Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Richard SEZIBERA yankiwe kwinjira mu mubonano utegura ibiganiro
Yanditswe taliki ya 30-10-2015 - isaha 01:37' na IGIHE

Umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, Richard SEZIBERA yarankiwe kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 28 Gitugutu 2015 kwinjira mu nama nkenguzamateka y’Uburundi, ahagira hakirwe Crispus Kiyonga umushikiranganji w’ukwivuna abansi wa Uganda. Inama nkenguzamateka y’Uburundi imenyesha ko Richard SEZIBERA atari ari ku rutonde rw’abatumiwe muri uwo mubonano.

Kuva mu gatondo ko kuri uwu wa kane, ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye hiriwe havugwa amakuru avuga ko Richard SEZIBERA, umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko yankiwe kuri uwu wa gatatu n’abajejwe umutekano kwinjira mu nama nkenguzamateka y’Uburundi.

Richard SEZIBERA yankiwe kwinjira mu nama nkenguzamateka y’Uburundi mu gihe Reveriyano NDIKURIYO, umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi yagira yakire Crispus Kiyonga, umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi w’igihugu ca Uganda, akaba kandi n’intumwa idasanzwe ya Yoweri Kaguta Museveni umukuru w’igihugu ca Uganda aheruka gusabwa n’amakungu ko ariwe yohagararira ibiganiro vy’ukurondera gutorera umuti ibibazo vya poritike biri mu Burundi.

JPEG - 48.2 ko
Richard SEZIBERA, umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko

Inama nkenguzamateka y’Uburundi isigura ko Richard SEZIBERA yankiwe kwinjira muri uwo mubonano kuko atari ari ku rutonde rw’abo Reveriyano NDIKURIYO umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi yari kwakirira hamwe na Crispus Kiyonga, umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi w’igihugu ca Uganda.

Mu gihe bivugwa ko Richard SEZIBERA, umunyamabanga mukuru w’umuryango wa Afrika y’ubuseruko yasunitswe n’abajejwe umutekano mu nama nkenguzamateka y’Uburundi, mw’ikete ryandikiye kuri uwu wa kane umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, inama nkenguzamateka y’uburundi imenyesha ahubwo ko Richard SEZIBERA ariwe yashatse kwinjira ku nguvu muri uwo mubonano, abajejwe umutekano baramwankira.

Ivyiyumviro vyanyu

hakili kidogo gusunika Sezibera niwo muti wokurangiza ibibazo byanyu ? mura mapumbafu gusa akiyo reta yanyu karaza kumenyekana nkuru nguhaye 3mois, kandi mubyandike.

3.11.2015 à 10:38
koko swingj

@Mureston. Uburundi si kongo bazabakosora mwicuze.Gahoro gahoro bazabasya nk’amamera. Kuko inkotanyizimidigi isasu niryo ryazishobora ngira tonnes maganatatu mwataye kongo kumanywa mutaribagirwa

2.11.2015 à 23:07
AntiampireHima-tutsi

ewe burundi uratangaje warivyariye agasema ,ariko harihagez aho ivyo bitamba mbuga bitemba harageze

2.11.2015 à 16:06
buzoca

None uburundi burongogwa nibijuju kweli, gusunika umuntu nka sezibera kweli !!!! nta diplomacy kabisa administration yanyu ni bizarre kabisaaaaa ahaaaaaaaaaaaaa !!!!! ico si gihugu mutegeka omengo nisoko.

2.11.2015 à 08:20
macumi

fidelite wirakara kuko Niko bimeze murasuzugura sana ariko akanyu karabaye izo nterahamwe zizobakorako nukuri mubaze kabila aho zimugeze muri ibyasama kweri

1er.11.2015 à 21:27
mureston

Yaje mu nama atatumiwemwo en plus ashaka kwinjira ku nguvu muribaza,un compotement primitif,erega ubunyagwanda buba bwumva bufise droit mu burundi bwacu,murabe nivyo bwandika umengo dusangiye igihugu ,muzotuviraho tu murahumba,tuba dukenye ,ubukene n’ubwacu tuzobwimenyera ja i wanyu mukize mutureke.Nous n’avons rien àadmirer chez vous.

1er.11.2015 à 19:18
fidelite

Hh yewe Burundi urasuzuguritse cyane kubona uza nokumwanya wambere mubihugu bikennye Kwisi ? Ibibazo byanyu byabananiye kubikemura mujijisha amahanga ngo ni Urwanda rubibatera nubwicanyi bwanyu. Politike yo yarabananiye uretse kwicana ntakindi mushoboye. Intwalo Yari iya buyoya naho abobahutu bayobowe Na Nkurumbi nabokwicana gusa

31.10.2015 à 14:54
Shumi

abarundi mugeze habi kabisa ubwo muribazako mwasuzuguye urwanda ahubwo mubonye ibara musuzuguye EAC yose muri ibijuju muri politique kabisa , ariko muraje mubone ko mwakinishije utakinishwa akanyu karashobotse sasa, baturetse koko tukabashira kumurongo muzima koko mukabona ko byose bishoboka

31.10.2015 à 01:29
mureston

Barundi b’umutima ibya SEZIBERA ntabwo bigomba kubakanga mwakoze ibyo mugomba gukora ABANZI B’UBURUNDI mugomba kubereka yuko bagomba kwikosora no guhinduka. ABARUNDI bageze aho UMWanzi YIFUZA.
Mu nama nyinshi mugomba gukora kandi muzakora NTABWO MUGOMBA KURYA IMINWE MUGOMBA KUDOMA U RWANDA hamwe na KAGAME KUKO ATEZA AMABI I BURUNDI, CONGO ,TANZANIYA ko abangamiye AFRIQUE CENTRALE yose ikibazo ntikibe POLITIKI Y’U BURUNDI ahubwo ko ikibazo ari U RWANDA RUTEZA IBIBAZO MU KARERE KACU.MUBIVUGE MURI CGLR ,MURI UA(UNION AFRICAINE) SADEC ABAYOBOZI BOSE BA AFRIKA CYANE MUGABE ROBERT yabafasha guhashya umwanzi wanyu KAGAME muri iki gihe atwara UBUYOBOZI BWA AFRIKA NA SADEC

31.10.2015 à 00:51
vugukuri

Abanya rwanda bibaza kwari abanyabwege bikirenga ariko bari very stupid kuÄ·o ubwenge bwabo nta displine bufise.How honorable nÄ·a SENZIBERA ashobora kwinjira mu atatumiwe mwo nkaho womenÄ£a yinjiye mu Ä·abaĺe canke toilet.abanyarwanda bari bakwiye kumenya ko hariho itandukaniro rinini hagati ya Congo n’UBURUNDI

30.10.2015 à 23:48
kaka

Sezibera si mana ku Barundi,ni mana iwabo mu rwanda,nabanze ahuze kagame na kayumba,arekuze INGABIRE V,atahukane aba FDRL,arekuze BIZEMUNGU P,ahagarike kagame guhindura i bwirizwashingiro,niyabiheza aze afashe abarundi nabo

30.10.2015 à 23:08
NDARUZANIYE

Abarundi dusigaye turi igitutsi mu makungu. twari dukwiye kwikebuka kuva Uburundi bwiswe Uburundi niho tucumva iryo bara ryaraye ribaye, Ntitugisonera abahakorera ntitugisonera Abashitsi. Ntitugisonera ubuzima bwa Bantu. Muncamake ntitucubaha Imana ingaruka ya babikora umwe wese nayironkere !!

30.10.2015 à 21:58
Ngendakuriyo

haa ! ivyo uburundi biragoye

30.10.2015 à 20:40
Nyandwi

nkurunziza ntimugire icyo mumubaza kubyabaye kuli sezibera . kuko we ntajambo afite mugihugu . ibye nimpene ni mvoka gusa. yibeshye agahana ababikoze yarara apfuye. ahitamo kwicecekera. abamulinda nibo ba kibamba.

30.10.2015 à 20:23
liLi

JEWE NAGIRA MPANURE NYAKUBAHWA P.NKURUNZIZA IYO MENDA NAYIREKE IVYEREKEYE AMA DOSSIER NAYO TWEBWE ABARUNDI TURAMWEMEREYE KUZOMUFASHA GUSA IKIGONGWE AMAKUNGU HAMWE N ABARUNDI.!!!?

30.10.2015 à 19:05
JOSEPH

igisiga cugwara rurerure cimenye inda basha none gusunika Dr Richard uhagarariye EAC arigikorwa cubutwari na mwebwe muyirimo. hhhhhh ngo nuko arumunyarwanda. nagira nikibazo co gukunda ubutegetsi gusa kumbe na politique ntayazi . bandanya sha ntuzotinda kubonako wihenze.

30.10.2015 à 18:44
piter

Dr sezibera niba abujijwe kwinjira ubwo abo batavuga rumwe bobo bazobareka binjire ? harya ngo baciye babaha imitahe yo kubafata ngo batazoza mu biganiro, mbe ko Nkurunziza yari yarakatiwe ugwo gupfa, byamubujije kuza mubiganiro, mu kinda mugaramye, muvuga ayamuhe nisha kwelezeya Nkurunziza, ibiganiro bizoba neza cane, naho kugabisha abarundi bigumye, reka kwikoza isoni mwikura ahashushe ngo Dr sezibera, niwe wazanye manda ya 3, niwe wakoze ikinamico ngo kudeta, niwe niwe niwe ?

30.10.2015 à 18:09
Jonh

Ndajegenyutse nahora norosha ibintu oyandabona arukwahuka tugashira mumigere kukondabona guhendahenda birase agaheriheri urwanda rurabayendase kuburundi ! Mbentimubonako uwomuntu Sezibera yafatiwe mucaha gikomeye cogusuma urusaku mu Burundi ?

30.10.2015 à 17:39
K

Urevye uwomugabo Sezibera igihagararo afise muri EAC suwokwinjira mu Burundi yihetse mukwaha kwuwundi muntu canke ngwaboneke nkuwukorotse ngoba munamankenguzamateka yu Burundi ngoba ! Turetse jewe kumugaya, wenyene arigayishije bitaribaboneke kumuntunumwe kuva uburundi nurwanda birose intahe yokwikukira ! Kubijanyenaho nuko arumuntakomeye muri EAC ngoyocazarakorokera murivyobihugu ukwashatse, uwovyiyumviragurtyo ntayobatandukaniye numuntu yavutse arise ubwenge budakwiye. Rekandababaze mbeyoyagiririra accident mu Burundi harigutangazwako yarimurugendo rwakazi murikigihugu cu Burundi mugihe ataantu atabutumire yarifise canke ngo abeyaramenyeshejeko murugendo rwuwo mushikiraganji wa Bugande azogirira Burundi atinanje nashimye kotuzobaturikumwe ? Akamaraaza.com !!!.

30.10.2015 à 16:06
None ?

jwtpjad p

30.10.2015 à 15:53
A
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.