuye mu gihugu c’Urwanda,kuko ariho abatera baronkera inyigisho za gisirikare bakaronkera n’ibirwanisho.

Kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama 2015,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ryafashe ingingo yo kurungika abasirikare mu Burundi mu ntumbero yo gukinga amabi abandanya kwibonekeza.


Kumenyekanisha

1
niyongabo mady 28-12-2015 à 14:32

rekabaze gukingira urwaruka kuko nitwebwe kazozakejo naho bashaka kutumara nkifuyimijira mbebarundi benewacu kazozakacu nakahe? icobatibaza ntibaziyuko barikobarasaza ariko twebwe turikoturakura mana garukira uburunda nabana bu burundi urubuzinkware ruvumbukanigihuna nibareke kubeshera benewacu burwanda ntanyungu bafise kuburundi ahubwo ikibazo numugabumwe gusa!??<<

2
migabo 28-12-2015 à 14:21

ariko je ndiyumvira KO niba mufise ingabo zikomeye nkuko mubivuga mwaba mwaratoreye inyishu ikibazo canyu. kandi niba u Rwanda mushinja ibinyoma rucumbikira abo bansi banyu KO nta murundi wicigwa mû Rwanda babinjirana mureba he ahubwo nimusaba abo basoda bâ Africa babafashe
Naho u Rwanda ntago arirwo rwabwiye nkurunziza kwitoza hanyuma kandi niba mucumbikiye interahamwe nta mahoro muzigera muronka.

3
Ciza 28-12-2015 à 08:53

Ikibazo c’Uburundi nikimwe gusa:"Petero Nkurunziza".

4
Bizimana Patric 27-12-2015 à 18:26

Barundi mwisubireho,iherezo ryumwicanyi niribi cane,namuntu numwe wemerewe kwica uwundi,murebe kure,inzangano zishingiye kubucucu ntaco zizabagezaho.gushirahamwe nukureba akazoza kigihugu nico kizabafasha

5
la voix du peuple 27-12-2015 à 15:42

u Rwanda nawuyobewe ko arirwo rurinyuma yibibera i Burundi nyuma yo guteza akavuyo muri congo apfa bagapfa ku nyungu zu muntu umwe gusa ariko muri congo yahaboneye isomo no mu atazibagirwa aho yohereje umutwe wa bicanyi wiyise M23 ngo wigarurire Nord Kivu ariko uwo mutwe waboneye isomo ku butaka bwa congo aho wakubiswe iza kabwana ingabo zishyize hamwe zarawuranduye zirasa ibyo binwamaraso byirukira mu Rwanda no muri Uganda ubu niho yahungiye ariko se uwo muntu uharanira inyungu ze akabangamira izabandi ubu arashaka kugera kuki ? noneho nyuma ya congo amaso ayereke ku BUrundi ariko akiyiagiza ko Uburundi si congo yari yaragize agatobero .... nzaba najye ndeba iyo migambi afitanye nundi mugabo usaziye ku utegetsi ’ngo azashinga harya Empire hima tutsi ???? iyo Empire hima tutsi ko mbona abo bagabo bari gutuma itwara ibitambo yinshi amaraso akomeje kumeneka kubera iyo migambi yo gushinga iyo Empire hima tutsi........

6
Mariya Budangwa 27-12-2015 à 01:07

@ miweto

Rekeraho kwiyemera harya ngo mwoza kwigisha Abarundi kurima bakeza vyinshi n’ibindi vyinshi wadondaguye mwotwigisha, mbega ko impunzi z’Abanyarwanda zabaye mu Burundi kuva 1959 kandi ko zishikira mu butegetsi bwico gihe ni giki cababujije kuvyigisha ico gihe ko Uburundi bubwa bwarabaye Paradizo, mbe ko nzanunva amakamyo yama aza gupakira ivyokurya i Burundi aba abijana hehe ko wunva muzi ubuhanga bwo gukora kurush’abandi.

7
Kanyosha 27-12-2015 à 00:02

Rekanibwirire abantu bariko baridabagiza bavugako ivyo nyakwubahwa Nyamitwe avuze arugutumwanya canke arukubura icakora, umvandababwire burya uyumusi abivuga kuneza mukamwita kwatabwengenge agira, ariko nihagera kuyindi step yitwa both countries wars nihomuzogarura agatima muvugati Nyamitwe yariyashatse ivyineza muti nuko yabuze abamwitabira ngobafatikanye gutezimbere ineza yibihugu vyose. Ibirero vyokuguma dusemerera atu Rwanda nirureke kuguma rushigikira ababangamira u Burundi suguta umwanya.

8
alias 26-12-2015 à 16:01

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

9
alias 26-12-2015 à 16:00

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

10
alias 26-12-2015 à 15:58

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

11
alias 26-12-2015 à 15:57

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

12
alias 26-12-2015 à 15:45

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

13
alias 26-12-2015 à 15:44

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

14
alias 26-12-2015 à 15:40

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

15
alias 26-12-2015 à 15:39

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

16
alias 26-12-2015 à 15:37

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

17
alias 26-12-2015 à 15:36

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

18
alias 26-12-2015 à 15:35

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

19
alias 26-12-2015 à 15:34

yewega abarundi bamaze gushishoza bamenye ko wamunywamaraso aliwe uli kuza iburundi mwa magane izo mwivuye inyuma

20
People 26-12-2015 à 08:30

Muri kwica abanyagihugu banyu mwarangiza mugashaka kubeshyera ibindi bihugu! Mbega ubwenge bucye! (Ngaho ngo uRwanda! Ngaho ngo belgique!) Barundi leta yanyu ntibahende. Irongowe nabatekamitwe gusa. Sinzi impamvu mutabibona! Nkurunziza ntacyo azabagezaho... Nakimwe... Nakimwe... Nothing... Niyo yarongora 100ans ariko bazamuhe kuba coach wa equipe... Nabyo sinzi ko abishoboye kuko ntashobora kumenya amazina yabakinyi. Umuntu wavuze ngo Zidane ni uwo mu bresil! Yoyoyoyo!! Ariko ntacyo tuzajya tubasengera tu! Ubu rero agiye guteza abarundi inzara... Wake up burundi!

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha