Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Reta yemeye kurekura abapfungwa 2000 ba poritike
Yanditswe taliki ya 23-02-2016 - isaha 12:48' na IGIHE

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA, inyuma y’umubonano yagiranye na Ban Ki-Moon umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, yamenyesheje ko abapfungwa ba poritike bagera ku bihumbi bibiri bagiye kurekurwa, yemera kandi ibiganiro bihuza bose.

Umubonano wahuje umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, hamwe na Ban Ki-Moon umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kuri uwu wa kabiri wamaze nk’isaha imwe. Inyuma y’uwo mubonano, Ban Ki-Moon yabwiye abamenyeshamakuru ko yakiriye neza ingingo yafashwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA y’ukuzorekura abapfungwa ba poritike bagera ku bihumbi bibiri, amenyesha kandi ko ingingo y’ugukura imitahe kuri bamwe mu banyeporitike batavuga rumwe n’ubutegetsi, ari ikimenyetso ciza.

Petero NKURUNZIZA, umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba yemeye kandi ibiganiro bihuza bose, kandi bidakumira. Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko hagiye gukomezwa iyubahirizwa ry’agateka ka zina muntu, ukurwanya iterabwoba, hamwe n’ugukomeza iterambere.

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagarutse ku migenderanire y’Uburundi n’Urwanda, aho yamenyesheje ko Urwanda rubaniye nabi Uburundi, akavuga ko yasavye umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ko yorukebura.

Ivyiyumviro vyanyu

Mbega Kayemwe Uwo Muvyeyi Pither Nkurunziza Aguma Arazwa Ishinga N’uko Abarundi Batekana Hari Uwutomushigikira,kiretse Ikitumva N’impumyi

27.02.2016 à 20:29
Hakizimana Jean Claude

@kanani (ingurube). Do’nt think dat wat you did in Congo can you manage it in Burundi. Burundians are men. May be you want te give them a gift the way you did in Congo(under M23/RDF). 300 tonnes of weapons were left behand. Dat shows hoe weak RDF/FPR is. Weakest army in the region !!!

26.02.2016 à 11:24
Rwarikamisega

komera nyakubahw nkurunziza.abac barekurwa nukuza bihanye aturuko buca basubirayo.

24.02.2016 à 13:51
mvuyekure

We are ready for any action that can make Burundians safe for both HUTUS and TUTSIS, we managed to stop Rwanda Genocide we can never fail to let down just single and poor individual like that Guy !!!Nabonye imyiyerekano abarundi bakoze kuri ambasade yu Rwanda batuka our President aliko ntakindi mwakura nivyo vyonyine.Leadership is not separation of nationals. BYE.

24.02.2016 à 10:08
kanani

Hope that by fighting terrorism , he will include the state sponsored terrorism ! Imbonerakure and interahamwe !

24.02.2016 à 09:41
Niki

Ubwo muremera ibyo uyo mwicanyi Peter avuga, arashaka kubafungura ahite abica bose. Erega iyi ntwaro 90% igizwe n’abicanyi, ico bifuza nukumena amaraso y’abantu. Ntakintu nakimwe Peter azakorera Abatutsi n’abahutu batamushigikiye. We arashaka kuguma kubutegetsi gusa nta kindi ariko barabe neza ko adafite ikibazo cyo mu mutwe kuko ndamuzi muri campus Kiriri yarameze nkuwurwaye mu mutwe. Arabesha amahanga ngo u Rwanda nirwo rumutera ibibazo akibagirwa ko ari mandat yiwe yabiteye.

PETER ABAZUNGU BARAMUBESHA UZOBIBONA UGIYE KUBASABA UBUHUNGIRO.

24.02.2016 à 09:39
MUVUNYI

Ndababwire uyo mugabo Nkurunziza numujaja aho ya muhejeje muvyo ya shikirije ntakuri kurimwo, ntanakimwe azoshira mungiro abonabo yavuze rwagiye kurekura ni bwabuhimbiri bwimbo nerakure,babwira ngo nibuje kwica benewabo bugafata inkoho nabi bagaca babufunga nubwo nibwo bugiye kurekurwa,ibiganiro navyo nzovyemera ndabibonye,kuko abobagabo bagenda bahindagurika nkuruvuruvu. uko ndabazi cankukwabandi babazi,nabatabaho barize kworora ikiryoma, ariko gwikiryoma kimara umusi ntikimara umwaka. ivyo bakoze navyo babikoze kubwubwoba bwamakungu,tuzokwemera kobasigaye arantu buntu bahabagaritse kujakwicira abantu muriryanzu ya rijidezo mukigobe, tutagisinzira kubwabantu barara barakominduru bariko barakererwa. biragoye umuntu ya maze kwikorereza amaraso yumuntu kubiheba nikibazo ndabivuze namwe muzoba mubwira.

24.02.2016 à 09:06
M

hubw ntaruh abarekure !yob yibagy wamugani wumugabo ningwe nakakabeba muwakane !cnk igitangurirwa ninsazi !

23.02.2016 à 22:49
igitangurirwa

aho mufyina ntimwaribwabone ! akari inyuma karahinda muzovyibonera, ibiriko birategugwa mugwanda ? poa

23.02.2016 à 21:44
ndihokubwayo mugina

@kiramvu (wiyise Hicuburundi FRODEBU).urogapfana aho wanetse amenyo mububirigi. Wowe ni ukukureka kuko ibiyeri bikwishoboreye. Ntamwanya abarundi bagufitiye.

23.02.2016 à 21:24
Manayibitego Badru

Hobibiganiro Tukironkeramahoro Niyotunyotewe,

Yewe,narekure Turabe !Politique Ya Nkurunziza Irarenze !Uwutamuzi Nuwibagiwe Yandahiro Yarahirira I Makamba !Ni Gake Ico Avuze Agishitsa !Mwibuke Imvugo Ngo Tuzobamesa,za Mujeri,intumva,,,,.Naho Umugambi Wiwe Wa Bacemwo Yawukomeje Kandi Cane:1.Amasezerano Ya Arusha Arahonyanze,2.Ubumwe Bwa Africa Arananiye,nabo Kubera Batabona Yarabaciyemwo Kuk Yakaba Babona Nta Mpanuro Bari Kumusaba !3.O.N.U Ayihumye Amaso Ngo Azorekura Abafungwa !Mbe Abishwe N Imbonerakure Azobazura ?Nayo Urwanda,narureke Kuko Ntaco Rumutwaye !Abarundi Bamenye Ko Hatica Ubwoko Ariko Hica Ubutegetsi Bubi Buriho,nimba P.Kagame Avuze Ko Abantu Bari Kwicwa N Ubutegetsi,ntabeshe Kuk Ubwabo Aba C.N.D.D. F.D.D Nibo Bavyivugiye !Twese Twemeza Ko Abapfa Bicwa N Ubu Butegetsi Bubi Buriho !Erega Nibo Biyagirije !

23.02.2016 à 18:29
HICUBURUNDI FOREBU

Hari abantu batisonera. Iyo musimbira ku mukuru w’igihugu mukamutuka nta soni. Mbe benshi ko binumiye nkubu bovuga mworonka naho mwandikira ibi biterasoni ? Isubireko kuko iryo shavu mumufitiye siryo rizomukuraho canke ngo rimwice. Ubahe inzego Imana izobahezagira canke muzivume namwe ibavume. Kwicisha bugufi imbere y’abakuganza no kubasonera vyerekana akaranga keza ko gukunda igihugu cakwirutse. NKURUNZIZA twaramutoye, utaramutoye niyihangane ahiwe hazoshikwako ariko si ejo. Ramba mutama. Rekura utwo tu bebe nitwavuga nabi naho, watafukiwa kama nguo

23.02.2016 à 17:42
JJ the Patriot

Attention. uwuzova muri prison azoca yicwa. Mubumenye mubimenyere.

23.02.2016 à 17:37
Tuze

YOOOO !MBEGA BAMWE BITAZIRIYE SINDUMUJA MURAGIKWIRAHEHE ?MWARI MUZIKO KIMUN AZOSHIGIKIRA IMIGWI YITERABWOBA ?EKA NDABIBUTSE KAKAGANI MUZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA MWEE NIKAMA TU CAI YARANGI HARYA MUTAMA NTIYABESHE BAGUMYABANGA GWANE MUNDA TURABAGABO

23.02.2016 à 17:28
INTAGOHEKA

Emwe Araba Avyemera Azo Bikora Ntikube Arukumusiga Inkore Kumaso.

23.02.2016 à 17:11
gérard bigirimana

@Ruduha
"Ubundi mbere hose harikibi cyari hagati yacu uretse ikosa mwagize ryo kureka interahamwe zikaza kubutaka bwanyu.Big error you did."
Ivyo n’vyo waraye ubonye mu ndoto ! Niwikangura uza gusanga ari indoto (fantasmes) gusa !

23.02.2016 à 17:06
Bakari

nubahe ivyo bisambo bishaka kusoroma ahao bitarimye.
imwana wikigaba atabwa iwabo.

23.02.2016 à 16:36
eric

NIVYIZA NGIRA YIBONEYEKO INVUGO ZABANYAPORITIKE ZODAHUYE NIVYO ABONYE KURUBUGA BAZOSUBIRE

23.02.2016 à 15:35
ALEXISSS

urakoze nyakubahwa sebarundi kugindo mwafasha ariko ntibizebibe ibiganiro vyamagaburanyama ! kuko abenegihugu baritoreye inzego zibushitse...turaziko hariho abarindiriye gukamesha ibiganiro, kuko baziko mumatora ataco bohanoba. banyakubahwa turabinginze ntimuze muvuguruze abenegihugu nuko mushikame......

23.02.2016 à 15:21
kamaro
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.